Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CAN 2015:Uko imirwi yagiye irushanywa kuva mu ntango n’uko igiye (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > CAN 2015:Uko imirwi yagiye irushanywa kuva mu ntango n’uko igiye (...)

CAN 2015:Uko imirwi yagiye irushanywa kuva mu ntango n’uko igiye kuzobandanya ihura

samedi 24 Nzero 2015

Inkino z’imirwi serukira bihugu iri mw’ihiganwa ry’igikombe ca CAN 2015 zirabandanya, raba uko imirwi yagiye irushanywa amanota kuva mu ntango n’uko igiye kuzobandanya ihura mu gice ca mbere c’ikurakuranamwo hagati mu matsinda.

- Itsinda A

17 Nzero : Guinée équatoriale - Congo : 1-1

17 Nzero : Burkina Faso - Gabon : 0-2

21 Nzero : Guinée équatoriale - Burkina Faso - 0-0

21Nzero : Gabon - Congo : 0-1

25 Nzero : Congo - Burkina Faso

25 Nzero : Gabon - Guinée équatoriale

- Itsinda B

18 Nzero : Zambie - RD Congo : 1-1

18 Nzero : Tunisie - Cap Vert : 1-1

22 Nzero : Zambie - Tunisie : 1-2

22 Nzero : Cap Vert - RD Congo : 0-0

26 Nzero : RD Congo - Tunisie

26 Nzero : Cap vert - Zambie

- Itsinda C

19 Nzero : Ghana - Sénégal : 1-2

19 Nzero : Algérie - Afrique du Sud : 3-1

23 Nzero : Ghana - Algérie : 1-0

23 Nzero : Afrique du Sud - Sénégal

27 Nzero : Afrique du Sud - Ghana

27 Nzero : Sénégal - Algérie

- Itsinda D

20 Nzero : Côte d’Ivoire - Guinée : 1-1

20 Nzero: Mali - Cameroun : 1-1

24 Nzero : Côte d’Ivoire - Mali

28 Nzero : Cameroun - Côte d’Ivoire

28 Nzero : Guinée - Mali


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.