IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Intwazangabo z’U Burundi zigiye kuronswa inyigisho

Intwazangabo z’U Burundi zigiye kuronswa inyigisho

lundi 11 Ntwarante 2013

Uno musi igenekerezo rya 11 Ntwarante 2013,intwazangabo cumi na zibiri z’igihugu c’U Burundi zirafata urugendo rubajana mu gihugu c’ubuchinwa aho bagiye kuronka inyigisho hagati y’amezi atatu n’atandatu mu bisata bitandukanye vy’igisirikare.

Izo nyigisho bazoronswa ,n’inyigisho z’utugenegene,z’ubuhinga bujanye na gisirikare,eka n’ibindi.

Ivyo n’ivyatangajwe XU ZHONG aserukira igihugu c’ubushinwa ngaha mu Burundi kuri uyu w’Imana iginekerezo rya 10 Ntwarante 2013 mu gihe ariko arakira abo basirikare bimenyereza b’abarundi bagiye mubushinwa.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.