Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
INTAMBA MU RUGAMBA ziteguriye Ouganda - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > INTAMBA MU RUGAMBA ziteguriye Ouganda

INTAMBA MU RUGAMBA ziteguriye Ouganda

jeudi 26 Munyonyo 2015, par egide

Inyuma y’ukunganya na Kenya ku gitsindo kimwe ku kindi, igitsindo cinjijwe na Tambwe Amissi, Uburundi bufise amanota ane kuri atandatu, bukaba bwiteguriye guhura n’umurwi nserukiragihugu wa Ouganda.

Urukino rw’Uburundi na Ouganda rwitezwe kuri uwu wa gatandatu, INTAMBA zikaba zizobandanya ihiganwa rya CECAFA CHALLENGE CUP 2015 mu gihe zotsinda canke zikanganya na Ouganda.

Uko imirwi yatsindanye

Kuwa gatatu

Burundi 1 - 1 Kenya

Ethiopie 2 - 0 Somalie

Malawi 3 - 0 Djibouti

Sudan 0 - 0 Sud Sudan

Inkino zizobandanya kuwa gatanu. Imirwi izohura uku gukurikira :

Rwanda - Somalie

Zanzibar - Kenya

Sud Sudan - Malawi

Sudan - Djibouti

Kuwa gatandatu

Ouganda - Burundi

Ethiopie - Tanzanie


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.