Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Islamic State yemeye ku ncuro ya mbere ko yateye muri Somaliya
Islamic State yemeye ku ncuro ya mbere ko yateye muri Somaliya
mardi 26 Ndamukiza 2016, par
Abarwanyi ba IS (Islamic State) bemeje ku ncuro ya mbere ko aribo bakoze igitero giheruka kubera muri Somaliya, igihugu hasanzwe havugwa abarwanyi ba Al Shabaab bakorana na Al-Qaeda, bakaba babandanya kwiha inkumbi muri ico gihugu.
Umurwi w’abarwanyi ba IS (Islamic State) uvuga ko abarwanyi bayo bateye abasirikare b’umuryango w’ubumwe bwa Afrika barungitswe kugarukana amahoro muri Somaliya, ico gitero kikaba cabereye i Mogadishu, umurwa mukuru w’igihugu ca Somaliya.
Islamic State imenyesheje ko yakoze ico gitero inyuma y’aho Reta ya Somaliya itangarije ko yataye muri yompi umwe mu ndongozi z’abo barwanyi yavuye muri Al Shabaab.
Abarwanyi ba Islamic State bamaze umwaka urenga bagerageza kwiyegereza intagondwa zo muri Somalia kugira barabe uko bokwinjira muri Afrika y’ubuseruko.
IGIHE
Messages
26 Ndamukiza 2016, 06:35, par MUYAHUDI
EMW MWANTAGONDWAMW IMANA NIBAHINDUR MUMITIMA MUREK KUGUMA MWICABANTU MOTIF NGO MUGWANA INTAMBARA NTAGATIFU!
26 Ndamukiza 2016, 08:52, par Nene Nesta
Abo nisawa ubona boza mu Burundi ibintu vyohinduka kubita inzobwa za Barundi zibura kuza kurwanira igihugu cabo zikishinga muri somali noneho nabari babarongoye bagomba bashire nkifu yumwijira.
26 Ndamukiza 2016, 20:37, par LAA
uwomuswa,avugako,abarundi,aribwa,akwiyeguturirwa
27 Ndamukiza 2016, 12:24, par Turabategerejye 444
Neneta Nyakuneneta Mucyobo : Urucira Mukaso Rugahitana Nyoko ! Ufata Inteko Wakigorjyiwe Ngo Nimbwa ? Ahubwo Weho Uri Umusiba Umenyeko Izombwa Zizakwaka Ubuzima Ziguhonyoyeho , Zinakuziza Kudya Ivu Byokubera Vyiza Witekeye Mumushambara Ukaja Kwihamba Mukaburi ; B’Arundi B’Anyarwanda B’Anyafrika Tuve Hasi Turwanye Intagondwa Islamic Stat Al Chabab Na Al Quaïda Kuko Biturikiriza Kubibumbye Abaribo Bose