Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rirashigikiye u Burundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rirashigikiye u Burundi

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rirashigikiye u Burundi

mercredi 16 Nzero 2013

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yakiriye mu biro iwe kuri uno munsi wa gatatu igenekerezo rya 16 Nzero 2013 Paul Seger umukuru w’umurwi ujejwe gutsimbataza amahoro wo mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU.

Igihe kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Nzero 2013 umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yakira mu biro iwe Paul Seger umukuru w’umurwi wo mw’ishirahamwe mpuzamakungu ujejwe gutsimbataza amahoro,abo bategetsi babiri baganiriye ku bijanye n’ingene bofashanya na cane cane inyuma y’ivyavuye mu nama yabereye I Geneve.

Nkuko Paul Seger yabimenyesheje ngo nta terambere rishoboka ata mahoro,kandi nta mahoro yoshoboka ata terambere.Paul Seger yabandanije amenyesha ko ari muri iyo tumbero ishirahamwe mpuzamakungu rizoshigikira u Burundi mu mugambi bwishinze w’iterambere mu kurwanya ubukene.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.