Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ingingo ya Amerika yaguye neza amasoko y’ubutunzi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ingingo ya Amerika yaguye neza amasoko y’ubutunzi

Ingingo ya Amerika yaguye neza amasoko y’ubutunzi

mercredi 2 Nzero 2013

Inyuma y’itegeko ryaraye ryemejwe muri Amerika ritangiriza ingingo zo kuduza ama kori cane no kugabanya amafaranga leta ikoresha, amasoko yo hanze yaguwe neza.

Imigabane ku masoko yi Londres yaduze ko ibice 2%, nk’uko vyari ku masoko ya Buraya.

Imbere y’aho, agaciro k’imigabane kari kaduze no ku masoko ya Aziya, kandi abihweza ibintu biteze ko ariko bigenda Wall Street muri Amerika.

Ariko perezida Obama avuga ko hari vyinshi bisigaye gukorwa mu gutsimbataza ubutunzi bwa Amerika, kandi ngo yiteguye kumvikana n’abandi mu biganiro bikurikira.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.