Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ingingo yo gusubiriza abashingamateka b’umugambwe UPRONA ntiyadutangaje (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Ingingo yo gusubiriza abashingamateka b’umugambwe UPRONA ntiyadutangaje (...)

Ingingo yo gusubiriza abashingamateka b’umugambwe UPRONA ntiyadutangaje (Video)

jeudi 31 Ntwarante 2016, par Jean De Dieu


IGIHE

Messages

  • Utwotugabo twamenyereye gukamisha izo batoroye.izombwebwe zarizi ko bimeze nko mu gihe ca ndadaye ubu basanze abarundi barakanuye.mututsi muhutu nimubane mureke kwisamburirako nkintungwa

  • Komera nyakubahwa tasiyano iyo siguro utanze nisiguro yumvikana kandi itomoye birumvikanako opposition irimwo abanyapilitike bidyamunyu kandi bayinonosoye ureke kakarwi ka nkurunziza kananiwe gukina politike kagahitamwo gusesa Amaraso y’abarundi bamwe banyabenda naba gelase baze babegere mubigishe naho urugamba mwatanguye rwokwanka akokarwi kabicanyi kabandanya guhonyanga amategeko mururwane gushika kuwanyuma ubu igisigaye sukwingiga nkurunziza kuja mubiganiro kanatsinda simwe mwagomba kumwingiga ahubwo nagomba kubikora kuko ariwe yahemukiye abarundi ubu igisigaye nuko muvira hasi mukaturongora kurugamba hanyuma tukamwora kungumvu zumuheto ndateye intege fnl ya nzabamempema forebu red tabara bobamaze gufata iyambere mukwirukana izonyamaswa atawe zigera umutwe nkasabako abobose batemera akarenganyo ka nkurunziza nakarwi barikumwe kuvirahasi icarimwe tukabashigikira ntankeka urworugamba tuzorurwana kandi turutsinde

  • Ako kagabo kurutwe Gasa na shetani gasigaye kagendera ou vyinyo. Gaza nakagamba kabi.Gasa na rénovation nitunga ngira kava sa mwaro canne bururi.

  • Iconipfuza Nuko Twokubaka Uburundi Bwatwibarutse Nubwo Harimwo Indyane.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.