Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama nkuru y’abepisikopi katorika isaba abegwa bose n’ikibazo c’Uburundi (...)
Inama nkuru y’abepisikopi katorika isaba abegwa bose n’ikibazo c’Uburundi kwicara hamwe
dimanche 20 Nyakanga 2015
Inama nkuru y’abepisikopi katorika mu Burundi isaba abarundi bose begwa n’ikibazo c’Uburundi atawukumiriwe kandi atawikumiriye kwicara hamwe ngo batorere ibibazo vy’ubukene,umutekano muke n’ubwicanyi.
Mw’itangazo ry’inama nkuru y’abepisikopi ryo kuwa 16 Nyakanga 2015 ryasomwe mu mashengero yose,iyo nama isaba ko abarundi batogira isoni ryo kwemera ko bari mu matati mu kubihishira.
Muri iryo tangazo,inama nkuru y’abepisikopi katorika imenyesha ko bikenewe abarundi batotinya ko abahuza bafasha kuko inyishu z’ibibazo vya politike mu Burundi zizova mu kuja inama.
Inama nkuru y’abepisikopi katorika mu Burundi isaba imirwi ihanganye kuja inama kugira abanyagihugu bahumure,kandi ntibagume muri kahise kabi,ariko bugurure kahise keza.
Van Naris Mugisha
Messages
20 Nyakanga 2015, 13:38, par Gingi
Iyaba abegwa nikibazo ca politique bumva Imburi n’ ubutumwa bama bashikirizwa uburundi ntibuba buri mubihe bugezemwo na cane cane ubutegetsi.
20 Nyakanga 2015, 13:56, par yaya
Pfakuruta nsinzi izo ntumva za nkuru zizobumvira
20 Nyakanga 2015, 14:02, par Muhire
Barundi bavuga ni uko babwira abigize akagaramaruganda,ariko bizobatekurukana
20 Nyakanga 2015, 17:03, par T.M.K. MANUEL
Majana indwi barafashwe abamaze gupfa bobo nibangahe wewe ushaka guhenda amakungu turakuzi.
20 Nyakanga 2015, 17:04, par T.M.K. MANUEL
Majana indwi barafashwe abamaze gupfa bobo nibangahe wewe ushaka guhenda amakungu turakuzi.
20 Nyakanga 2015, 18:12, par INTAGOHEKA
ABO BASENYERI TURAZI KONABONYENE BARI MUBAGWANIJE KO NKURUNZIZA Y ITOZ UBUGIRAKABIRI,YITOREWE NABANYAGIHUGU MWIBUKE IVYO SIMONI NTAMWANA YAVUGIY IGITEGA NGO NKURUNZIZA NGWAGOMBA KUTUGIRABAJA.KOBATAHAMAGAYE ABARUNDI NGO,NGOBICARE BAGANIRE,UBUBABONYE KUMUKENYURO WABAY AMAZI BATANGUYE NGO NIMUGANIRE,TWARAMENYEKO MUHENGAMYE ARIKO MUMENYE KO NKURUNZIZA ATARI NDADAYE
20 Nyakanga 2015, 18:31, par Pascal
iyonama nkuru ya baskopi itanguye iyomenya?ibivyose turiko ducamwo nibobabiteye,ngogute?bigishije poritike mwishengero bibagira ijambo ry’imana.reka turyote twese.
20 Nyakanga 2015, 19:00, par INTAGOHEKA
ABOBASENYERI IMANIBAHEZAGIRE.KANDIBAHARIRE,KUBERA BARAHEMUTSE KWIBANGA,BARIBISHINZE KANDI TWARABAHINYUYE
20 Nyakanga 2015, 19:11, par BUNTU
TWARABAHINYUYE,NTAMWANA YATWIGISHIRIZA POLITIK MURUSENGERO,ARAJA MURIPOLITIKE YITOZE TUMUTOR
20 Nyakanga 2015, 19:29, par Nkunzimanaobèd
Nivyo turavyemera
20 Nyakanga 2015, 20:26, par nitunga
bama bahanuy,ariko abarundi nta cizere tugfis kuba nyepolitik
20 Nyakanga 2015, 21:41, par Ricado
Emwe Babwire IZo NTumva.ABo Nabo Bavuga NGo Nabanyepolitik.Bandanya Munigagura ABantu Namw URwo Mwimirij NTawuruzu.Muzopha Mwangara NKa Gahini.Mb Ko Mwagikemuy,peter AHungiriki Présidence Yibujumbura?Narindir Ayo Yagira AKorer Prime,prime We Azomwereka.
20 Nyakanga 2015, 22:28, par Bishops Ntiturabaja
Abo bepisikopi nibobigishije abakristo ngo kwitoza kwa Nkurunziza ntibazokwemere ngobobababaye ABAJA, babivuzebasubiramwo incuronyishi nubunagerageje kugira iyo video ndayiryamike ngaha muyirebere muyiyumvire umu bishop arimwo arabibwira abakristo baribiganjemwo urwarukarwishi.
