Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ishengero Katorika rirafasha mu gusubiza hamwe kw’urwaruka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > Abakristo > Ishengero Katorika rirafasha mu gusubiza hamwe kw’urwaruka

Ishengero Katorika rirafasha mu gusubiza hamwe kw’urwaruka

vendredi 6 Kigarama 2013

Imihari y’urwaruka mw’ishengero Katorika mu Burundi, irafasha mu gikorwa co gusubiza hamwe no gutsimbataza amahoro mu Burundi, nk’uko bimenyeshwa na patiri Ferdinand Mugabonihera, ajejwe gutunganya ibikorwa vy’imihari muri Diyoseze ya Bujumbura. 

Ishengero Katorika rero rikaba rikora ivyo, mu ntumbero yo gushigikira Reta y’Uburundi mu gikorwa co kutsimbataza amahoro mu Burundi. Patiri Ferdinand Mugabonihera, akaba avuga ko ishengero Katorika ritokwama ari ugufasha mu kwubaka amashure, amavuriro, amabarabara gusa, ari naco gituma iyo ibintu bitagenda neza, ishengero katorika ritorera amaboko, ari naco gituma rica rifasha mu ntumbero yo gufasha gutsimbataza amahoro, ati na Yezu yarabivuze ko hahiriwe abaremesha amahoro, kuko bazitwa abana b’Imana (Matayo 5,9).

Patiri Mugabonihera akabandanya amenyesha ko iyo ariko arayaga n’urwaruka ruhurikiye mu mihari yegukira ishengero Katorika, kenshi bo nyene bama basaba ko hakwiye inyigisho ku rwaruka, inyigisho zotuma hatsimbatazwa amahoro. Izo nyigisho rero zikaba zohabwa urwaruka rwose, ruri mu mirwi yose, na cane cane urwaruka ruhurikiye mu migambwe yose, mu gihe wama usanga abakiri bato bayihurikiyemwo, bama bariko barashihana. Asaba ko ivyo bobihagarika nyabuna, bakagengwa n’amategeko y’Imana.


Aristide Nizigire

Messages

  • Uwo muntu nta bupatiri bwiwe. Yitwa Mugabonihera Ferdinand batazira FEFE, twama tumufata hano mwihoteli asambana n’abagore babandi. ngo aherutse no gufatirwa harya kuri avenue de la mission ari kumwe n’umugore w’uwundi mugabo abanyagihugu barashengerera aca ariruka. nareke kubesha abakiristu abasangiza umubiri wa kristu kandi ari umunyavyaha.

  • yayayayay, uyu mugabo MUGABONIHERA, sugusambana aragitikije. mbe abapatiri bubu mwabaye mute? usambane n’abana bato, usambane n’abubatse ingo zabo, ubwo nta soni. urya mugore w’akabare kuri avenue de la mission, ugiye gusambuza urugo gwiwe, isonere padi, oya nukuri. canke uve mu gipadiri urongore umugore umwe wubake ugwawe ureke gusenya izabandi

  • Reka munyagihugu jewe sinarinziko uyu mugabo MUGABONIHERA, ari umupatiri. none ko afise umugore yamuguriye nirya modoka agendamwo, jewe narinziko ari umugore wiwe. no mu rumonge aho urya mugabo avuka baba bari kumwe, kandi baryamana no mwihoteli. none ko ari umusambanyi wa hatari. imana imufashe ave mu vyaha.

  • nimumureke uwo mupatiri. hari umugore afata kunguvu? none ukoze neza ntuhembwa? ngira arazi gukora akazi ko mu gitanda, nico gituma ahembwa. naho abo bagore bobo yabira, nibamwongere ahubwo. umukozi mwiza arashimigwa. kandi abagabo babo ntaco babamarira bagaca bironderera icorirenza. felicitation sha pati, baswere ubahashe, emwe kubita amazi cane.

  • erega papa nashaka areke apatiri barongore officiellement, none ko officieusement barongora, nabana bakavyara, nashaka abareke kugirango bareke kuturongorera abagore. uyu we ndabona ari umu jeune, abagore rero mwitegure abarongore kugeza yezu kristu agarutse. Patiri MUGABONIHERA ni bakureke mwana hari uwo ufata kunguvu? ahubwo ukaba ufite umwanya ndi i muyinga uze nkwereke undi mugore yarinze, umwimye ndabe ko yocureha.

  • mwese murasetsa. uwutarabikora namutere i buye. manyina sha pati rongora abagore, abapfakazi cane cane, uzoba wubahirije ibwirizwa rya so na nyoko

  • Uwo mugabo ngira n’umunyavyaha vyinshi. Ko numva atoroshe mukuraba mw’ijipo. mugabo pati, ugende gahoro bikaba arivyo basha ndakurahiye uzokurayo imbwa yiruka. ijisho ry’imana rirakubona ivyo urimwo kandi imisi y’igisuma ni 40. iyo nimpanuro gratuit.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.