Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Iyindi nama ku kibazo c’Uburundi yatumweko i Dar es Salam - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Iyindi nama ku kibazo c’Uburundi yatumweko i Dar es Salam

Iyindi nama ku kibazo c’Uburundi yatumweko i Dar es Salam

vendredi 3 Mukakaro 2015

Harategekanijwe iyindi nama ku kibazo c’Uburundi, kuri uyu wa 6 Mukakaro i Dar es Salam mu gihugu ca Tanzaniya.

Iyo nama yatumweko n’umukuru w’igihugu ca Tanzaniya Jakaya Kikwete, ikaba izohuza abakuru b’ibihugu vyo mu karere k’Afrika y’Ubuseruko. Abakuru b’ibihugu vyo mukarere bayitumiwemwo, bikaba bitaramenyekana ko bose bazoyitaba. Iyo nama kandi, ikaba yari yavuzwe n’umukuru w’igihugu ca Tanzaniya Jakaya Kikwete, inyuma y’inama y’inama y’ishirahamwe ry’Ubumwe bw’Afrika.

Mwomenya ko iyo nama izoba ije ikurikira izindi zimaze gutumwako ku kibazo c’Uburundi gusa.


IGIHE

Messages

  • Nyakubahwa Kikwete ntaco atakora nuko harintumva.zabarundi baca bategura cou d’etat.nibemere baje mumatora ntawundi muti.

  • REKA TURINDIRE IBIZOYIVAMWO.NI IGIKORWA C’IMANA

  • Iyonama Izoba Abatutsi Bibazako Hazovugwamwo Igabugwa Ryubutegetsi Nibatekereze Carashitse Muminwe Yabeneco.

  • on est habitué de voir ces mascarades des precidents .Mugabe l’a bien pronounce que un mandat presidentiel est comme une seule semaine. on attends de rien de CE sommet .

  • ntintumva akwiye uwumwemeza kandi narindire urujo ruri kuziko mupfe kuruta tutaramwemeza kobichoboka barya bomukinyankonge bari abana akuze turiko turitegura

  • IKIBAZO C’UBURUNDI COKURWAHO NATWE ABARUNDI NKABO BAKURU BIBINDI BIHUGU NABO BAFISE IBIBAZO VYABO NAMWE MURABIZI( UWUDAHWA NTAFATA UWUCIBWAMWO).

  • ntawuzi ko perezida nkurunziza ko azojayo! umengo aratinya kwicarana na bagenzi we!reka turindire ntako abandi bakuru b’ibihugu batagira

  • Imana Idufashe Cane Nukuri Abobakuru B’ibihugu Bafatiringingo Nkurunziza Kuko Raba Ukuntu Yansibiganiro,agaya ONU,n’ayandi Makungu. None Yishimiyiki????

  • les faiblesses politiques se fondent toujours sur l’éthynisme!!

  • @hamisi mbe kuba ufise izuru rinini n ubugufi nk ibutura iyo ugiye muri bank wereka izuru bakaguha amahera erega kuba ufite ibizuru binini ntuhema gusumba abandi sha ubice ubamare hoho si nubuhutu nabonye witwa hamisi menga n ikibombe uzihambirako nka bandi bene wanyu bagisibije isi yose gusa uze utege intoki urye ikivuye mu zuru jyawe uzasanga kibishe niho uzatahura ko rinini n irito ataco bivuze con

  • NASHAKA KUBWIRA ACNYEPORITIKE BAREKEKUDUTA MUNGORANE BAREKE MANDAYAGATATU AHE ABANDIBARYE

  • Emwe, ntawoshoka yizigira ko hari ingingo izovayo ifasha Uburundi kwogorora, turavye ingene iza mbere zagenze. Kukaba nkako, muri abo bakuru b’ibihugu harimwo abariko barondera ibiringo vya 3 nka mugenzi wabo Peter. None wumva bokwisesera agatabi? Tubitege amaso.

  • Alain nyamitwe nabandanye aserukira mutama.Ndasavye Pita ntaze ave impande ya abanyagihugu gushika umwaka uheze.

  • Jew ntaco mbona izoshikako mugihe yamaze gushima amatora yabaye mumanyanga angana ukurihano vyarabananiye nibareke kudusamaza nabana buburundi bariko bicwa na police

  • harya Imana irahora ihoze kandi yishurra igihe iki nicagihe cukwishurwa.muriyo nama niho inyishu iri mubihanze uburundi.

