Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 31 Myandagaro
Itarike 31 Myandagaro
mercredi 31 Myandagaro 2016
Igenekerezo rya 31 Myandagaro.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1464: Haba itorwa rya papa Paul wa 2.
1962: Igihugu ca Trinité-et-Tobago kironka intahe yo kwikukira.
- Ibendera ya Trinité-et-Tobago
1991: Igihugu ca Ouzbékistan hamwe na Kirghizstan birikukira.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1948: Rudolf Schenker, umucuraranzi w’umudagi ari mu murwi «Scorpions ».
1960: Hassan Nasrallah, umunyapolitike wo muri Liban.
- Hassan Nasrallah
1970: Debbie Gibson, umunyamerika w’umuririmvyi akaba n’umwanditsi avuza inanga y’ikizungu.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1867: Charles Baudelaire, umwanditsi w’umufaransa.
- Charles Baudelaire
1997: Dodi Al-Fayed,umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamisiri.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ama “blog”.
. Kirghizistan: Umunsi mukuru wo kwibuka intahe yo kwikuki.
INGABIRE Luc-Noël