Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Inama y’abakuru b’ibihugu vy’afrika yaheze ata nyishu itanzwe ku kibazo ca (...)
Inama y’abakuru b’ibihugu vy’afrika yaheze ata nyishu itanzwe ku kibazo ca Congo
lundi 28 Nzero 2013
Abakuru b’ibihugu vy’afrika bari bakoraniye i Addis Abeba ntibasinye amasezerano yo kurondera amahoro muri Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Congo .
Iyo nama yariko ibera i Addis Abeba muri Ethiopia ahakoraniye inama y’ishirahamwe ry’ubumwe bw’Afrika.
Abahagarariye ibihugu vyabo bamenyesheje ko ivyo vyavanye no kutunvikana kumurongozi uzotwara izo ngabo muri Congo.
Ayo masezerano yavuga ko Leta ya Congo ibwirizwa gusubiramo igisirikare cayo; hama Congo ikironderera inyishu yibibazo vyayo
Joel Sengurebe