Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Isanamu y’ururirimbo "Amani" rwakozwe n’umurwi ukomeye w’abaririmvyi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Isanamu y’ururirimbo "Amani" rwakozwe n’umurwi ukomeye w’abaririmvyi (...)

Isanamu y’ururirimbo "Amani" rwakozwe n’umurwi ukomeye w’abaririmvyi yasohotse

vendredi 17 Ndamukiza 2015

Isanamu y’ururirimbo "Amani" yasohotse, yakozwe n’abaririmvyi bashika kuri 11 b’Abarundi. Baririmba berekana ko Uburundi bukeneye amahoro.

Amwe mu majambo avugwa muririmbo ruvanze igiswahili n’ikirundi ni aya :

Bose hamwe : Amani Amani, Warundi tunataka Amani. Amahoro, Amahoro, Abarundi turashaka amahoro.

Natasha : Twavuye kure, amahoro twayaronse tuyanyotewe.

Rally Jo :Turasavye, turatakamvye mana, amahoro ntatosekare

Bosco(Peace&Love) : Erega bene mama, ahari amahoro umuhoro uramwa. Tuyabumbatire ntidusubize igihugu mw’ihumbi.

Ururirimbo rwakozwe n’abaririmvyi bagera kuri 11 : Natasha, Rally Jo, Bosco&Vianey (Peace and Love), Ogiga, Kendo, SatB, Eddy Kamoso, R Flow, Chany Queen, Paci (Etoile du Centre). Bose bambaye impuzu zera.

Umviriza amajambo hamwe n’isanamu yakozwe na Paci


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.