Accueil > Amakuru > Mu makungu > ISLAMIC STATE yiyemereye ko ariyo yateye i Paris
ISLAMIC STATE yiyemereye ko ariyo yateye i Paris
samedi 14 Munyonyo 2015, par
ISLAMIC STATE yemeye ko aribo bakoze ibitero vy’abihevyi mu mugoroba wo kuri uwu wa gatanu mu bice bitandukanye vy’igisagara ca Paris.
Mw’itangazo ISLAMIC STATE yasohoye kuri uwu wa gatandatu, uwo murwi wiyemerera ko ariwo wagandaguye muri ivyo bitero abantu bagera ku 128 gushika ubu bamaze kumenyekana, hamwe n’abagera ku 200 bakomeretse.
Inyuma y’ico gitero, igihugu c’Ubufaransa camenyesheje ko cinjiye mu bihe bidasanzwe, n’ingingo zikomeye z’ugucungera umutekano zirafatwa. Imbibe z’Ubufaransa nazo nyene zikaba zugawe.
IGIHE
Messages
14 Munyonyo 2015, 14:30, par SISI
IMANA ISHIMWE CANE.AHUBWO MWOSUBIRAYO EJO KUMUGOROBA MUKICA NKAYANDI MAJANA ATATU TUKARABA KO BAVYITA IHONYA BWOKA NKIRYO BATWIPFURIZA.UBONA BOJA MUBUBIRIGI NAHO BAKAGIRUKO NYENE!
14 Munyonyo 2015, 15:03, par my
irya manga france yimbiraga muri Nkurunziza muri ONU nibo bayiguyemo, nabandi bose barwanya Imana bazibonerako!!
14 Munyonyo 2015, 15:17, par polo
abobantubose barikugatwe la français horande nawe nibamaufatire ibihano cznke barungike inteko zabarundi eigendeyo vuba yihangane abicanyi barihonse ntasubire kwipfuriza inabi uburundi abaziguharura muradufashe hapfuye200 kumusi kumezi atandatu bazoba bamwicanye bangahe azobibazwa ndamutwenze haazzzzzzaaaaa
14 Munyonyo 2015, 16:57, par nizigiyimana daniel
birababajecane kubonabantubicwa ntacobazira hahirwabamfabamfiramumwamimana
14 Munyonyo 2015, 16:59, par nizigiyimana daniel
birababajecane kubonabantubicwa ntacobazira hahirwabamfabamfiramumwamimana
14 Munyonyo 2015, 17:00, par nizigiyimana daniel
birababajecane kubonabantubicwa ntacobazira hahirwabamfabamfiramumwamimana
14 Munyonyo 2015, 18:35, par hassani
jewe naho gushima uwica bigoye mugabo nivyiza kugihugu nkubu faransa.urazi ubwicanyi bwabo nabo?nibabone ukuntu bishimwe bishe kadafi nejo iyo basubirayo bakica igihumbi bobonako kwicirwa bibabaza.ubona boja mu bubirigi amerika nahandi iburaya nugushimira izongabo zakoze icogikorwa
14 Munyonyo 2015, 18:38, par Bukuru
Mububirigi namwe mwitegure mwabashenzi mwe ivyo mwipfuriza uburund ntavyomuzoshikako nivyo vyitso vyanyu
14 Munyonyo 2015, 19:56, par djr
NDAHOJEJE IMIRYANGOYABAFARASA YABURIYEMURIVYOBITERO NIBARA MUGABO NIBARABE ABAPEREJIDABI VYOBIHUGUTIBAZEBARAKOKEZAMU BURUNDIGONUKOHATWARAABAHUTU
14 Munyonyo 2015, 20:18, par moses
nabo bibaje mubiganiro,kuko ikibazo nyamukuru nuko france yarungitse abasoda muri siriya. bahurire hanze yubufaranca nk’ikampara. yewe ntamwana nikinono,amaraso yose ni rouge. batangiye kubona akaga namakuba bikururiye barwanya Nkurunziza. urucira mukaso rugahitana nyoko.
14 Munyonyo 2015, 20:34, par ALAIN
Ndahojeje imiryango y abafaransa baburiye murico gitero cabamenja,ariko nagira ngaruke Ku bahutu bo mu Burundi nsanze ari ibirwarudubi Amacakubiri atazopfa abahezemwo ariko nagira ndababwireko buriye igiti kiturigwa citwa umututsi ,uteye umututsi uba umiteye ni ba nturirwa nibihimbi murihenda ntabo uzomara hinge ubabone ,mubarusha inguvu ariko umututsi akabarusha umutwe mwabicanyimwe.
14 Munyonyo 2015, 20:54, par mahoro
nibarungikeyo vyihuse abasoda ba ONU kuko 120 bitavyi Imana kumunsi umwe, 6mois igihugu cose cyoba giheze. france yananiwe gucungera umutekano wabanyagihugu bayo. ONU niterane vyihuse ifate ingingo yihuse.
14 Munyonyo 2015, 21:00, par imburi
Bafarasa,Babirigi,Banyamerika,ububisha nubwicanyi mugirira abanyafrika vyashavuje imana mutigaruye mugasaba imbabazi ibihugu mwadurumbanije nubu mukiriko turavye ivyo muriko murakora mu Burundi inkoni y’Imana mugiye kuyibona;ivyaraye bishikiye abafarasa ni intango akataraza kari munyuma.
14 Munyonyo 2015, 21:43, par AL SHABAB
Duhojeje ababuriye murico gihugu cubufaransa , twongera ruvuga duti, ashiiiii!!! Ubuho ndibaza ko uburundi, arigiti kiturirwa, kuva izombwa zabafaransa badukurikirana ngo ubwicanyi buba muburundi buteyimpungenge ngw amakungu, baduharurira ngo hamaze gupfa 200, ama 300 kuva piter atwaye mandat ya 3. No bo ho hapfuye 200, kumunsi umwe, ejo bugaca basubira abandi, nabo bazovuga ko ari abarundi babishe?ahubwo, dusaba, abo batama baba boko halam,, na alshabab, badukorere akandi karorero, mubu birigi, nu bwongereza, na america, ndetse, bahereze kwa kagame.boba bakoze.

