Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imyiyerekano y’Abarundi baba muri Ottawa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Imyiyerekano y’Abarundi baba muri Ottawa

Imyiyerekano y’Abarundi baba muri Ottawa

dimanche 1er Ruhuhuma 2015, par Jean De Dieu

JPEG - 76.1 ko
Grande manifestastion à Ottawa,
PNG - 81.4 ko
Zimwe munzandiko berekanye

IGIHE

Messages

  • Du n importe quoi! c est ca que vous appelez une grande manifestation?n ibihumbi vy abarundi baba muri Canada!la prochaine fois muze mubitegure neza apana ivyo vyo gufata akagwi kiyadukije ngo gaserukira diasporat kandi ntamuntu abazi.
    Muri make iyi ni échec total

  • Urahumba Muntu wiyise Ciza .................ntitwiyadukije ngo tuje kwihereza ibarabara muriyi mbeho..urakitwara agatwe wa muyege wu mu DD Imana irakaguhana irabe amarira yacu turi kurira ikwambure imihezagiro yose iyisuke mumyiyamamazo turi gusaba ko Bob yatezurirwa .......iMANA NTIRYAMYE ABA CNDD buca mukurikira satan kuko niwe yabatumye akagwi cakanyoko yakuuuu urakamangara

  • Negatif...,ntabarundi bari aho kuko jewe mbonamwo abanyamahanga gusa...,kanatsinda ntibanazi n’ingene batwara idrapeau ry’igihugu c’Uburundi...,irabire namwe ingene baritwaye baricuritse...,iryo n’irementanya rero...!!!

  • Abarundi batobato turahedwa nabanye protique mukudukoresha nabi ntiboza kwiyerekana mugihugu cabo aho baja mumahanga twarabahinyuye

  • Abo bose vyoba vyiza bavuze imitumba bavako mu BURUNDI kandi ni bareke kwiyararaza urubanza tuzoruca hageze ariko aho intsinzi iri mwese murahabona(CNDD-FDD)

  • Mwebwe uburundi bwarabananiye kubamwo numubutegetsi butarajaho na Bobo atarafungwa, none mubonye twebwe twarumiyeko twigumira mugihugu nubukenebwaco mugiye mwayomakungu kuyerekako muhimvye muzakuvuga ivyono komwumva mukunda uburundi kudusumvyatwebwe twemeye kubugorerwamwo komutakoze imwigaragavyo yokwiyamiriza abaribabuteye baciye muntara ya Cibitoke ndababwizukuriko iyomwigaragamvyo mukora siyokubera komukunda uburundi ahubwo mubarugushakako ibintuvyononekara kuruta mwitwajeko mwamaze gukuramwo akarenge.

  • Hahhaahaha ngo grande mannifstation hahahaa

  • Mwebwe mugumukira hanze n’abari mu gihugu batekanye ahubwo murasara

  • Félicitations mes chers compatriotes. Nous aussi on aimerais manifester , mais bon, vous savez que la police pourrait tirer sur nous. Aba bariko barabatuka barakijana. Courage et le monde saura ce qui se fait dans notre pauvre pays. Dans les pays de liberté, qu’on soient des millions, qu’on soient deux, manif, reste manif. Tout le monde respecte. Que ces incultes le comprennent.

  • Wewe wiyise Mwarim,nagira ndakumenyeshe ko ntawuvuma uwo Imana yahejeje guhezagira,kandi urucira mukaso rugatwara nyoko.nibuzi ko mwavumwe kubera amaraso mwamennye kuva muri 65...ubu akaba ariko marabasama murahumba.mwavuga ko muri aba sans-échec mugabo mubandanya mugira echec muri vyose,igihe abantu bafungwa,bicwa ko mutagiye muma barabara ubu uruhigi rwahindukiye mwabonye ko bikomeye,ndabisubiremo ntitubazi kuko hiyo ottawa niyo nari.
    Pole sana kuri Rugurika mugabo nawe nafashe ubucamanza kugira abicanyi nyirizina bafatwe.
    Nanse kugutuka kubera je sinaragiye inka nka wewe nakuze bantoza indero

  • Ni uburengazira bwanyu si bob rugurika si reta bose ni ibisuma gusa bafise ico bagwanira

  • BURUNDIANS IN ACTION CANADA N’A JAMAIS ECRIT CETTE NOTE! C’EST UN INDIVIDU SUR FACEBOOK QUI NOUS A TAGÉ!

    TOUS NOS ÉCRITS SE TROUVENT SOIT SUR
    1. LE SITEWEB: http://www.burundiansinaction.ca ou
    2. LA PAGE FACEBOOK; https://www.facebook.com/bdiac

    ET VOICI LE LIEN SUR LA MANIFESTATION: https://www.facebook.com/events/612533948853240/

    ***** Nous tenons àremercier tous ceux qui sont venus durant les 31 jours! Ce n’était pas facile de sortir pendant plus d’une heure dans le froid de canard de Janvier au Canada et surtout de vaincre la peur du "qu’en dira-t-on?", ou encore des questions du genre "est-ce sans risque de s’afficher aussi ouvertement?"

    Merci àtous ceux qui nous ont soutenu de loin ou de près!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.