20 Nyakanga 2015, 22:29, par Norris
Murakoze cane gusubira kudushiriza ijambo ry’ihumure aho musabako abegwa n’ikibazo c’Uburundi boja hamwe bakavugana ukuri kugira twogorore.
Twibaza kandi twipfuzako ako kamo kokwumvirwa. Burya ntawibona ububi canecane uravyeko abantu turi mahindagu.
Katumviwe n’ejo muraba hafi abarundi nkuko mwabikoze kuva kera.Ukuri ni kumwe kandi guca muziko ntigusha.
20 Nyakanga 2015, 22:29, par karabansa
ew barashbejw pe erega urumurundi ubihwej mumaso nomuvug barabonek ko musenyer wigiteg ko yashak nawen gushikur kugihugu erega nabon barashavur babony korotej yaziry parad zamutam agiy ingozi
21 Nyakanga 2015, 04:46, par Frodebu
Iyo nama y ’ abipisikopi muriryo tangazo basohoye wumva bavuziki? Cihumure abonyene nibo bambere bigishije abakristu babo kugumuka nukugarariza amatora bavugako bagira bagigwe abaja none icobashaka Niki? Jewearije ndumushikirza mamanza mbandabasize murutunde rwabateye umugumuko co kimwe na banyangoma. Iyoba babwira abayoboke babo kujagutora ntibarikugumuka, abonabanye poritiki mu kandi bafise ahabahengamiye. Nubu biriyerekanye mwiryojambo bavuze ntahumure irimwo, barikuvuga berekana ko reta hari yatowe nabanyagihugu yikubahwa nano Bose hanyuma bakaja mubiganiro atawukumiriwe namwe. Jewe nfise ikabazo Kuri musenyeri mukuru be ninama Hewe yabasenyeri " baremera reta yatowe nabanyagihugu?" Batayemera twobasaba ko bohunga bagakwirikira about bayobike babo bari murwanda. Kuko kuva Buyoya Yica ntanama yabipisikopi yigize igoborora akarimi
21 Nyakanga 2015, 04:50, par nahimana
Abonanyeporitiki mu bandits kandi barimutavuga rum we nareta
21 Nyakanga 2015, 05:42, par BUNTU
NTAMWANA YABWIRIYE URWARUKA MUR EKELEZIYA NGO NTIBEMERE NKURUNZIZA,MWARABONYE AYORWAKOZE MUKWITAB AKAMO KAMUSENYERI MUKWICA ABANTU
21 Nyakanga 2015, 10:27, par idrissa ngaruko
Ukuri guca muziko ntigusho!!! murakomeza muhanura bavyeyi. namwe mwa bantu ba nzisabira mutagira ico mwubaha, ndabagabishije kandi ndabasabira ku Mana kugira muve i buzimu mije ibuntu. Erega Nkurunziza nimwe mumwishe rubi kimwe n’abo bahanuzi bose ba "Tout va bien". uko niko n’abami ba kera bahuvye mukwikikuza abahanuzi batubahuka kubabwira ukuri kandi ukuri arikwo gutuma umuntu yidegemvya. abakera bati "ingoma ntigora kwiba aho uyivugiriza niho hagora". namwe muvuga aya muhe biragaragara yuko nkurunziza yamaze kubabera ikigirwa mana, komeza mumusenge ariko bizotugora kubabohoza kuko mwita mururiba nk’imbeba mukwiyaka umwidegemvyo w’abana b’Imana. nkako Imana yategetse ngo: Ntiwice! ariko twarumvise ko nkurunziza na système yiwe ari ngo: "muri politique ntibica bakura intambamyi". bavukanyi nkunda zimuruka impera ya Shetani ni iy’akanya gato cane, ariko Ingabire y’Imana ni iy’ubuzima Budahera.
Intwaro yica, ikiba, ikabesha, ikarenga amasezerano mu mpande zose z’ubuzima bw’Igihugu, abakuru badahanurwa ngo bumve, namwe mugasasirira, Imana ibababarire kandi mwibuke ko Imana ari inyakigongwe izobikora yoyo kuko itari nk’imwe ya nkurunziza y’IGITSURE, UGUHIGURA n’IVYAGO ku bubahutse kuvuga ukuri bose. IKINYOMA KIMARA UMUSI NTIKIMARA UMWAKA!
21 Nyakanga 2015, 11:36, par idrissa ngaruko
kuki mudatanga commentaires zose ? namwe nyene! mutanga gusa izicafuza abungere b’umuryango wa Ekleziya nayo abashoboye kwiyamiriza bububashi n’ugushingira intahe ubwicanyi n’akarenganyo, ukurenga amategeko no kwigira bugabo bwigaba ijamba ryabo ntimushima ko rimenyekana? ariko namwe!
ntakundi Imana yo Ibona vyose irabahagarikiye kandi igikenye kiriganza imisi ariko ntigitsinda ubutungane bw’Imana.
21 Nyakanga 2015, 12:13, par yyyy
:-#
22 Nyakanga 2015, 07:55, par egid
ah bavyey bacu courage!