Accueil > Amakuru > u Burundi > Iyinjira ku bwinshi ry’abigeme mu gisirikare ni agateka ku Burundi
Iyinjira ku bwinshi ry’abigeme mu gisirikare ni agateka ku Burundi
vendredi 10 Ndamukiza 2015, par
Iyinjira ku bwinshi ry’abigeme mu nzego za gisikirikare ni agateka ku gihugu ndetse no kw’isi yose, nk’uko vyashikirijwe n’uwuserukira igihugu c’Ubuhorande mu Burundi.
Mu ntumbero yo gushigikira abakenyezi kugira binjire ku bwinshi mu nzego za gisirikare, Uburundi bufashijwe n’Igihugu c’Ubuhorande caronkeje ishure rya gisirikare (ISCAM) inyubakwa izokwakira abigeme binjira muri iryo shure.
Mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2015, umupfasoni w’Umukuru w’igihugu, Denise Bucumi Nkurunziza, ari kumwe n’Umushikiranganji wo kwivuna abansi n’uwuserukira igihugu c’Ubuhorande mu Burundi, buguruye icese inyubakwa izokwakira abigeme binjira mw’ishure ry’intwazangabo (ISCAM).
Abagiye barafata amajambo bose, bashimiye Uburundi n’igihugu c’Ubuhorande ku kungene badahengeshanya gushigikira igisirikare c’Uburundi, na cane cane iyinjira ku bwinshi ry’igitsinagore.
Iyo nyubakwa ikaba yubatswe ku mfashanyo y’igihugu c’Ubuhorande, ikaba izoshobora kwakira abigeme bangana 104 bazoba baje kwiga mw’ishure ISCAM, ndetse n’izindi ntwazangabo z’abakenyezi bazoba baje mu rugendo rw’akazi mu Burundi.
Nk’uko vyashikirijwe n’Umushikiranganji w’ukwivuna abansi, General Major Potien Gaciyubwenge, iyo nyubakwa ikaba yatwaye uburyo bungana 998.123.000 mu mafaranga y’amarundi, ikaba izoshobora kwakira abigeme bangana 104.
Alida Sabiteka
Messages
10 Ndamukiza 2015, 17:13, par vuganeza
Murahimbaye mwa bapfasoni mwe,ariko ababijejwe ntimwibagire50 /50 naho ari injustice ya Arusha pfa gufata nutwo mutugumeko!!!
10 Ndamukiza 2015, 18:01, par tubarimwo
izi ni imbonerakere gusa, zahawe impuzu z’akazi kuko imyimenyerezo yoyo zayihejeje umwaka uheze, mbere mwaratinze kubambika impuzu officierement.
10 Ndamukiza 2015, 18:36, par vuganeza
Naho zoba ari imbonerakure ntaho zimiriwe ziri mu gihugu cazo!komera bene burundi!
10 Ndamukiza 2015, 19:01, par Nuwera
Eka barahimbaye nukuru; nanje iyomba nkiroreka nokwigiriye mugi sirikare cu Burundi niconbona gikoneje gutera iteka igihugu nabarundi kw’Isi yose agashara gahabwa abasirukare ntigapfa ubusa, hanyuma hagakurikira abarimu nabaganga, abobantu barimumwanya wambere ariko abasirikare bu Burindi nintashikirwa nukuri. Nayo gufatikanya nabanye pokitike bi Burundi ntakigenda nabo kugumura abenegihugu gusa. Namwe mumbarire nkabantubavugango bongeye gutwarwa na Nkurunziza ngobopfumabapfa umunyagihugu yabunza ntakindi acabina imbereyiwe atarintambara, ariko harihabantu bababatazi ahovyugariye ugasanga bahendwa nuwariwewese!
10 Ndamukiza 2015, 20:40, par inakuru
Karashize ingani nonoho Denise bu10 ashize bibilia hasi, afashe inkoho !!!!!!
10 Ndamukiza 2015, 21:14, par rupande
Ewe vuganeza sha, mb none washaka %age ingana gute? Imana yaraduhaye utabaye ministre wa defense akarenganyo kawe ntawogakize
10 Ndamukiza 2015, 21:44, par Tweseturibamwe (H T T)
Ariko inankuru, kozi abavueyi bawe batashira isoni wewe ubwobushizibwisoni wabukuye!? Karashizingani umukozi w’Imana arise abavukanyi canke incutiziwe zindi zigiye nigisirikare cigihugu ntazobe akibegera canke ngwaje kubakeza,.