  • Nkurunziza Yajayo Atojayo Biramuraba Amasengesho Niyo Azomusegesha.Aracakiza Iki?Ntabuti Bigifitaniye Na Barundi Babufitira Niye Ni Mbonerakure.Abantu Bahez Yemwe Imiryongo Isinzi Iri Mukigandaro Ikibiri Agatho<turamusavye Ashireho Compt Nuworonka Icamuterera Kugira Uburundi.Bushobore Kuva Mubihe Burimwo Gishobore Kumushikira.Ok Turahojej Imiryango Iriko Yicwa.>

  • ico mbona nuko muburund tworeka kuryana kuko turi bamwe hama ibisigaye nimana dushize imbere birashika inama ikavamwo amahoro twiteze amahoro mu burundi canke gupfa kuburundi

  • uko nugusamaza abantu kuko amanana nkayo atakiyavamwo ntakamaro kayo.kand ndaziko nkuru atagerayo kuko akagayo abagaya ndamwemera kuko muramutinya vyaraseko mufata ingingo

  • NIBAGERAGEZE BAFATE INGINGO ZOTABARA ABARUNDI BATOBATA KUK NIBO BAZOPFA KUBERA INTWARO MBI YA PETER YO KWICA ABO BITAVUGA RUMWE NO GUHINDURA AMATEGEKO

  • ni vyiza ko bakorana kugire babone ko amatora yabaye kandi yagenze neza kandi abanyagihugu benshi bashigikiye nkurunziza petero.

  • ivyo mu bu rundi ni hatari. ngira ngo azohava atajayo ubona ko nawe nyene agayana nk’imbonerakunya n’abagumyabondo biwe!

  • nkurunziza aragende niho azomeoya kabiwe bamukunda gusa arasubije igihugu mukaga pe ndabana uburundi buzoronka amahoro harinze guseseka amaraso nankurunziza nawe atumvise impanuro nayiwe yomeneka nimutabare nyabune.

  • nkurunziza aragende niho azomeoya kabiwe bamukunda gusa arasubije igihugu mukaga pe ndabana uburundi buzoronka amahoro harinze guseseka amaraso nankurunziza nawe atumvise impanuro nayiwe yomeneka nimutabare nyabune.

  • Yemwe Nibakorane.Ariko Ntaneza.Ntegereje.Kuribo.Kuko.Aba.President.Ba.Afrik Bapfuye.Rumwe.Bose.Ni.Nka.Nkurumbi.Yemw Dsgj Gfkma Tgsnga Nayandi C.Est L.Enfer Pour Le Burundi.

  • Mb wew wiyita rwembe urashobora kwifatira umukuru wigikugu nabagumya banga uri mur bwabwoko bwa pacific na leonc batubaha inzego ndagushimiy wew wiyis nduwimana washikirij ivyiyumir vyiza nibakoran bavug ko amatora yagenz neza

  • mugbo uburundi ntakibazo gisumbije ibindi bihungu harakwiye kuvugwa nibindi bihugu.

  • Nkurunziza Nareke Kwiriza Abo bategetsi Mugahinga Ntihagire Nuhura Nisanganya. Kuko Ivyiwe Vyaramekanye!?

  • ndizeye kobazoshika kunyishu yukuri

  • Ahubwo wewe witwa Kelly nkubaze. Ko uvuga abo Wemera nabo ugayira ivyiyumviro bashikirije, Ico sico cishe igihugu. Mwe mugomba utera amashurwe kuvyo mugomba gusa. Humura nkurunziza igihe ciwe nikigera Imana izihesha icubahiro. Izerekana ko ari Imana ya Isilayeli. Hanyuma sinzi ko wubatse ou pas. Nimba utarubaka nkwifurije kurushinga muvyare mube amahoro. Uzoca ubona ukuntu bibabaje kwicirwa abana, gupfakara, guhunga,... Ariko unyumve sinipfuza ikibi kizokubaho. Gusa uzoca ugereranya uko bisa. Rero ntiwongere guhayagiza nkurunziza ngo amatora yagenze neza kandi muri mwebwe mumushigikira muzi ko muriyo mukora munkovu abantu benshi. kuko numuntu nkabandi, ararwara, azosaza, azopfa... nta etape numwe azosimba.

