Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Indirimbo 10 zisigaye muri Isanganiro Awards 2015 zatowe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Indirimbo 10 zisigaye muri Isanganiro Awards 2015 zatowe

Indirimbo 10 zisigaye muri Isanganiro Awards 2015 zatowe

samedi 4 Ndamukiza 2015

Muri za ndirimbo 20 zose zahora mw’ihiganwa ry’Isanagniro Awards zatowemwo 10 zashitse mu gice ca nyuma c’ihiganwa.Izo 10 zatowe n’izo zizotogwamwo ururirimbo rwa mbere ruzoharirwa umwaka w’i2015 kuri Isanganiro.

Izo ndirimbo 10 ni:
1) Urwaruka Turashoboye by Yves Kami 78%
2) Burundi by Spoks Man 72,5%
3) Ubwami Bwawe burarangiye by Leonard NIYOMWUNGERE:72%
4) Uburundi Bwacu by Natacha 70,66%
5) Burundi Yetu by Emelance Emy 70,66%
6) Ukuri n’Ijambo by Juvenal Ndayisenga 69%
7) Iyataba wewe by Jhon BAMBONEYEHO 67%
8) Akana by GN EQ 66,66%
9) Intahe by Christian NIMBONA 63,33%
10) Africa by Ashley62, 83%

Mwomenyako ko igikorwa co gutora izo ndirimbo cakozwe n’umurwi utanga amanota(Jury)ugizwe na Musenyeri Justin Baransananikiye, Evode Ntahonankwa, Bouddie, Jeremie, na Bruno Simbavimbere. Ikindi twobibutsa n’uko ku ncuro ya 4, Isanganiro Awards yatsindiye umuririmvyi N John


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.