Accueil > Amakuru > umutekano > Intwazangabo y’igisirikare c’Uburundi yanyurujwe
Intwazangabo y’igisirikare c’Uburundi yanyurujwe
vendredi 25 Ntwarante 2016, par
Intwazangabo mu gisirikare c’Uburundi yo kw’ipete rya Lieutenant yaranyurujwe kuri uwu wa gatatu n’abarwanyi ba FNL ya Aloys NZABAMPEMA, mw’ishamba cimeza rya Rukoko.
Lieutenant Alexis Irambona asanzwe afise matricule SS1889 wo muri bataillon ya 412, avuka mu ntara ya Makamba, muri komine Vugizo, yavuye ku kirindiro akorerako aja gutembera mw’ishamba rya Rukoko, ari naho yafatiwe n’abarwanyi ba FNL ya Aloys NZAMBAMPEMA bamugize imbohe.
Mu gisirikare c’Uburundi baremeza ayo makuru, bakavuga ko Lieutenant Alexis yafatiwe aho mu Rukoko mu gihe yariko ahatembera ari wenyene.
- Lieutenant Alexis Irambona asanzwe afise matricule SS1889
Ku bivugwa ko hari n’abandi basirikare b’Uburundi babiri baguye mu ngwano zabaye hagati y’igisirikare c’Uburundi n’umurwi w’abitwaje ibirwanisho, Colonel Gaspard BARATUZA arabihakana, akamenyesha ko uretse uwo musirikare w’intwazangabo yanyurujwe, abandi bose ata kibazo bagize, kandi ko ata n’ugutana mu mitwe kwabaye ku munsi wa gatatu hagati y’abasirikare b’Uburundi n’umurwi w’abitwaje ibirwanisho.
Kuva Lieutenant Irambona Alexis anyurujwe akagirwa imbohe, amasamu yiwe amwerekana aboshe yaciye atangura gukwiragizwa ku mbuga ngurukanabumenyi, akamwerekana ari mu kibanza kitamenyekanye, mu minwe y’abarwanyi ba FNL ya Aloys NZABAMPEMA, nk’uko vyashikirijwe mbere na Jean Felix Ntahonkuriye, umuvigizi w’uwo murwi w’abarwanyi.
- Lieutenant Alexis Irambona asanzwe afise matricule SS1889
IGIHE
Messages
25 Ntwarante 2016, 08:13, par jewe
Nonevyagenze gute ngoyitemberane mugihe yaraziko hatamezeneza.
25 Ntwarante 2016, 08:39, par niyongabo j.De Dieu
nagahoner bunwa uburund tuzoterimber gut?
25 Ntwarante 2016, 08:40, par Ruduha
Ibyanyu ni amayobera.
25 Ntwarante 2016, 09:17, par Ferdinand
Imana irakubona frr. komeza gusenga.
25 Ntwarante 2016, 09:19, par Frank
Ndacibaza igituma yagiye wenyene mwishamba azi koritoroshe Mandi yoba ahazi kera Ari mwishamba.hasigaye aho atabarwa muburyo bushoboka haba munzira ya politic canoe ubuhinga bwa gisirikare.
25 Ntwarante 2016, 10:41, par ngorongoro jojo
Niwe yishikanye sha. Ahandi ho mu RUKOKO yaharya iki Abandi bariko baduza amagorofa.
25 Ntwarante 2016, 10:55, par ngowenubusa
None burya hari ho abantu bahora baja gutembera mw’ishamba?
25 Ntwarante 2016, 11:20, par claver
nibamurekure kuko ntanakimwe bazosikako
25 Ntwarante 2016, 11:23, par claver
nibamurekure kuko ntanakimwe bazoshikako
25 Ntwarante 2016, 11:46, par eric
les intellectuels burundais sont vraiment bizarre.Tous le monde veut parler ,tous le monde veut ecrire le livre ,tout le monde est important.
Mias ici aux pays englophones en africe du sud ,kenya ,tanzanie,les intellectuels parlent des investissments ,finances et autres shoses importantes.
mais burundais et congolais tous le monde est politiciesn .vraiment francophonie n’est pas bien.
c’est une opportunity the deveni englophone .ils sont plus en investissments que en seminaires politics… qui ne sont pas necessaire
QUE DIEU OUVRE LES YEUX DE NOS UNIVERSITAIRES ET INTELLECTS.
IGIKOMYE COSE NUKUGUMUKA .NOUS SOMMES UNPEUPLE TROP POLITISE
25 Ntwarante 2016, 12:32, par murundi
Uhubwo yari mubuyobe nyene nikwakundi umuntu yiyongoza amafiti.urumu colonek lt ukaza gutembera mwishamba ryawenyine..so imana imurinde nayahandi numva ari mukanwa ki kiboku.
