Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inama nkenguzamateka yatanguye ku mugaragaro ibikorwa vyayo vy’umwaka (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Inama nkenguzamateka yatanguye ku mugaragaro ibikorwa vyayo vy’umwaka (...)

Inama nkenguzamateka yatanguye ku mugaragaro ibikorwa vyayo vy’umwaka w’2013

mardi 5 Ruhuhuma 2013

Integuro cenda z’amategeko nizo ziri muzategekanijwe kwigwa iya mbere ni
integuro y’itegeko rihindura irindi ryo mu kwezi kw’icenda 2003 rigenga ukumenyesha amakuru mu burundi.

Iya kabiri ni integuro y’itegeko rihereza ububasha bwa Reta amakomine hamwe n’integuro y’itegeko ritunganya imyiyerekano mu mabarabara n’iyerekeye amanama rusangi ivyo vyose vyari kwigwa kur’uyu wa 4 ruhuhuma igihe inama nkenguzamateka yari ikoranye irongowe na honorable Gabriel Ntisezerana.

Mwomenya ko ivyo bikorwa vy’inama nkenguzamateka, ari navyo vya mbere, vyatanguye inyuma y’aho isoko nkuru ya Bujumbura ihiriye.

JPEG - 73.3 ko

Gabriel Ntisezerana yasavye abashikiwe n’ivyago gutsinda ishavu muri ibi bihe bikomeye baciyemwo. Inama nkenguza mateka isaba abarundi bose n’amakungu gufasha abahuye n’ivyo vyago vy’impanuka.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.