Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umurwi "Indimu" wasohoye isanamu y’ururirimbo “Wabaye Iki?” - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umugwi > INDIMU > Umurwi "Indimu" wasohoye isanamu y’ururirimbo “Wabaye Iki?”

Umurwi "Indimu" wasohoye isanamu y’ururirimbo “Wabaye Iki?”

vendredi 25 Gitugutu 2013

Darwin na H bagize umurwi ugeze kure mu muziki witwa Indimu, batangaje ko basohoye isanamu y’indirimbo “Wabaye Iki?”

Abo bamenyesha ko iyo sanamu yakorewe kwa D.J Kolly akorera mu Gatumba ari nawe bamaze iminsi bakorana. Babona ko indirimbo yitwa kwiheze gukorwa mu gihe isanamu yayo iba yakozwe neza hanyuma igasohoka. Ariko rero ni agaseke gapfunduriwe abakunzi babo na rirya umwaka ugira urangire. Iyo sanamu ubu irashobora kuboneka ku mboneshakure.

Abandanya avuga ko atari ivyo gusa hari n’iyindi sanamu kiriko irategurwa, mu minsi iza turayibamenyesha. Kw’ igenekerezo rya 31 Gitugutu bazoba bariko bafasha kuremesha igiteramo abatamvyi ba Salsa mu butambiro bita Archipel bwo mu gisagara ca Bujumbura.


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.