25 Ntwarante 2016, 14:00, par Seanjonas
Vyamugendekeye Gut Ngwaje Mwishamba Nkaririya?Canke Nawe Yarafite Gahunda Yakujayo
25 Ntwarante 2016, 14:12, par Nyakuri
Imana imufashe
25 Ntwarante 2016, 14:33, par Avec
Nimba ibivyanditsaha arukuri iyumusirikare wacu sintahuye icoyariyashatse gushirako! None kwitembereza wenyene ahantu nkaharya yariyashatse kugerakuki arananteye amakenga!? Gusa iconobwira abobamufise nibamurekure kuko nivyovyobabera vyiza kuruta.
25 Ntwarante 2016, 14:48, par Nesta
ahubwo yishkanye. kuneza arabona ko ivyabo bigira bishire.
25 Ntwarante 2016, 15:09, par Baragandutse
Mwodusigurira Gt Intwazangabo Yoshobora Gutembera Wenyene Mukibira Bose Batinya Naho Yaba YariYambayivyuma Muribuka Ko Na Norisi Vyavugwako Yaguruka Yarapfuye Ahubwo Barivunye!
25 Ntwarante 2016, 15:17, par Karugendo
Hahahahahaaaa! Urya ni agent secret.
25 Ntwarante 2016, 17:01, par GABRIEL
TUMUSABIRE BAMUREKURE,NTIBAMWICE!!!
25 Ntwarante 2016, 17:39, par Happy444
Ahubwo Boraba Neza,ababijejwe Kuko Intwazangabo Zirabangamiwe.
25 Ntwarante 2016, 17:41, par Happy444
Ahubwo Boraba Neza,ababijejwe Kuko Intwazangabo Zirabangamiwe.
25 Ntwarante 2016, 17:59, par Young
Hhhhhhhh umuntu w umugabo nka afande ba muzirikishe ibyatsi kweri ameze nku umusaza wanywe igikoma cy,umwana ateye imbabazi iyaba yararebye filme za commando aba yatashye kare
25 Ntwarante 2016, 19:14, par Vivi
Awa. Nibazebarabakomesha Kuko Nibobagaba Igihugu Hamwebofata Ingingo Bakadukurako Uyumugabo Yigize Ndase Amahoroyoboneka Reka Babakanuze :
25 Ntwarante 2016, 19:37, par turaje
hhhh ikinamico.com ngo gutembera mukibira wenyine none mwamufotoye gute ? leta ya nkurunziza irananiwe rwose mwicare mwigaye kbs mureke kubeshya abaturage hejuru yamafuti yanyu.
25 Ntwarante 2016, 19:38, par turaje
hhhh ikinamico.com ngo gutembera mukibira wenyine none mwamufotoye gute ? leta ya nkurunziza irananiwe rwose mwicare mwigaye kbs mureke kubeshya abaturage hejuru yamafuti yanyu.
25 Ntwarante 2016, 20:05, par PJM
BAMUHOHOTEYE VRAIMMENT
25 Ntwarante 2016, 23:31, par Akamenyo
Uwu ni umusoda canke? N’umwana muto yotegera ko ivyatsi bitaboha umuntu. Ari iruhande y’amabuye akarishe nk’imbugita, ntashobore kwibohora? Hanyuma ngo mwarabaye mu kirobel! Muzi kwica gusa, gutwara igihugu gicuritse et de faire du n’importe quoi ngo muriko muratwara.
Mwarivye révolution Abarundi, ntibazigera babarekurira.
26 Ntwarante 2016, 01:46, par Gasabo
@Turaje. Uri inyenzi y’umwihariko. Ubanza warishe benshi kurusha ruhafwa (kagame). Ayo ni amaraso akuvugisha wa kirondwa we..
26 Ntwarante 2016, 02:52, par deus
Iyo ntwari ukora iki?
26 Ntwarante 2016, 08:14, par Herck Mathiar Niy
Ahicokigabo Barikobarazira Abasoda Ntibocikurako ?Erega Umusoda Apfuye Umugore Nabana Biwe Nibobagiribibazo ,nayokiryaco Ntamubabaro Namba .
26 Ntwarante 2016, 08:31, par turaje
none sibyo se ? witukana ahubwo subiza yajyaga mwishamba gukoriki ari wenyine kandi yambaye igisirikare? ubwo nubunyeshyamba butagira raison kabisa in plus colonel , ikinamico.com mwubake igihugu kubeshya non.
26 Ntwarante 2016, 08:58, par turaje
none sibyo se ? witukana ahubwo subiza yajyaga mwishamba gukoriki ari wenyine kandi yambaye igisirikare? ubwo nubunyeshyamba butagira raison kabisa in plus colonel , ikinamico.com mwubake igihugu kubeshya non.
