Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Kurangura amabanga yabubatse n’umugore w’umunonotsi vyamwinjije (...)
Kurangura amabanga yabubatse n’umugore w’umunonotsi vyamwinjije ibitaro
mercredi 16 Mukakaro 2014
Hari abagore bakora cane birengeje imyimenyerezo yo kunonora imitsi, mwena bo bagore kugirana nabo imibonano mpuzabitsina haraho bitera ingorane abagabo. Bakhtiyar Salimov vyashikiye n’ubu aracari mu bitaro kandi ntiyimirije kuvayo vuba.
- Raba uko Anastasia Volochkova yagira imyimenyerezo yo kwinonora imitsi
Bakhtiyar Salimov, umugabo aba mu gihugu c’Uburusiya. Ku myaka 45, yabiriye umugore afise imyaka 38 yahoze akora birenze imyimenyerezo yo kunonora imitsi. Uwo mugore naho asa n’uwuhumuye, aracanonotse cane. Inkuru yovugwa n’umugabo wiwe.
Inyuma yo kurangura amabanga y’abubatse, Bakhtiyar Salimov yoba yaracitse uruti rw’umugongo. Umugore wiwe avuga ati:" Duhejeje kugira amabanga yabubatse yaciye arwara cane umugongo gushika naho mpamagara rusehabaniha."
Bakhtiyar Salimov aho aryamye mu bitaro, ntazokwibagira kwinonora imitsi yagize kandi yibazako ariko arangura amabanga yabubatse. Umugore wiwe avugako Bakhtiyar aho aryamye mu bitaro adashobora kuva hasi.
Raba aha munsi amashusho ya Anastasia Volochkova ariko agira imyimenyerezo yo kwinonora imitsi
Cherif Nkeshimana
Messages
16 Mukakaro 2014, 17:43, par ntiwihebure
Wewe wihweje ubona aho hantu yaharondera iki atari akarambaraye nyene! akaronderera amata mumatako y’igihori ga ntuzewe? Yabonye afise inkoni inonotse aca yibaza ko ari iyo kuja aravumbika aho abonye hose no muziko, motif ngo yayironkeye ubuntu. Ntiyihebure azokira, mugabo azocira umugani abandi, bazigendezeko. Aho ivyo ni ivyo yabonye, akataraza kari inyuma.
17 Mukakaro 2014, 15:13, par Jérôme Irambona
Je nibaza ko bishobora kuba vyavuye ku bindi ego birashoboka ariko si bose biba uko je ndibaza ko n’ubusaza bwoba burimwo
18 Mukakaro 2014, 13:26, par NZORIJANA Jules
nibaza ko atarwaye umugongo kubera uwo munonotsi,ahubwo ndetse mwenabo bakenyezi bakina imikino nkiyo baroroshe kwabira.ivyo vyerekana ko yara agasanganwe!
29 Mukakaro 2015, 00:17, par ADRIEN MANISABWE
NTACOROSHE
27 Ruhuhuma 2016, 05:01
Aho Yarahejeje?
22 Ndamukiza 2016, 19:17, par Bimenyimana Longin
None Kirazira Kwabira Umunotsi? Hoho Uwarwaye Numugabo Cangwa Numugore? . Harinico Nabaza Mwofasha : Kugira Imboro Igume Ihagaze Wokoriki? Canke Kugira Uswere Umwanya Munini Wokora Iki ,mwofasha,
24 Gitugutu 2016, 22:17, par Ntakiyiruta Innocent
Jew Ico Niyumvira Kandi Nico Nobaza Umugore Anonotse Nu Mugore Atanonotse Uwuryoshe Kwenda Nuyuhe?
25 Ndamukiza 2017, 12:47, par MBARIMOMBAJI KORODE
none umugore anonoce uramutosa muriko murangura amabanga y bubatse fishe imyaka 28
3 Rusama 2018, 22:40, par Kwizera Marc
<<Uwomugabo Nkekayarashwera Gose Mukugire Arinde Avunika Umugongo Aharindamubwe Tiporesana . Cank Yenze Umuru Shakunonoka??>>
13 Mukakaro 2018, 11:22, par kuru
Andika hano kuwo womukomanya
6 Nyakanga 2018, 22:10, par Ndayizeye Onesime
Niyihangane Birababaje