Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 1 Ndamukiza
Itarike 1 Ndamukiza
vendredi 1er Ndamukiza 2016
Igenekerezo rya 1 Ndamukiza .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1810: Napoleon I yakoze ubugeni na Marie Louise aturuka mu gihugu ca Autriche
1938: Nescafe yakozwe ubwa mbere na Max Morgenthaler
1976: Steve Wozniak et Steve Jobs batanguje sosiyete Apple
1984: Umuririmvyi Marvin Gaye yishwe n’umuvyeyi wiwe Marvin Gaye Senior.Uwo akaba yamurashe mu gihe bariko baratukana.
2001: Pays-Bas cabaye igihugu ca mbere hemewe ubugeni bw’abasangiye igitsina
2010: Inde yashizeho itegeko riha uburenganzira abana bafise imyaka iri hagati 6 na 14 kwiga ku buntu
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1948: Jimmy Cliff, umuririmvyi aturuka mu gihugu ca Jamaique
1971: Method Man, umuririmvyi wo mu mudiho wa Rap w’umunyamerika
1978: Etan Thomas, umukinyi w’umupira w’amaboko
1980: Randy Orton, umukinyi wa Catch w’umunyamerika
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1204: ALIENOR d’Aquitaine, umwamikazi wa Henry II, umwami w’ubwongereza
1205: Amaury II de Lusignan, umwami wa Yeruzalemu
1922: Charles I, umwami wa Hongrie
1984: Marvin Gaye, umuririmvyi w’umunyamerika
1998: ROZZ Williams, umwanditsi akongera akaba umuririmvyi w’umunyamerika
Ibindi
Mu bihugu bitari bike, igenekerezo rya 1 Ndamukiza ni umunsi wo gutera inkuru z’ububeshi canke zitwenza (Journee des blagues, Journee du mensonge), abandi bakawitwa umunsi w’ifi yo muri Ndamukiza (Poisson d’Avril).
Messages
1er Ndamukiza 2016, 17:56, par J LUC
MERCI
1er Ndamukiza 2016, 17:57, par J LUC
MERCI