Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > Ivyahora bibitswe nk’ibanga kuri Sat B vyamenyekanye(amafoto)
Ivyahora bibitswe nk’ibanga kuri Sat B vyamenyekanye(amafoto)
samedi 7 Ruhuhuma 2015
Ivyahora bibitswe nk’ibanga kuri Sat B vyamenyekanye, hasohotse itangazo aho uwo muririmvyi yagiranye amasezerano yo gukorana na Ikoh Multiservice. Iryo tangazo ntirivuga imyaka amasezerano azomara.
- Sat B hagati y’umuhinyanyuzi Amili na Zainabu jumapili batazira Doudouce
Ishirahamwe IKOH MULTISERVICE ryatangaje ku mugaragaro ko rigiye gukorana n’umuririmvyi BIZIMANA Karume Aboubacar azwi kw’izina rya Sat B. Muri iryo tangazo, handitse ko bahora bamufasha bisanzwe bariko baramwihweza. Ikoh iravye yasanze Sat B ari umuririmvyi yitaho cane akazi kiwe, afise ico ashaka gushikako, bashaka rero kumufasha gutera imbere.
Narirya Sat B abaye umuririmvyi wa mbere ashize umukono ku masezerano yo gukorana na Ikoh, iryo shirahamwe ryemeye ko rizomufasha mw’iterambere ry’umuziki wiwe haba mu Burundi no mu makungu, ikoh izomufasha kandi gukora ibintu birashe n’ukumenyekana nk’umunyamwuga abushitse (Visibilité plus structurée, professionnelle et orientée)
Tubajije abajejwe gutanga amakuru muri IKoh, bavuga ko ayo masezerano azomara imyaka ibiri.
Umviriza ururirimbo "satura amabafle" Sat B yasohoye mu kwezi kwa Gitugutu 2014, ku masezerano na African Sound Records.
Cherif Nkeshimana
Messages
8 Ruhuhuma 2015, 20:18, par Jeanfait
Mbega SatB mwotubwira Abatari Bwumve Iryoshirahamw Icorigamije?Mbegakurijamwo Bifise Akamaro Akahe Iyutarijamw Wohomve Iki?Nzoba Ndora Ivyaw.
15 Ndamukiza 2015, 18:28, par DON_D
SAT B MAMBO VI P MUSWAZ WANGU? NAKUKUBAR USIKUBARI KUACINI YAMUIMBAJI YOYO KATIKA BURUNDIAN MUSIC B G P MAN IM DON_D
29 Mukakaro 2015, 16:46, par Nshimirimana Wilson
Niyirambire
12 Munyonyo 2015, 19:24, par alexis Ndayiragije
Sat-b twebwe abaebnz baw nub turacar inyum yaw DJ ARELy-B GOD naw ubibon gut?
20 Ntwarante 2016, 06:51, par Mutazima-pendenz
vyobavyi ako ivyashimwa.kandi biraboneka kwatera aja imbere.yogeragezarero kudate abantambwe ahubwo yoguma ari intama.mugabo mugihe cubu emwega agatimariko
4 Ndamukiza 2016, 21:12, par PEACE-LOVE
Jewe vraiment ico novuga kubijanye nu muririmvyi SAT-B nakomere kwibang natw turinyuma yiwe kandi turamwemera.
3 Nyakanga 2016, 14:22, par Moïse
Nibamufate Mumugongo Sat B Aterimbere Nkaba Pisikweya Nibindibihangang.
10 Gitugutu 2016, 16:32, par Hatungimana Narcisse
SAT_B Ndakwipfurije Kuguma Uterimbere Kuko Waratewe Iteka Ridasanzwe Muband Baririmvyi Bo M’UBURUNDI
27 Gitugutu 2016, 20:38, par aimable
sat- b komezagusenga abavuga ntibaguc integ kuko abavuga sibobatang
16 Nzero 2018, 21:44, par Niyorukundo Vincent
Wamuririmyi Wuburundi Ndagukejeje Kumwuga Wawe Wukuririmba Wob Ugeze He? Mbega Indirimbo Nshasha Umaze Gusohora Kuva Muri 2015 Nizihe? Sat B Felicitation .
7 Munyonyo 2018, 08:28, par CRISBOY’S EMMANUEL
Miye Nagupe Kwayire Nyimbo Mutoto Wamama Rita Tume Wona Misita Myingi Yagutongoza Mademu Camwisho Vumilia Nanyimbo Za Mapenzi Aya