26 Ntwarante 2016, 09:06, par INTAGOHEKA
Mwarataye ubwenge?!!!!1 1=2 Murabona urya atarumuhutu?!!! Haguruke natwebwe dufate intwazangabo y’umututsi Tuyite murukoko. Tujemungagara dusake inkoho; mutakura cibitoke jabe bwiza....NIMWATANGA IBYIYUMVIRO NkIBYO MURABA BISHIKIRA KWANKURUNZIZA KUKO IMIGAMBI 2015_2020NI. BACEMO NTIBABONA. SAFISHA.KUBAMARA NKIFU YIMINJIRA=UMUTEKANO=99%.TWIBANDANIRIZE/URWANDA MURAMAZE ABARUNDI.EKEREZIYA GATORIKA MWISHE INCUNGU Z UBURUNDI.NAMWEBWE MUTANGA IVYIYUMVIRO BITARIMO GUCANISHA ABARUNDI=KUBAMESAMWESE.KUBACAMO NTIMUBONA.MUTERA AMAGERENADE.MWESE MURABATUTSI.MURI ABASUMA URUSAKU BA KAGAME.....PUUUUUUUUU TUZOPHATWANGARA.
26 Ntwarante 2016, 11:08, par moon
shit! we beg u to keep this soldier alive because death is worthless and does not bring solutions to problems whether u like or no!
26 Ntwarante 2016, 14:26, par peace
None uyu mugabo Aba FNL bamenye gute kwazakuba arihari?canke wewe Vyashitse gute Ngo Yijane Wenyene?
26 Ntwarante 2016, 14:42, par PROTAIS
None uyu Mugabo aba FNL Bamenye Gute kwazakuba arihari?Cankvyashitse gute ngo yijane mwishamba Wenyene?
26 Ntwarante 2016, 16:42, par Marcel
Ewe Burundi bwacu,wishwe nabowavyaye!Igisigaye nukwomoka tukaronderiyo tuzoja kwibera,nakare ukuba m’uBurundi utagira Karash wophuma wibera mubuhungiro.
26 Ntwarante 2016, 19:15, par Niyongabo Esron
Nibabakurikirane Abo Bagizi Banbi Babafatenyabona Hakirikare.Imana Ibane Nuwo Musikare Wacu.
26 Ntwarante 2016, 20:26, par Swingi Love
Nibabamare Izombonerakure.Ntumuhende
26 Ntwarante 2016, 20:29, par Swingi Love
Nibabamare Izombonerakure.Ntumuhende
26 Ntwarante 2016, 20:33, par JEMTJ
deayj puj
GKRVJENQTKPUAJ MKVGAU DNB,GL
26 Ntwarante 2016, 22:46, par Bisetso
Igihe.bu uziko nankuru ishimishije mwandika uretse abapfuye gusa na politike cyereka niba ntacyindi cyiza kiba iburundi
27 Ntwarante 2016, 00:06, par Manirampa
Abbose Bakorivyo Bazo Vunagurwa Batagira Gitabara
27 Ntwarante 2016, 00:48, par ben
uwo yaro yaragiye mubagwanyi biranka gusa yagize amayeri kugira ntagire ico bagira umuryango wiwe. hana nzabamoema ashaka ko aja mubiganiro vyimirije kuko amaze imyaka myinshi ara gucukura inzahabu gusa. akinye imitwe rero ngo yagize igitero rero. hahahahh
28 Ntwarante 2016, 07:32, par richard
uyu se ubu si umunyagwanda wari uje kuneka, abanyarwanda tuzobamesa.
28 Ntwarante 2016, 10:06, par turaje
Richard uzobanze umese ubo babamariye imiryango bayica hanyuma niwumva uhaze ubuzima bwawe uzaze umese abanyarwanda hhhhhhh ntushinga ngo ugiye gutamba
28 Ntwarante 2016, 20:44, par darius
Niwe wishikanye ahubwo nibagukerere.
29 Ntwarante 2016, 00:28, par Gérard
Alexis Irambona ni akomeze kwihangana kumbure Imana yo mubabarira.
29 Ntwarante 2016, 14:26, par MADEUS
NONE IYO NTWAZANGABO YOBA IKIRIHO?
29 Ntwarante 2016, 15:58, par Aferky
Mise en scene @
1er Ndamukiza 2016, 16:48, par Emmanuel
ako kagwi kadutse tuzokagwanya tugatuze twebwe abanyagihugu na reta tugiye hamwe ntawoduca mu ryahumye numwe karabaza kagame na godfroid na sinduhije na rajabu twebwe tugize ubumwe nagakacira tuzofata uburundi ntibwitaha barahaca bahazi
8 Ndamukiza 2016, 15:31, par Jean de dieu ntakarutimana
bit nagomba ndababaze.none baramwishe cank baramuboshe gusa?none.yarikoAtembra ahigayiki?
13 Ndamukiza 2016, 22:02, par Isa
Icombona Abasirikare Nabo Bojakuboza Mugenziwabo Ntibamuhebe
25 Ntwarante 2018, 11:11, par NDAYIKENGURUKIYE DIUEDONNE
NAGIRANDABABAZE NONE ABOHEWEMWISHAMBARYAHE?MUNTARAYAHE?