Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umurwi wa Vital’O waratsinzwe ubwa mbere kuva ihiganwa ritanguye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umurwi wa Vital’O waratsinzwe ubwa mbere kuva ihiganwa ritanguye

Umurwi wa Vital’O waratsinzwe ubwa mbere kuva ihiganwa ritanguye

lundi 20 Gitugutu 2014

Inkino z’indwi igira incuro y’indwi y’imirwi iri mw’ihiganwa rya Primus Ligue zarabaye ku bibuga bitandukanye vyo mu Burundi. Umurwi wa Vital’o waratsinzwe ubwa mbere kuva ihiganwa ry’uwu mwaka ritanguye.

JPEG - 61.3 ko
Bamwe mu bakinyi ba Muzinga batsinze Vital’o

Indwi igira incuro y’indwi yi’nkino zabaye uku gukwirira :

Kw’igenekerezo rya 18-10-2014:

- MESSAGER Bujumbura yatsinze ibitsindo 4 - 1 ca Academie TCHITE

- VOLONTAIRE yatsinze 1- 0 PRINCE LOUIS

- OLYMPIC STAR yanganije 1 -1 na MESSAGER NGOZI

-  FLAMBEAU de l’Est yatsinze 2 - 0 ROYAL FC

- MUZINGA yatsinze 1-0 bwa VITAL’O

- Kw’igenekerezo rya 19/10/2014:

- BUJUMBURA CITY yanganije 0- 0 NYANZA UNITED

- LLB yatsinze 1- 0 ATHLETICO Olympic

- INTER STAR yatsinze 1-0 RUSIZI FC

Imirwi isumbana amanota n’ibitsindo uku gukurikira:

Umurwi ibitsindo - ibitsindo

1. VITAL’O :11 - : 18

2. INTER :10 - :14

3. ATHLETICO :5 - :14

4. MUZINGA :4 - :13

5. VOLONTAIRE :5 - :12

6. FLAMBEAU :5 - :12

7. LLB :11 - :11

8. MESSAGER BJM : 2 -: 9

9. MESSAGER NGOZI : 1 - : 9

10. OLYMPIC STAR :1 -: 9

11. BUJUMBURA CITY :0 -:9

12. RUSIZI FC :-2 -: 7

13. PRINCE LOUIS :-13 - :6

14. ROYAL : -4 -: 5

15. NYANZA UNITED : -9 -: 5

16. Academie TCHITE : -27 - : 0


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.