IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Iyindi nama ku mutekano w’Uburundi

Iyindi nama ku mutekano w’Uburundi

mercredi 10 Ruheshi 2015

Mu nama igira iya 25 y’ishirahamwe ry’Ubumwe bw’Afrika, umutekano muri Afrika uzovugwako, na cane cane uw’Uburundi na Sudani y’Epfo.

Muri iyo nama yatanguye kuri uyu w’Imana irimwo bamwe mu bahinga mw’ishirahamwe ry’Ubumwe bw’Afrika, izokurikirwa n’inama y’abashikiranganji, iyo nayo ikazobera mu gihugu c’Afrika y’Epfo co kimwe n’iy’abakuru b’ibihugu. Icegera c’umukuru w’umurwi w’ubumwe bw’Afrika , Erastus Mwencha akaba yavuze ko bimwe mu bizihwezwa muri iyo nama, harimwo ubutunzi bw’Afrika, amahoro, umutekano, iterambere n’ubukene. Ariko rero nk’uko , Erastus Mwencha abandanya abivuga, abazitabira iyo nama, bazorabira hamwe N’Ikibazo c’umutekano mu Burundi hamwe na Sudani y’Epfo.

Inama ku mutekano w’Uburundi rero, zikaba zarwiriye kuva aho umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza agenewe n’umugambwe wiwe CNDD FDD, kugira aze awuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu, imyiyerekano ica iratangura mu gisagara ca Bujumbura, no muri zimwe mu ntara zo hagati mu gihugu.


IGIHE

Messages

  • Nibagerageze. baravuga ntibavura. bovuga,boreka, igihano c’Imana yateguriye uburundi ntigisiba. n’abo bizingira ku butegetsi nobahanura kyrekura bagasenga bakiyeza co kimwe n’ababuharanira . si uwuburiko,ntaho azobirira. Ico umuntu yorwanya, ni ugupfa nabi.

  • Mumanama bazogira nibige kukibazo ca manda yagatatu.ntakindi giteye umutekano muke atarico.kitahavuye bizoguma bigorana!nkatwebwe turajwe ishinga nibiriko bibera muburundi birateye isoni.IMANA yonyene niyo izodutabara!

  • Izo nama mwama mwakoze ntakintu nakimwe kivamo muvyo abarundi baharanira hama ngo inama, ninde yamugenye kwitoza ko bose bamusizeho kugira bikingire burya wogenda muri cndd fdd ntanibice 30% bimwemera yemerwa nabarya bafashanya Kwica no Kwiba ntabandi. Abavyemera nabo nibabandi usanga atavyemeye aca arara munkono y’umwijima.

  • EMWE ABO BANYAMAHANGA BARARONSE AKAZI NONE AHO MUBURUNDI BATARI BWAGUMUKE BAKORIKI?

  • Izo nama nta na kimwe zimaze kuko nta na rimwe bazigira baravye ingorane nyamukuru. Baguma basiyona Africa ngo bagiye mu manama. Ikibazo c’uburundi muri iyi minsi nticari gikwiye kuvangwa n’ibibazo vy’iterambere ry’ibindi bihugu. Conyene kirakwiye kugirwa ko inama batabishoboye ejo ntibazoze gusesa amosozi y’ingona ngo ntitwabimenye

  • Namwe Murigora Yabamwabona Igiteye Umutekanomuke Muburundi Ntanama Nyinshi Mwokwirirwamuragira Gutinya Kuvugukuri Nicokizotuma Abarundi Bagumabahunga ,nkurunziza Nareke Kwitoza ,CENI Bayikure Batore Bose Uwobashaka Niba Wamukwe Wuburundi Aguma abahenda Uburundi Bwaronse Umuhinga Wokwiba

  • Imana isumba ingabo.kndi Imana niyo izovga ijmbo ryanyuma

  • Kubijany Nuburundi,ahobigerey Nakamaramaz.

