Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ishure shingiro rigiye gutangura - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ishure shingiro rigiye gutangura

Ishure shingiro rigiye gutangura

jeudi 14 Ruhuhuma 2013

Ntagisivya, amashure mato mato agiye kuzohora agarukira mu mwaka w’icenda, bimwe bita ecole fondamentale. Ivyo biri mu vyo umushikiranganji Rose Gahiru agiye kwihutira gushira mu ngiro.

Kuva kuri uyu wa 14 gushika kuwa 15 Ruhuhuma, ubushikiranganji bw’amashure mato, ayisumbuye, no kwigisha gusoma no kwandika, buriko buratunganya ibikenewe, kugira kuva mu mwaka w’ishure uza, amashure mato azohore agera mu mwaka w’icenda.

Umushikiranganji Rose Gahiru ari na we yatanguje ivyo bikorwa , amenyesha ko ashimishwa n’aho imyiteguro igeze. Asaba ko ibikenewe vyotegekanywa hakiri kare, kugira hatangure vuba inyigisho z’abazigisha.


Jean Michel Ndayikengurutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.