Accueil > Amakuru > Ubutungane > Innocent Muhozi yarengukijwe mu butungane
Innocent Muhozi yarengukijwe mu butungane
vendredi 22 Rusama 2015
Umuyobozi w’imboneshakure Renaissace yarengutse muri sentare nkuru y’igihugu, aho bivugwa ko ashobora kuba agira abazwe ku bijanye n’ihakwa gutembagazwa ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza.
Innocent Muhozi umuyobozi w’imboneshakure Renaissance akaba yarengutse ari kumwe n’umwe mu bashingwamanza biwe. Urwo rubanza rukaba ruriko rukurikiranwa n’abantu batari bake, abamenyeshamakuru, bamwe mu baserukira ibihugu vyabo aha mu Burundi n’abandi.
Imbere y’uko yinjira muri sentare, Innocent Muhozi yabariye abamenyeshamakuru ko yumva atekanye mu mutima. Yitavye afise ndetse n’uwo mutahe yarungikiwe na sentare.
Aristide Nizigire
Messages
22 Rusama 2015, 10:58, par eric
kurenguka sibb arikomuga barab ukuri ahokuri
22 Rusama 2015, 11:16, par Vava
Komera Muhozi Yesu arakubona soma zaburi 123 wihangane.
22 Rusama 2015, 11:44, par Nestor NSABIMBONA
Eeeh!nanje ndashigikiye ko kubazwa bitari bibi ariko ntewe ubwoba n’ukuntu umu civil yokwifadikanya n’aba generaux mu gutembagaza ubutegetsi!!!ariko reka tubirindire ubona ko ubutungane bwacu busigaye ari sinzi uko bumezee,ni ah’Imana ariko rema mutama nimba ataco wiyotsa!!!
22 Rusama 2015, 12:05, par Nelson
Innoncent rema uhoraho arakubona kimwe gusa nokebura ubutungane bureke gukoreshwa na leta hamwe numugambwe urikubutegetsi.
22 Rusama 2015, 12:21, par Omar
Imana Ikujimbere.Ntibace Imanzazibiboneka Arikobace Imaza Z’ukuri.
22 Rusama 2015, 12:23, par Achel
Imana Ikujimbere.Ntibace Imanzazibiboneka Arikobace Imaza Z’ukuri.
22 Rusama 2015, 13:33, par tito
ewe eric sha ni vyiza ko ugifise ivyo vyizere. barabe iki? hihihi ukuri ? barakuzi? baragushaka? reka mama reka urakuronderera mu bandi apana mu batwara uburundi.
22 Rusama 2015, 13:39, par Laurent Minani
Haaaa, ivya president peter vyamwankiye!
22 Rusama 2015, 14:29, par CLAUDE NZOYISABA
BIGIYE KURANGIRA IVYAKARENGANYO
22 Rusama 2015, 14:30, par CLAUDE NZOYISABA
BIGIYE KURANGIRA IVYAKARENGANYO
22 Rusama 2015, 16:22, par ndiho
ewe Tito ukuri wemera nukwadutwaye kuva 1961.1972,1988,1993,1996 bamureka gufata abene gihugu nkibijuju kuri wewe ukuri wemera nukwa bagumuye abarundi ngo ngaho baramaze none bariko bicirwa ninzar nakorera mubuhungiro kubera mwebwe mwanyanka birama twarabahinyuye
22 Rusama 2015, 16:22, par ndiho
ewe Tito ukuri wemera nukwadutwaye kuva 1961.1972,1988,1993,1996 bamureka gufata abene gihugu nkibijuju kuri wewe ukuri wemera nukwa bagumuye abarundi ngo ngaho baramaze none bariko bicirwa ninzar nakorera mubuhungiro kubera mwebwe mwanyanka birama twarabahinyuye
22 Rusama 2015, 16:43, par tuyishime
ahaaaa!jendabona muburndi democla6 igiy
gusubsinyum umntu kubayarakrshejw agacisha amkur kumbonshakr agiy kubizir nibarabneza nyabuna
22 Rusama 2015, 17:24, par Bernard
Nibarebekobotorera Ibibazouburundibufisekukoivyabobirabagoye
22 Rusama 2015, 18:32, par Jardin
hari abatyoz ubutungan ivy bakor birabahinyuz!<<REKA UBUTUNGAN BUKORE >>
22 Rusama 2015, 19:58, par NDAYISHIMIYE Francois
Nibareke kumutako impfane mu kurondnrera ikibazo aho kitari. NKURUNZIZA n’ahebe manda ya 3 nta kindi kibazo gihari.
3 Ruheshi 2015, 15:20, par abias
Nibareke guhigira ikibazo aho kitari.