Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Jacques Bigirimana amenyesha ko Reta yashinzwe itubahirije ibwirizwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Jacques Bigirimana amenyesha ko Reta yashinzwe itubahirije ibwirizwa (...)

Jacques Bigirimana amenyesha ko Reta yashinzwe itubahirije ibwirizwa nshingiro

mercredi 26 Myandagaro 2015

Umugambwe FNL urongowe na Jacques Bigirimana umenyesha ko Reta yashinzwe n’umukuru w’igihugu itubahirije ibwirizwa nshingiro mu ngingo yayo ya 129.

Jacques Bigirimana umukuru w’uyo mugambwe, avuga ko bisunze ingingo y’129 y’ibwirizwa nshingiro,umugambwe CNDD FDD wonyene ariwo wari ufise uburenganzira bwo kuja muri Reta.

Umukuru w’umugambwe FNL amenyesha ko naho vyagenze ukwo,umukuru w’igihugu yashinze Reta ku neza y’igihugu kandi bivanye n’uburenganzira abifitiye.

Jacques Bigirimana yizeye ko bazoraba uko bahindura ibwirizwa nshingiro kuko bigumye uko biri uno munsi bitoba vyubahirijwe ibwirizwa nshingiro.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.