  • Ibyiza nuko Nkurunziza atajyayo kuko abanyagihugu urubanza bagomba kurwicira babinyujije mumatora. None nine wamugira inama? Kagame se (umwicanyi kabutindi), Museveni se (chef wa empire hima), Kenyata se (wishe abantu 30.000). Umuntu w’umugabo uzaba ahari ni Nkurunziza na Kikwete. Niyo mpamvu yagombye kwihorera iyo nama kuko irimo ingona nyinshi

  • Ewe Rwembe sha!warabtye cane uranryohra n’imbonerakunya gusa!ariko sha inumir n’abo bava amaraso

  • NTAZOJEYO NYENICUBAHIRO. AMATORA YAGENZE NEZA CANE. KUKO NTIBIKENEWE KO AJAYO. SAWA OK.

  • AGENDAGUKORA IKI TANZANIA TWARAMAJEGUCA URUBANJA TURINDIYEYUKO NYAKWUBAHWA NKTURUNZIZA ASIKIRA UBUTEGETSI NAYO VITARI NAHENDWE NA,KAGAME SUMUTUTSIMWENEWABO UBUTEGETSI NIKUREKO AMABOKO TWARABUSIKIYE

  • @ gjjrr, ndagerageje gusubirinyuma nisunze ivyuvuze kuwitwa Hamisi nsanze ivyuvuze atanahamwe bihuruye nivyoyavuze, umva uvuze ivyamazuru Hamis ntavyoyavuze, uvuze ngwareha nikabutura Hamis ntavyoyavuze, uvuze ivyokwikorera amabombe Hamis nyavyamabombe yavuze. Jewe rero ndikondibazanti: Izinaryumuntu rirashobora gusigurako ariryogutwara amabombe? Canke imvugoyumuntu urashobora kucuyita uwufise amazurumanini? Canke iciyumviro cumuntu kirashobora kukwereka kwarimugufi. Hanyuma nizereko ivyobiyago bizobera I Dar Sslaaam bazovugamwo kwitegurira amatoraneza yomiyibdimyaka 5 twimirije 2020 ntihazogire abarekakujamumatora nkaya turikoturarangiza umwanyawabaheranye bagikeneye ibiganiro.

  • haruwabasavye ngo bakorane?museveni agomba gupfira k butegetsi,kenyetta yashikiye ubutegetsi amaze abantu!nubu dossier yaratanze ruswa i la Haye!kikwete ntashak kumva icitwa umututsi m karere,mushaka urukiza kurabo!bagiye kwinywera ni kurya gusa!!natwe twirirwe guhamba k mpanda!!

  • Reka izonama zikogwe hama nizo zizomucira urubanza irahe.

  • @rwembe
    Imbonerakunya,zikunya mu kanwa ukamira.

  • Ni barek kwigora kukibazo c’uburundi kuko abanyagihugu b’uburundi turiko turavyikorera mukumuhunda amajwi

  • REKA TURINDIRE BURYA BABAKURU BIBIHUGU SIBIJUJU IGITUMA BAGUMA BATUMA KWINAMA NUKWO BABONA BITIPANZE NEZA MUBURUNDI KANDI NDIBO NOFATIRIBIHANO PITA KUKO ARAGAYANA CAANE KANDI BURYA AKATARAZA KARIMUNYUMA UGUKIRA KURASHOBORA KUVA MUMAKUNGU

