Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inyumay’incuro 19, uruyoya rukomeye ruravutse - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Inyumay’incuro 19, uruyoya rukomeye ruravutse

Inyumay’incuro 19, uruyoya rukomeye ruravutse

mardi 28 Rusama 2013

Umugore yitwa Jo Short n’umugabo wiwe Steve, boba akarorero mu kwihangana, ukuba « ndaryumeko » mu buzima.

Mu myaka 15 bamaze bubakanye, Jo Short umugorewa Steve
yaraye avyaye umwana akomeye. Aho n’inyuma y’inda 19 zakorotse muri iyo myaka biturutse kundwara yitwa « endiométrose » itera ugukorokerwa. Jo agira ati
« Namye mbaza igituma inda ntwara zose ziguma zikoroka: mbega nobanywa icayi cinshi? canke noba nywa ikawa nyinshi?».

Inda ya mbere ya Jo yakorotse mu mwaka w’1997. Ku ncuro igira 20, ngo uyo arahevye aravyara umwana akomeye. Ivyo bikaba vyashobotse kubera mu mwaka uheze yari yakozwe. Nk’uko yivugira, ngo yari afise ubwoba bwinshi ko bishobora kugirira nabi urworuhinja. « Kuba nyina wa muntu, nico ciza nari niteze kuva kera cane»


Luc-Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.