Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Irak : Abantu 79 baguye mu bitero - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Irak : Abantu 79 baguye mu bitero

Irak : Abantu 79 baguye mu bitero

dimanche 3 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Igiporisi ca Irak kivuga ko abantu bagera kuri 79 bishwe abandi barenga 131 barakomerekera mu bitero bibiri vyakozwe n’abarwanyi ba Islamic State, i Bagdad ku murwa mukuru wa Irak.

Mu gitero ca mbere cabaye kuri uwu wa gatandatu, imodoka yari irimwo igisasu c’ubwiyahuzi yaturikiye hafi y’inzu y’uburiro hamwe n’inzu y’iguriro, mu gace ka Karrada.

Amabarabara yari yuzuye abantu bariko barasuma, benshi muribo bakaba barakomeretse, abandi bahasiga ubuzima.

Igisasu ca kabiri caturikiye mu gace kiganjemwo aba Shiya, mu majaruguru y’umurwa mukuru Bagdad.

Abantu 79 nibo baguye muri ivyo bitero, abagera kw’ijana na mirongo itatu n’umwe nabo barakomereka, nk’uko bishikirizwa n’igiporisi ca Irak.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.