  • Umusi umwe umwana yakoze ikosha noneho umu mama wiwe aramuhana noneho wamwana acararira umwanya utarimito ariko yagezigihe atangura kurira gakegake, maze hazakuza isewiwe noneho uwosewuwo mwana ashika abwira umugore wiwe ngo: Ninde yandirije umwana? Wamwana amazekwumva uko sewiwe avuze acarongeza mukurira! Nukuberiki uwomwana yaciyariracane? Nukoyariyumviseko sewiwe imvugoyiwe yerekanako asanuwubabajwe nuwarijije umwanswiwe umwana nikwoguhitamwo kucayongeza kuriracane muntumbero yogushakako papa wiwe yokomeza kubabazwa nuwarijije umwanawiwe maze amerere nabi umufasha wiwe nukuvuga amerere nabi mama wuwo mwananyene. None icociyumviro kitwigisha iki? Nkabarundi kitwigishako uwomu papa ntiyarikwiye kuzavugango nindeyandirije umwana, ahubwo yarikuvuganyo wamwanawe ingo unsigurire ingituma uriko urarira. Twebwe rero abarundi tugiraguti tukumva abantu ahokudifasha kugira imigumuko iveho bakazabavugango ’ ninde ariko arabuza ababantu kwigaragamvya? Bamwebigaragamvya bakacabivayo kukobumvise ijwiribashigikira muguturira abantu bakivayo, muguturira amamodoka bakivayo mukwigara nogusenyagura ibiraro bakivayo, mugutirira amapine bakivayo, etc, ucawumvako abaribakwiye kujahagati haraho usanga bagize uruhara mubagumutse kuburyo batazi. Ikibazo ciburundirero kiroroshe cane kuko nukuvugagusako abajejwe kwubahiriza ibwirizwashingiro ryigihugu icaricocose barinze baserura ijambo rijanye nibwirizwashingiro ryigihugu cabo kwatawundimuntu yaba uwomugihugu cankehanzeyaco abavangira. Ariko murabonako hariho ababanje kubabararetse kubivuga kandi amaherezo arikwobazobivuga canke barahejeje kubivuga murabona kwataricobibandaho nkuko abagumutsi bakunze kucibandako. Ivyizarero cukubivuga nuko bicabikuraho urujijo rwokuguma bivugusha ivyikiringo kandi arukujijishabamwe kugirabatonke ababafasha gushitsa iyindimigambiyabo itazonagirira akamaro abobose birirwa barasemerera ngo ibiringo! Akarorero nkumugambi wa EMPIRE HIMA niwonyamukuru uharanirwa ariko bakivugisha ivyibiringo kugirabaronke ibirwarudubi bibashigikira arivyishi. Ariko ngaha Burundi bizobangora ubonako abahutu, abatutsi, nabwatwa beshi bamazekurahira kuwuzobazanawo iryane zishingiye kucaricocose bazomurwanya bivuye inyuma barihamwe, uburorero bwiza nukuntu abasirikare barwanije umwansi Cibitoke, hamwe nukuntu barwanije abari bihaye gutera kudeta biryabikorwavyose vyiza vyakozwe nayomokoyose yabarundi nababwiye.

  • nukuri ntabwumwe bwa africa buriho ibintu bito nkibi bibananire gucurubaza nibareke kutubesha ntabashinkantahe bariho

  • kutifuza gusubira kwishu
    ri kwabamwe bamwe ninyu
    ngu kuri bamwe kuberako.
    abandi batwawe gukoresh
    wa mumyiyerekano yibuju
    mbura bahembwamahera.
    kubwimpamvu za politiki,
    mubakorimyiyerekano,
    harimo abafite imyenda
    nibindi byigiporisi kugira
    ngo ibyo bakora bihite bi
    shinzwa reta!nabyo mubi
    rebe, kuruhande rwabahu
    nze, kudeta yariyateguwe,
    abayiteguye babanje guhu
    ngisha imiryango yabo ma
    ze nyuma bamaze gushika
    mubuhungiro bahita batan
    garizwa ngo kudeta iraba
    ye,barishimye,mukandi ka
    ndi kanya bakubiswe nink
    uba bamaze kubwira ngo
    byanze, bahita bavugana
    ngo,duteramananiza reta,
    kugirango turebe ko twa
    za bona uko twakorindi,
    abo banyemigambwe nind
    yandya nanubu ninacyo
    gituma bamwe badashaka
    guhunguka,ngobatahe,nina
    cyo gitumabanyeporitiki b
    agirwa inama bakanka,
    mumenye imigambi yabo b
    afite,bamwe bahunze ibyo
    babwiwe, bari biteguye
    ingaruka zakudeta,ninayo
    migambi bafite nanubu,