  • UYO WESE YITWAZA IVYO VYAMA EMPIRE HIMA ARABESHA MBE BURYA AHO MWAKADUHENDEYE NTIMURARAHAGANANI? MBE MWIHENDAYUKO UYUMUSI ARINDE MUZOSUBIRAGUHENDESHA IVYAMOKO? JEWE NDI UMU DEMOCRATE KANDI NZOKWAMA NDAYIGWANIRA UKURI KWAMYE NTAWUZOSUBIRA KUDUHENDESHA IVYAMACAKUBIRI KUKO BOSE BAVYITWAZA KUGIRA BASHIKIRE UBUTEGETSI MBE WAKIJUJUWE WIVUGISHA NGWIVYA EMPIRE HIMA BURYA ARYA MA MILLIARDS PETER YASAHUYE AZOGUHAKO? IYUZAKUBA WARAGIYE KW’ISHURE NTIWOKABAYE UKIROPOKA UBUJUJU NKUBWO HAMA BARYA BATEGETSI NABO BAKORANYE NA PETER BAMAZE IMISI BAMUHUNGA KUBERUMUTWE WIWE UGUMYE UDAHANURWA SI ABAHUTU WAKIJUJUWE? WIHENDAYUKO UBASUMVYA AMASHURE CANKE UBASUMVYA KUBUMUHUTU? KO BAMUHUNZE KUBERUBWICANYI BWIWE NUKUGOMBA GUCINYIZA ABARUNDI UTI RERO NGO KURI NDADAYE NTAMAKUNGU YATABAYE URI IKIRWARUDUBI BASI BURYA IYO FDD MWE HARI NA ZONE MWARIKUZOGENDA MUFASHE IYO AMAKUNGU ATARI GUHAGURUKA NGO ABATABARE OK NATWE BUCA DUFATA INKOHO KANDI TWE TUBATSINDA MUKANYA ISASE!

  • Iyo n’imitwe!!!! Bashaka guhirika ubutegetsi....turasavye nyene icubahire Petero Nkurunziza ntaze ahirahire kujayo.

  • Izo nama zidahera ku burundi ni iziki,peter ntagende turamukeneye i burundi,abo bose nabaturirako amafaranga ya za missions ngo hari ico bariko baradufasha,nka kenya yo nikumbure icunge aba al chabab nayo imyungu ya rwa ruyuzi yuzuye iwe kandi azoteba atahura ivyo turimwo,abo bose bashaka ingorane ntizive mu nzira bame mu ndege ngo bariko baradufasha,baryama mu ma suites meza meza la majorité batazi nicabajanye nka kirya gitama museveni kiba kiriko cisinzirira kiba kiroye mu biki?Tubandanye twikorere ivyacu bazotubwire ivyo bavuganye bareke kudusamaza.Abadukunda barazi aho ukuri kuri ,baraziko iyi ari mandat ya kabiri peter azoba atowe n’abanyagihugu mugabo barakeneye kurya bo,bashima kubigashisha bibaza ngo ntitubona ivyo barimwo,vyabananiye batureke tuvyimarire uko vyagenze 93 à2005 ,murabona

  • Peter Aze Yigor Ayitabe Kuk Atayitavy Bazohav Bamufatira Ibihano Atahari Ngo Apfume Asaba Nikigongwe Kumabi Yakoze

  • ICO MUZIGA COSE NTIMUZE MUSUBRE GUTAHA MUDATOYE INYISHU YIKIBAZO C’ABARNDI

  • YEMWEEEGAYE! BARAPFA GUHANURA BARABE MUGA SINZIKO AZOGENDA ABITAVYO! MBONA BIKAZE UMUNT NUKUZ ARASENG ASENGER UBURUNDI

  • Yampayinka emwe nukugaba

  • Yampayinka emwe nukugaba

  • Nyakubahwa peter dukunda ntuzojeyo turakwihanangirize iyo nama murayireka ibere iburundi.kandi ntushire mwivyo guteta.uzi kuhevye abarundi benshi tukwizigiye uragenda.

  • Nashukuru Sana Mweshimiwa Laisi President Kikwete Juu President Huyu Anapepe Kutusaidia Kwa Wingi.

  • nyakubahwa président imitwe bakoze le 13 mai ntanumwe atiyibony ndabasavy ntimujeyo . mwese mubitegura amase yakera ntakihoma urutaro ubu turimaso ; tugire urunani.

  • nyakubahwa président imitwe bakoze le 13 mai ntanumwe atiyibony ndabasavy ntimujeyo . mwese mubitegura amase yakera ntakihoma urutaro ubu turimaso ; tugire urunani.

  • Nkurunziza ntabwo ari umutesi . Abatutsi mwishe Ndadaye. Nyuma mwica Habyara na Ntaryamira. None murashaka amaraso ya Nkurunziza.
    Nkurunziza yatumw
    n’Imana kuyobora
    uburundi.