15 Munyonyo 2015, 09:58, par gmmm
Umuntu wese wishimira ivyago France yahuye navyo ni IKIJUJU. Mumbabarire gukoresha iri jambo. France , mujye muri Islamic state mukore agatendo, kandi ndabizi ko mutari abana!! Ntegereje kumva igikorwa nk’ ico!!
15 Munyonyo 2015, 11:02, par kkk security
ndababajw nayo maraso yabana bubufranca bazira inda ndende yababatwra iwabo ntakibazo ca mandat bamfis m ingoranbamfis zisumba izo mandat baririmba.mwibuk le 11/9/2001 hapfuy plus de 3000 muri usa .nobabara iyo barikuba baguy muri accident nayo ho ISS yabahay isomo bishima ngo bazi gucungra umutekano hollande nabe yaraguma harya mur stade nkaraba urwo avyina.komera ISS ujabukirany bekgik Allemagne na pays bas hama uherez usa ivyo bihay gusuzugura isi ngo ni race supérieure.

15 Munyonyo 2015, 12:00, par JEAN BINGWA DEMOCRATE
MBABAZA N’ABARUNDI BIBINYWAMARASO BAKINDAGA KU MUVYIMBA ABABO BABUZ ABABO.:"RURIY ABANDI RUTABIBAGIYE!"AYO MAJAMBO MUVUGA MUSA N’ABAPFUYE MUR IMIZIMA!"MPORE FRANCE MU VYEYI WACU.
15 Munyonyo 2015, 12:26, par turaje
sha nta bijuju byibirofa nkamwe kabisa hanyuma baje muburundi hopfa bangahe?
15 Munyonyo 2015, 12:53, par ERIC
Ababisha Nkabo Bariho No Mu Burundi Bariho Ariko Peter Yabahagurukiy Wewe Urindir Munurunziza Yuyumusi Yesu Atubwira Ko hari Abazozukira Kumaramara Abandi Bazukire Ubuhirwe Budahera
15 Munyonyo 2015, 14:40, par Flugence
Birababaje kwica atantumbero ndahojeje umiryango yabuze
15 Munyonyo 2015, 15:34, par Vyizigiro
Ahamwe mwandikivyo
murafise mumutwe hakora neza je nibaza ko mudakomeye
ivyomubufaransa ntibisa nivyo muburundi
Nkurunziza niwe ariko arasasikinganda muburundi none nkuwo avuga ngo basubireyo ngobice 300
Ntabwenge afise

16 Munyonyo 2015, 07:09, par Ramadhan
Muraho neza bavandimwe Babarundi? narindimo nsoma your comments ariko ntangajwe cyane gmmm wifuriza u Rwanda guterwa n’ibyihebe ibyo ntabwo bikwiriye umuntu muzima gusa nakubwirango ufite ikibazo mu mutwe wowe wifuriza abandi ibyo wowe utiyifuriza.Amahoro y’imana akomeze abane namwe
16 Munyonyo 2015, 08:21, par Maulidi Radjabu
igitelo kimwe ca islamc steti gihitana abantu ijananamingoibli ha yemwe bilagoye ababuze nimwihangane
16 Munyonyo 2015, 18:23, par john
Umuntu wese azokwipfuriza cndd fdd nabi niwe azohagwa nukuri nimurindire n,abandi muzobibona
16 Munyonyo 2015, 20:21, par Jonas
abo ba salamu baragoye.iyo mana yabo ibasaba kwica abantu ngo bayihe ibimazi nibakumbure bayihebe bakire umwami yesu nayo ahandi ho nukuja muri gehinomu bagashana nico kimana cabo baha ibimazi vyabantu bishe.
17 Munyonyo 2015, 10:46, par bigabo
Iki Gipumbafu ngo ni gmmm kifuriza Kagame ibibi bizacyokame cyonyine, kandi kimenye ko Intagondwa zidashobora kugira icyo zikora ku Rwanda! sha wa Kirezi we ngo ni gmmm intagondwa zigeze iwanyu zabamarana na ba shobuja mwibuke ibyo Al shabab yakoreye ingabo zanyu muri Somalie hanyuma wasame uvuge iwacu i Rwanda ntimutuzi sha !!
18 Munyonyo 2015, 00:31, par gibsom
nikuki eslamstetiabo nibo bagira ibitero bidashemeye kuberiki ubumwe bwiburayi butahifatira igihano