Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Isanamu y’ururirimbo "feelings" rwa Fizzo na Matabaro yasohotse, Raba ibiri (...)
Isanamu y’ururirimbo "feelings" rwa Fizzo na Matabaro yasohotse, Raba ibiri mu mafoto
mardi 28 Gitugutu 2014
Isanamu y’ururirimbo "Feelings" rwa Matabaro na Fariouz yasohotse, amwe mu mafoto mwagiye mubona hirya no hino yegeranijwe avamwo isanamu iteye igomwe.
Mwomenya ko muri iyi minsi Patient Matabaro ariko ashira ahabona amasanamu ya zimwe mu ndirimbo yagiye arakorana n’abandi baririmvyi.
Raba aha munsi isanamu y’ururirimbo "feelings" Matabaro na Fizzo bakoranye
Cherif Nkeshimana
Messages
28 Gitugutu 2014, 21:24, par N V
Aba Baririmvyi Ni Ibivume Basigaye Bakoresha Pornographie Mu Ndirimbo?!!.
28 Gitugutu 2014, 21:34, par Mugabo
Iyi si indirimbo ni umwanda! Promotion y’imico mibi gusa!
28 Gitugutu 2014, 21:49, par EMMANUEL
ARIKO MANA TUGARUKIRE!IYO SANAMU NIYO IGIYE KWEREKANWA?NITUGARUKIRE INDERO NDUNDI
29 Gitugutu 2014, 01:51, par TWIKEBUKE
Ashaaa abo baririmvyi basaze. N’abarundi canke? Ntaho itandukaniye na Porno. Dusavye amateleviziyo (imboneshakure) z’i Burundi zose kwatanimwe yoyerekana nayahandi imico yagiye kabisa. C’est du porno. abakobwa bari gusa gushika naho batwereka bagiye muri douche? Mukabashigikira ejo bazotwereka ubwambure bwabo bwose. Babuze ivyo baririmba kabisa.
29 Gitugutu 2014, 01:51, par TWIKEBUKE
Ashaaa abo baririmvyi basaze. N’abarundi canke? Ntaho itandukaniye na Porno. Dusavye amateleviziyo (imboneshakure) z’i Burundi zose kwatanimwe yoyerekana nayahandi imico yagiye kabisa. C’est du porno. abakobwa bari gusa gushika naho batwereka bagiye muri douche? Mukabashigikira ejo bazotwereka ubwambure bwabo bwose. Babuze ivyo baririmba kabisa.
30 Gitugutu 2014, 08:22, par Thérence NZEYIMANA
Franchement, jewe nk’umuvyeyi kandi yemera indero rupfasoni y’i Burundi ndamaramaye cane. Iyo ndirimbo yerekana ubukene bw’ivyiyumviro uwo muririmvyi afise. None nk’ayo mafoto yerekanwe kumboneshakure abavyeyi n’abana babona vyogenda gute. Dusavye ntihagire uwuzovyerekana kuri télévision kandi habe no guhanura no kwihaniza umuririmvyi wese yokora nkivyo. Kuko n’abamwemera bazogenda bagabanuka atanguye ivyo biterasoni ngo n’indirimbo. Ni barondere izindi message botanga ziriho nyinshi atari uko kugomba kuduhumbishiriza abahungu n’abakobwa basanzwe bashushe amaraso kubera imyaka yabo. C’est de la merde. Birashisha gose. Chers jeunes (filles et garçons) mubibonye ntimugwe mumitego ishobora guhitana votre vie à cause de ça.La vie est très chère. Mbwire gito canje ic’uwundi cumvireho (harimwo n’uwo muririmvyi).
30 Gitugutu 2014, 12:14, par UWIMANA JUSTINE
ewe wa mana we! tabara kwel nayahandi ho indero igiye gutituka burundu!
1er Rusama 2015, 21:03, par ESLON
NSHAKA MWOYIMPA MURI MEMORICADI
8 Rusama 2015, 22:19, par NIRAGIRA ASUMAN
BARARENGEJE PE.IYO SINYAMBARO
15 Ruheshi 2015, 10:03, par Ferdinard
Vip Uramara Jewenumva ndagukunda Sana Big Up.
13 Nyakanga 2015, 23:40, par nib norbert victoire
j ivy bintu ndabitey ivytsi pe!
12 Ruhuhuma 2016, 17:25, par Rukundo Rwimana
yooo..! ndatangaye Fizzo ndarinzi ko udakina iprono kumbe we ni dange
24 Ruhuhuma 2016, 20:06, par eric
vrt biratey ison kubna umuririmvy twemera akor ibint nk’ivyo.turabitey ivyatsi.
12 Rusama 2016, 16:10, par Joseph
Nibara Ngira Fizo Sumurundi Atukisha Akaranga Kaba Sokuru
14 Rusama 2016, 22:35, par Leonard NDAYIRAGIJE
ni hatari n’igihugu cacu carafashwe!ewe MANA uradukinga ako kaga k’amadayimoni
25 Rusama 2016, 11:13, par jesus
kubwanje iyondirimboy,ibiterasoni.twosabakomwoyifutaburundu.natwebwe burundi bwejo iratumaramaje.
10 Mukakaro 2016, 07:23, par oscar
ivy biramaramaje ku burundi bwa
10 Mukakaro 2016, 07:25, par oscar
ivy biramaramaje ku burundi bwacu
15 Mukakaro 2016, 17:35, par THIERRY
Kabisa Biramaramaje.
29 Myandagaro 2016, 21:23, par kibeby
MATABAROYARASOYEUMUZIKINADIAMOND
29 Nyakanga 2016, 09:21, par Irakoze J.Claude ( Freedom Vempire)ou Freedom J.Claude
Iyosanamu Niyo Kandi Ndayikunda Kuko Ijanye N’amajambo Ari Mundirimbo.
21 Gitugutu 2016, 21:42, par Claude
Garukira Indero Ya Ba Sokuru
29 Gitugutu 2016, 18:28, par Cadeaux
NANJE NABIKORA KANDI SINO KWIYOBERANYA NDA VYIPFUZA
12 Ruhuhuma 2017, 15:46, par levelent
nukuri kundero yuBurundi ivyontibikwiye vyiza nukotwibaza ibikwiye
16 Ndamukiza 2017, 03:42, par J.Paul
Ebaaana bameweza kushiduwa mtu sijui ni kama bachezaji ba pronon