Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ireresi yo mu Burundi yaronkejwe agashimwe i Monaco - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Amareresi > Ireresi yo mu Burundi yaronkejwe agashimwe i Monaco

Ireresi yo mu Burundi yaronkejwe agashimwe i Monaco

mardi 10 Ruheshi 2014

Ireresi yo mu Burundi yararonkejwe agashimwe yahawe n’urunani mpuzamakungu rw’insamirizi n’imboneshakure rwo mu Bufaransa. Iyo reresi yari mu mahiganwa n’ayandi mareresi ashika 250 avuye mu bihugu 84.

JPEG - 34.3 ko
Justine Bitagoye yakinye ireresi

Ireresi yitwa "Rwagasore, Vie, Combat et Espoir" yakinywe na Justine Bitagoye na Pascal Capitolin, yaronkejwe agashimwe n’urunani mpuzamakungu rw’insamirizi n’imboneshakure (Union des Radiophoniques et Televisuelles Internationales). Iyo reresi yahuriye mw’ihiganwa n’izindi zivuye mu bihugu 84 vyariko bihiganisha amareresi 250.

Mu gice ca nyuma c’amahiganwa, ireresi yo mu Burundi yahuye n’ibihugu Liban, Allemagne, Canada, Italie, Japon, France na Philippines.

Ayo makuru dukura ku nsamirizi y’igihugu amenyesha ko Uburundi bwaserukiwe na Gloriose Mbazumutima ari nawe yakiriye umudari w’umujumbu i Monaco, hari kw’igenerezo rya 8 Ruheshi, aza gushika mu Burundi kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 10 Ruheshi 2014, mu masaha y’umuhingamo.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.