Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibibazo vy’abakurikiye inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana (Igice ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > Abakristo > Ibibazo vy’abakurikiye inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana (Igice ca (...)

Ibibazo vy’abakurikiye inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana (Igice ca kabiri)

mardi 13 Nzero 2015

Abakurikiranye inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana barashikirije ibibazo vyabo inyuma y’insiguro. Muri iki gice ca kabiri tubashikiriza ivyo bibazo vy’abakirisu hamwe n’inyishu zatanzwe na Musenyeri Simoni Ntamwana.


Egide Nduwimana

Messages

  • dd irahanzwe, iriko ikubitwa impande zose, ehe n’abasenyeri, aragab naho ubundi bazomuhenura nkurunziza nka bagaza

  • Ariko abakomeza gusunikira gusigura Ko musenyeri yigeze yibasira CNDDFDD canke Nkurunziza mubikurahehe!? Jewe mbona uyu musenyeri yatanzi mpanuro murirusangi! Ahubwosinzi icomimushakako!?.

  • @marie urantwegeje kabisa haaahuuui iryo ryugane wakoresheje niryo (ikubitwa impade zose) wogira ninka uriko uravuga hiiiiioooo

  • NIYABA PITER ATAZI KO LE CLERGE IMURUSHA INGUVU NABANDANYE ..ARABAZA BAGAZA ,,ABA DD BARAVYIBUSHE NTA KINDI BIYUMVIRA ATARI UKUGUMA BARYA UKAMENGO NIBO BONYENE BAHARI ..AHUBWO DUSHAKA MINANI CANKE RWASA BABADUKUREKO

  • Politike zarabandanyije mumashengero,ubu Bible bashize hasi bari kwigisha ibwirizwa shingiro!Mais,urabishije ya maso ya kirundi umenga aba bakirisu bagizwe n ubwoko bumwe!Conseils noha uyu musenyeri nuko nawe yotangura koza ibirenge aba ba kirisu kurya kwa Peter,Sinon ntibazoheba PETER ibibazo babaza biboneka ko bashiririye.

  • Imana Iturinde nayubundi uyu mwaka ntiworoshe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.