Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Indirimbo 20 ziriko zirahiganirwa muri Isanganiro Awards ziri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Indirimbo 20 ziriko zirahiganirwa muri Isanganiro Awards ziri (...)

Indirimbo 20 ziriko zirahiganirwa muri Isanganiro Awards ziri ahabona

dimanche 4 Rusama 2014

Indirimbo 20 ziriko zirahiganirwa agashimwe gatangwa na Radio Isanganiro bita isanganiro Awards zamaze kumenyekana. Vyinshi kuri zo bizomenyekana mu mpera z’iyi ndwi itangura.

Kw’ihiganwa rigira incuro ya 4 rya Isanganiro Awards, indirimbo 20 ziri muri iryo higanwa. Izo ndirimbo zatanzwe n’abamenyeshamakuru, abaririmvyi, eka n’abahinyanyuzi. Bisanzwe bizwi ko ari ihiganwa ry’indirimbo z’abaririmvyi b’Abarundi aho bari hose. Itorwa ntiricagura imidiho, ntiricagura abaririmvyi, ahubwo ricagura ururirimbo ruba rwabaye rwiza kurusha izindi. Vyinshi bijanye n’izo ndirimbo bizovugirwa mu kiganiro kizoba kuri uwo wa gatanu w’igenekerezo rya 09 Rusama, aho hazoba hari abatumire batandukanye.

Izo ndirimbo ni izi zikwirikira :

1. Bajou by Farious

2. Izera by Lion Story

3. Akamaro kijwi naguhaye by Gerard

4. Va ibuzimu by Prophète voice

5. Yego by Davy tounga

6.Abanyapolitique by Dady face

7. Agapilipili by Stèven Sogo

8. Ndasavye ijambo by N john

9. Reka mbege by Sat B

10. Sinkakubure by Samantha

11. Wawundi by Emery sun

12. Akajambo by Aimé Baltimore

13. Twarashaza by Annick Murundikazi

14. Yuguruye ntawugara by Redemption voice

15. Hinduka by Wawa

16. Ubuntu bwawe by Kolly

17. Siko nabisanze by spok’s man

18. Urashoboye by David Nduwimana

19. Siyoni by Chris and Junior

20. Contre la Guerre by Kid’s song

Mwomenya ko abaririmvyi bamaze gutwara agashimwe k’iryo higanwa ari :

1. Rally Jo,

2. Yoya,

3. Mkombozi


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.