  • Nawe Muz6umeko Murukan ire abibona kandi umunwa kuko yaturambiye

  • Nawe Muz6umeko Murukan ire abibona kandi umunwa kuko yaturambiye

  • Nawe Muzomutumeko Murukan ire abibona kandi nti muzorye umunwa kuko yaturambiye

  • Iyiyo ntanguvu nankey ntakizovamwo

  • Burya rero tureke ibintu vyoguterana amajambo, ahubwo ko Peter abandika benshi bavuga ngo abantu benshi bararushe, nibaze rero bamutsindire mu matora.Ariko ndababwiye burya bokwidogeye abagiye i Arusha bakemera koumuntu wese yitorera kuko tukiri muri systeme,une personne une voix,bazokwama bahunze kuko hari bamwe bazorinda bapfa batagiye kubutegetsi.Ingorane burya dufise sivyibiringo, nukwanka gutwagwa tout simplement.Nimba kuvyukuri abadashaka peter ari benshi kuki baataza ngo babigaragaze mu matora. Hama hariho abakokeza ivyintambara nibindi.Erega intambara ibaye yononera twese,naduke umuntu afise akabura aho aturira.
    Ntamakungu twitezeko ubukiriro kuko nabo bafise ingorane zabo.Ntabanyamerika bazoduterera inyishu, nibabanze bagende bazitore muri Irak nahandi, za Somalie,Syrie,Soudan,.........

  • Non muri cndd fdd ntawundi muntu bafise atari pita,kuko ivyo mwa ba dd mwanka nivyo bizobabako,la voix du peuple c,est la voix de Dieu.amaraso mwasheshe nubu abandanya atakamba imber z,Imana,mwishe uwo mwari gukingira,uwicishij inkota naw ninkota; abo banyamahanga nabo nabatutsi?koffi anan,,Louis michel,....bari arusha.intwaro ya gahotoro niyo abarundi banse,aba dd mwibuk ko uburundi mwabusanzeho kndi muzobusiga uko buri.ayo mahera mwasahuy yoyo,aho ubujuju bwanyu buri muyatwara mubanzungu,haguteza imbere igihugu canyu.Imana yoyo Igiy guca urubanza rwayo

  • nonesiweyabigize,kubwanjejewendibanikimunindomubwirako.vako

  • Twiteko hazovamwo vyiza kugihugu cacu

  • Nibagejerajeze Bahanure Ariko Petero Nkurunziza Ntiyumva Akamo Kabahanuzi.

  • NIBAREKE TUJEMUMATORA,NIHOHARI INYISHU NZIZA.

  • Ntidutinya kuja mumatora ababyanga ntibarikukira niyazocurubanza abarimwbarabara bobireka kunezayab o batumvirije ababahenda bimatiye hejuru

  • yemwe. muzemurafata abarundi mumugongo mugabo mudashizinyuma ikiringo cagatatu kuko abagikeneye imitimayabo umenga iteyemwamabuye nahoworarurahonda ntibumva yemwe yemwe baprezida ba afrika ivyobiringo bitatu mubireke kuko ntawevyereye murimwembwee

  • Wewe wiyisekazungu burya urabonako haramatora? Onu nuburayi bavuzeko ukomuteguranabi kwose mutumvikanye napasifique na mwarabu ariwebitarwasa na gakwavu ariwereonsi ntimurica ibizoyavamwo ngontibazoyemera murekerero kwiremeshaaa kandukomuyategura umzungu arababona

  • wwe wiyisekazungu burya urabonakoharamatora? onu nuburay bavuzeko mutumvikanye namutamambonimpa napasifique namwarabu ariwerwasa nagakwavu ariweleonsi mutabikozuko ntagashoboka ukomuyateguranabi kwose ibizoyavamwo ngo ntibizemerwa rero murekekwiremeshaaa umuzungu arababona.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.