10 Ndamukiza 2015, 22:48, par vuganeza
Ewe rupande na we nico kimwe weho si défense gusa ,aho woja hose womara abantu .
nawe Inakur,nuko abirabure dufata ivy’abazungu ko vyose arivyo,uzobaze nta hantu bafise za bibles nko muri USA na UK,ariko nibo ba mbere badatinya gufata inkoho no kuyirabisha k’umwirabure,wibuke na colonisation hatangura abamenyeshamana,aba colonisateurs bakaza inyuma kuduha ikimoko,na esclavages hatangura ba pasitori ababandura bakaza nyuma,babakubitira ku biti abo ba pasitori nyene barorera,birababaje rero iyo turiko tubwirana nabi ku madini abazungu batuzaniye waraba ugasanga ntaco yamariye abantu!Ndibazako na Rupande naho umengo baramuntumye hano ho aranshigikira!
10 Ndamukiza 2015, 23:53, par moni
Abahutukazi twarwiriye ndake.............raba namwe ubu turarenze igipimo vive hutu buca ari twe dutwara inzego zose mamamamam turakaze
11 Ndamukiza 2015, 17:22, par vuganeza
Oya sha reka kudukwegera abo bagesera b’abatutsi,raba neza je mbona benshi ari imyungu ya rwa ruyuzi,,nabo bakikije madame ntukangwe nibo nta bahutukazi bararonka izo tenues erega tuvuye habi twari twaranizwe
11 Ndamukiza 2015, 18:56, par Eva
Abo bose banuka igikakweee...naBahutukazi gusa nibabanze bige koza mugapipi kabo babone kwambara izo tenue.......Abahutukazi ni abatwakaziiiiiiii
12 Ndamukiza 2015, 08:36, par vuganeza
Ewe eva sha,ico co ntubeshe abahutukazi n’abatwakazi ni ubwoko bumwe nta différence ihari,abatwa ni sous famille y’abahutu yafashe iyindi façon yo kubaho,turi bamwe,la preuve nta mutwa arigera agira ingorane n’umuhutu,mwebwe abatutsi muri ivyaduka nico gituma aho mushitse mugira umushiha.
Kimwe gusa urantwengeje,mbega utwo dupipi tw’abahudukazi wadushizemwo amazuru uturonderamwo iki?Non j’espère ko utagomba gukora ivyo nibaza kuko uyo muhudukazi yari kuhagoregwa kuko na vya bishesheti vyanyu birazwiko ataco wari kumumarira yari kugenda yiyagaza.Vraiment,mbe ivyo bikakwe vyo wavyumvise uriko ukoriki mu nkwahakwaha zabo?
12 Ndamukiza 2015, 20:42, par Nduwimana
Vuganeza ndagusavye muvuge make kuko jewe ndinvange kandi ndi umuntu asa nuwudasanzwe mugihugu kandi si uko kubera umuvyeyi wanje umwe adasangiye ubwoko nuwundi nukuvuka ko nanje uko uvyiyunvira ntari ishesheti ishesheti niyaso yakuneye nakudashwe abatutsi bose we urabazi!!1 Nibaba ari amashesheti nawe uri umwunbati niwaba warize urabaza abize baguzigurire umwunbati icarico bamuvuga make
13 Ndamukiza 2015, 00:08, par vuganeza
Nduwimana
Je t’emmerde n’ubuvange bwawe ,rien à foutre,abagize umwaku mugahura barabazi ko muri amashesheti,barasuriwe,nukuja kwipfubura après,mwa ntozo mwe mwibaza iki ko muturekurako iyo mizuru ,mukadutuka ngo turanuka mu dupipi,mwe mwibazako tutaziko muri ibimara,canke nuko mubona tuguma twihoreye,mbega ko izo mpenekazi zanyu basanza amaguru mu bahungu bacu,ko twese turi abatwa,bo ntibabanukira,ariko usanga ababajamwo batakinukirwa bari muri bamwe bari bafise abasuku b’abahutu kera babahaye mu mazi ibikakwe vyabo,abo ntibakinukirwa,encore une fois je t’emmerde!
16 Ndamukiza 2015, 11:13, par bosco
ibyo byose birarondera gushyira abaturage mukaga.
20 Nyakanga 2018, 13:11, par Misigaro leonidas
Jewe icombonanukomwofashatwebweduhanzwena dezoze wa musigati nnenatwemwodufashikikumutekano udakiye