Accueil > Imibano > Urukundo > Insiguro 7 z’urukundo
Insiguro 7 z’urukundo
lundi 11 Ruhuhuma 2013
Hari ubwoko bwinshi bw’urukundo,ariko abantu benshi ntibazi kubutandukanya kuko bufise insiguro nyinshi. Ngizi zimwe zimwe mu nsiguro zarwo.
1. Urukundo rw’ubusambanyi: Ni urukundo rusahurana, urindira ko uyundi ariwe akugaburira.
2. Urukundo rubabaje kandi rwinshi cane: Ni urukundo rwinshi(passionné),rwiganza,ruteye amakenga kandi rushaka kwifatira uwundi.
3. Urukundo rwo guhuza ibitsina: Ni urukundo rujanye n’ivyipfuzo vy’umubiri kandi iyo ico cipfuzo kikuvuye mu mutwe ntusubira gukunda uwo muntu.
4. Urukundo rw’ubugenzi: Ni urukundo rw’ubugenzi(amical) ariko si ukuvuga ko udashobora kumwipfuza ariko ubanza kumwiga hirya no hino kandi ukabivuga, kugira ngo umugenzi wawe avyumve kandi muhuze.
5. Urukundo rw’imiryango: Ni urukundo rufatiye ku bishobisho, ubugwaneza,n’ukwitanaho umuntu n’uyundi ukongera ukamwumviriza iyo afise ingorane.
6. Urukundo rw’ubuntu: Urukundo ni ubuntu. Kuba muri kumwe n’umuntu ni ingabire. Ivyo bituma mw’iyumva neza iyo murikumwe imisi yose mwaravyumvikanye.
7. Urukundo rw’Imana: Urukundo ni ingabire .Ni urukundo rurengeje kandi urukundo nyakuri twakunzwe n’Imana yacu.
Grace Irimbere
Messages
19 Nyakanga 2015, 18:55, par ADRONIS NDAYISHEMEZE
NEMEYE 5,6, 7 IZO NI OK! IZINDI BIVANA NIGIHE, AHOMUGEZE, NIMICO
19 Nyakanga 2015, 18:56, par ADRONIS NDAYISHEMEZE
NEMEYE 5,6, 7 IZO NI OK! IZINDI BIVANA NIGIHE, AHOMUGEZE, NIMICO
28 Munyonyo 2015, 16:27, par Nziritazimiza Bénius
Ndashimye Urukundo Rw’Imana Kuko Ruruta Zoso.
26 Nzero 2016, 20:35, par NDUWIMANA LAMBERT
IYO UGOMBA GUKUNDA UMTKOBWA UBIGENZA GUT.
26 Nzero 2016, 20:42, par NDUWIMANA LAMBERI.
IYO UGOMBA GUKUNDA UMUKOBWA UBIGENZA GUTE.
9 Ruhuhuma 2016, 12:40, par Bukuru Olivier
Je Nokunda Urwi’imana Kuko Iyo Mukundanye Urwimana Niho Atangorane Biguteza.
2 Rusama 2016, 09:03, par jonathan ndayikengurukiye
jewe nanje nfise ingorane ndipfuza gukunda mug iyoturikumwe numukobwa ncambura ivyo ndamubwira nn ndabigenze gut?
7 Rusama 2016, 16:13, par Manirakiza dondivin
Jewe,nakunze Umukobwa akambwira Ko Ankunda ariko tuvanye nkacambona barikumwe nuwundi muhungu bikanshavuza hanyuma harageze yaho ndamusaba .turyamane akamera ariko yagera kondamubwira aze ahomba akanka none wenyene yarampevye munyuma niho namandikiye acayandika ngo sindi sher wawe urarondera uwundi.none yanteye umutima mubi ndumva ntamukobwa numva nshaka bose mbona menga boguma bampemukira ndabigenze gut?
12 Rusama 2016, 11:41, par ingabire j.baptise
jewe dukundanye numukobwa igihe kirekire uwo mukobwa narabuze ingene nokimusaba mubona nogenda ndamubwira ngwiki?
14 Ruheshi 2016, 20:47, par Kessia
Urukundo Rwiza Nuruhe?Mbe Umuhungu Agusabako Muhuza Ibitsina Abagukunda?
9 Mukakaro 2016, 18:26, par Jean De Dieu
Jewe Nakundanye Numukobwa Kandi Tumaranye Igihe Kirekire Narabuze Ukuntu Nobimusaba None Nomubwira Gut?
5 Nyakanga 2016, 19:46, par shimirimana aristide
ewana uratangura ukamutera stori zawe ugakorako buhororoo
22 Nyakanga 2016, 20:46, par vianney
ebana iyo nsiguro iraryoshe cane,mutwongere nutundi.
13 Munyonyo 2016, 08:28, par MINAN
FITAUMUGENZI MUSAVY KURYAMA ACAMBWIRA TUZOVUGANA NJOKUBWIRA NYENE NANJEBIKANKA UMVA NOKORIKI?
8 Kigarama 2016, 01:30, par NIYOMWUNGERE JAVAN
Jewe dukundanye numukobwa imwaka mugabo sindigera ndamukorako none kugira ndamukoreko vyogenda gute? nomenya gute ko akiri isugi?
27 Kigarama 2016, 21:15, par Nzoyihaya David Diallo
narakunze umukobwa arambabaza none ndobigenza gute
13 Nzero 2017, 18:46, par Vincent Ayou
Ebana Kugira Umukobwa Umukoreko Mutagura Kumenyerana Ukaraba Ko Akwiwuvamwo Akamutera Udukuru Tumuryohera Ugakorako Iryambere Ukara Ko Akwankira Iyo Avyemey Ukabanda Akwankiye Ukazoza Uramugerageza Iyo Muhuye Azoteba Avyemere Ok
19 Ndamukiza 2017, 20:56, par Pontien Kabavenge
Murakoze Cane.
None Umusore Ariko Aresha Uwo
bazobana yokoresha Ubwoko Ubuhe?
29 Ndamukiza 2017, 08:15, par Kwizera Pérès
Jew Nanje Nkunze Umukobwa Kandi Nawene Avuga Ko Ankunda 100% Ariko Ndamusavye Calesse Ntanyemerera Kandi Ndamusavye Ko Yoza Kuraba Aho Mba Ntiyemera None Ndamugire Gute? None Nyene Yoba Ankunda Vyukuri?
2 Rusama 2017, 19:15, par Pérès Kwizera
Ewana Njye Mfite Akabazo Mbega Umukobwa Avuga Ko Agukunda Yobikwereka Gute Kugira Uvyemere Koko?
4 Myandagaro 2017, 10:04, par Irankunda
nkunda Urukundo Rw’ Imana Kuko Rwatumye Mba Saved
13 Rusama 2018, 06:08, par KABOSS Dieudonne
ndatahuy kand can kuk hari bensh bacitirany inkund nukur muradufash kand can kuk ngah tubijamw twabitahuy muhezagirw.nimutwonger utund dukuru?
17 Rusama 2018, 01:23, par Salomon
Mbega Gumenyagutekumukobwa agukunda nukwatagukunda .
2 Ruheshi 2018, 10:04, par Nshimirimana Eric
Nisawa vrement jew ndashima kururwo rukundo rw’imana ariko jew nari ikibazo nkundanye numukobwa ariko ntiyigera ampa umwanya ngotuyage tubonana ashakako tuvuganira kuri terefone gusa none yoba ankunda vyukuri? none nobigenza gut?