Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 13 Nzero
Itarike 13 Nzero
vendredi 13 Nzero 2017
Igenekerezo rya 13 Nzero.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1898: Hasohoka inkuru mu kinyamakuru « L’Aurore » yiswe « J’accuse..! ». Inkuru yanditswe na Émile Zola ku vyerekeye idosiye ya Dreyfus.
- Émile Zola
1963: Muri Togo haba itembagazwa ry’ubutegetsi, umukuru w’ico gihe Sylvanus Olympio aca aragandagurwa.
- Sylvanus Olympio
1967: Gnassingbé Eyadema afata ubutegetsi muri Togo.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1906: Alexandre Popov, umuhinga w’umurusiya muri Physique.
- Alexandre Popov
1941: James Joyce, umwanditsi yamuka muri Irland.
1963: Sonny Clark, umucuraranzi w’umunyamerika.
1982: Marcel Camus, umuyinyanyuzi w’amareresi w’umufaransa.
Ibihimbazwa
Russie, Biélorussie, Géorgie, Ukraine, Serbie, Monténégro, République serbe de Bosnie, Macédoine : Umwaka mushasha kuba orthodoxe.
IGIHE