    Abamurwanya ni ingabo za Satan zamenyereye kunywa amaraso y’

  • ewe wa muntu wiyita Étienne ngo mumuhunda amajwi sayoo mwiba mwarahinyutse Imana tooo ntikina izobagaragaza vuba MB muri CDD mwes muri ibirofa? mwarabuze uwundi mushingantah mwohashira mukibanza cumukuru wigihugu mutabay murarenga amasezerano yiyarusha ewe bijuju bitamenya namategeko lmana yari yabahaye none bibananiy gucontrola mwopfuy mudya niyo musiga umutima wubukoko mwishamba

  • ewe wa muntu wiyita Étienne ngo mumuhunda amajwi sayoo mwiba mwarahinyutse Imana tooo ntikina izobagaragaza vuba MB muri CDD mwes muri ibirofa? mwarabuze uwundi mushingantah mwohashira mukibanza cumukuru wigihugu mutabay murarenga amasezerano yiyarusha ewe bijuju bitamenya namategeko lmana yari yabahaye none bibananiy gucontrola mwopfuy mudya niyo musiga umutima wubukoko mwishamba

  • pita uchunge vizuri hapo waasi wanataka kupiga nyingine cou d etant

  • pita uchunge vizuri hapo waasi wanataka kupiga nyingine cou d etant

  • pita uchunge vizuri hapo waasi wanataka kupiga nyingine cou d etant usije uga hudhulia hapo waliisha andaa mapnduzi tena!!

  • Ibibazo vy’uburundi vyari vyitoshe gutorera umuti iyaba ata yandi manyanga ari inyuma yavyo. Niko vyamye kuva uburundi bwikukira. Ni bagetageze tuzoba tureba dayiwe!

  • Izo nama zama zabaye ata ngingo ifadika ziri bufate canke naho zoyifata atakwo mbona iheza ngo ije mungiro simbona igituma ziguma zitumwako. Ni babe bafata ingingo bongere berekane ishirwa mu ngiro ryazo.

  • Emwe Ivyuburundi Gerageza Tubirabe

  • Dusabe Imana iyo nama izovemwo ikintu kizima. Amahoro turayakeneye

  • Eeh! Ahonimwumva rro,wosanga abo benewacu baserukira ibihugu vyabo muri EAC bumvise amajamba yabatamukeney Nkurunziza.baribujeko abeshi arabamurwnya.bazoze mugabo ntihagire ahobahengnira.please bumvirize impande zose.hama bagire icobashikiriza gikwiye.kko bo ndabona atavyiza bashakira igihugu n’abanyagihugu.

  • nibabe barahura banywe amashampanye nayo ivyawu uworaho arabibona ntawuhungira imvura muvo.

  • Nyakubahwa-nanje nti:nuragabe vrm.kko iyonama siya amahoro kuriwew canke kubarundi.mugabo gusa nti;imana yonyene niyovyose.simamo mwirijoro nyene niroteye bakubita indi cou det. Kandi nguwari uyirongoye ninwazangabo mugisirikare,hamwa na1ere vice president.uragabe nukuri.

  • Ahaa! Mana yanje mbivuga ngotera iyosema! Ntunyumvir imana ijimber uburundi nabarundi ubuhoho.nibara.irijor nabirose ayahagaraye kigabo kudeta yanyuma. Amaso yanje yomumpempu.yanyeretseko. uwar kurutonde 1er vice president nu mwe munmwaaza ngbo zigisoda. Ngobicaye kur RTNB.basha ahanje nti; mana grukira uburundi nabarundi.

  • EW BURUNDI BWACU!!AYO MANAMA YARI MURI GAHUNDA YUYUMWAKA?ABARUNDI DUFITIMANA.

  • @Rose
    Ntiwirate,kugira ubwo butegetsi ububune ndabona ko bugushinze,kugira uburonke c’est ton tour yo kuja mw’ishamba,ariko ww ntuzovayo uzopfirayo donc ntuzopfa utwaye.Ikindi ,iyi ni mandat ya kabiri yemejwe na cour constitutionnelle,ayifise ko droit rero nta wundi mu candidat akenewe.Amajwi nayo si agaseseshwa rumuri cnddfdd ntikeneye kwiba amajwi,nta concurrence yigeze igira kandi ntayo izogira

  • Ngo Imana Niyo Yamutumye?Ewe Vyuburundi!!Murantohoreze Mwumve Iyo Mana Iyari Yo!!! Iyo Tuzi Ntiyokwemera Ko Baguma Bica Inzirakarengane!

  • Ewe nyakubahwa dukunda turagusavye dushimitse ntuzokandagireyo urapfuma utuma Nyamitwe cank Eduard iyo n’imitw bariko barakina abarundi turimaso

  • Yampayinka Mucunge Siri Ntagende

  • izo nama nizo zatumy abarundi twijajara ngo turafis abazomugondoza. kumb ntitwamenya kwari uduswi kuri, baramutinya pe sindababesha

  • Ntagishasha tuyitezemwo kuko n ingingo zose zafatiwe muzindi zabaye ntacavuyemwo kiretse ni bafata ibihano kuruwu mugabo peter hama bakarungika inteko ziza gusuzuma ibigwanisho vyatanzwe benugukingira agateka kamuntu.

  • Burya Abarundi Turacumura Ntitumya. Mbega Harumwami Yigez Abura Abamuvumereza? Canke Akabura Abamuvuma? Ariko Igihe Kigeze Uwariwewe Arakukuruka. Kandi Burya Sivyiza Kwandika Dutukana,kuko Twese Turavukana. Mbega Iyo Tuvuga Imana Tuyiha Ikibanza Ikihe? Uwusenga Mukuri Azishurwa!Ukaba Uhenda Imana Nahonyene Uzobona Ibara! Senga Hama Umukama Atange Igisubizo!

  • Nawe Wiyita Ros Ahubwo Niwewe Urigipfamutima Neniwewe Udutorera Uwuturongora? Canke Wewe Wakijujuwe Amasezerano Yiyarusha Urayazi Neza? Tweturabantu Babagabo Ntuzoze Uratughaya Kuko Wew Ntateramber Uzopfuzanyue Muburundi Hora Abarundi Bumutima Turabiona

  • abakuru b’ibihugu bo mri EAC twarumvis aho bahagaz!nibarke gusamaza abarundi!

  • Aha Kwisi Ntamunt-arengey Amategeko

  • Turagmbo k bomuhanra akav ku butegets akabis aband kk ah atugez sivyz nabis aband .

  • IMANA IKWIYE KWIBUKA UBURUNDI ABASENGA TUGUME KUMAVI,MUGABO URUGO RUGUMAMWO IMPANURO RWAMA RUGIRA INGORANE.

  • Nukuri Uwoyanka Bazoc Bamuhana Bikwiy

  • burya none iyo nama bahava bayitaba! ndafisamakenga .Imana Idutabare.

  • Nimba Mukeneye Guhindura Ubutegetsi Ntimuriye Twamutoye 100% Muragowe Tubacamwo Twirenganira

  • Nyakubahwa niyitabe bamuhe impanuro,abarundi baronke amahoro,bararushe.

  • ko izo nama zabaye ivyavuyemwo bitashizwe mungiro iyo yo hari icizere cuko ibivamwo bishirwa mungiro?Reka tubirindire.

  • Yaba imana yotabaye igihugu c’uburundi.

  • Is this promising something new or hopeful, I think no it is just a meeting.

  • Undi mu General muntwaza miheto zuburund’ ahejeje kwemeza k’ ahasigaye batanguye gutegur’intambara mukugondoza nkurunziza. nkuko bivugwa kuri wwww.afrototality24.com. ngo muminsi yavuba hagomba hatangur’intambara kandi. S’amahoro twaronderewe na Mandela barahaze none bagire batangure kuyakina ruhago. Peter, niyombare hamwe nabandi bansi buburundi ibyanyu bizorangira nabi.

  • Arabiz sha ntiyohrahra ngo agnde aca yibaz ko atogaru,ariko IMANA niyo nkuru

  • okie kuduteye ubwoba ngoturagow.wanka kugarura impene ikirihafi yamarakurenga ukabinkay kandi agasazi kintahanu kahiy abagabo babona

  • Mutama wacu urambona intama uragiye zaheze zipfa raba ukingire izisigaye kuko wewe niwe muragizi wazo?

  • Araraba Ntagende Nibamusubire Irigira Kabiri

  • Umvikana Mukize Abarundi N’ubundi Vyongeye Nintwari Niryambere Kuwutowe N’abanyagihugu Amara Ikiringo !Nivyo Mubirabe?Ok

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.