Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Jacques BIGIRIMANA yasavye amakungu gukura ibihano vyafatiwe Uburundi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Jacques BIGIRIMANA yasavye amakungu gukura ibihano vyafatiwe Uburundi (...)

Jacques BIGIRIMANA yasavye amakungu gukura ibihano vyafatiwe Uburundi (Video)

vendredi 22 Ndamukiza 2016, par Jean De Dieu

Source: RTNB


IGIHE

Messages

  • Komera komera ntawundi akwiriy ijunja nijambo nkuyu mutama Jacques imana imurinde.

  • oya Jaque ntaco imfashanyo haheze imyaka itatu atamfashanyo dufise none uburundi ntituguma tubaho nkakwakundi mbe kobaguma biruka ngaha muburundi amaguru adakora hasi kandi ataco tukibasaba sibo biruka?baribaziko tuzoca dusaba imbabazi,gusa umutama wacu S.H Nkurunziza tumukunde kuko numugabo kweli

  • Abarundi twaragowe,nkuyu jacques bigirimana yahejeje plomberie,none ngo arafise ivyo abwira amakungu?ngo ni umunyepolitique?ewe burundi uragowe IMANA itatugiriye imbabazi nihatari.

  • ICO BACITA GUTA UMUTWE CANKE GUSARANA IMVI KUMUTWE. JAQUE YIBAGIYE NGIRA YIBAJIJE NGO NI RUKORE HAMWE YIRIGWA YIBA IBIGORI NÃ MAKOTO?

    MBE KO MWAVUZE KO AMAKUNGU ATACO AMAZE, NONE IBIHANO BIVUZE IKI? AHO WOKOMYE INDURU KUBARIKO BITSWA WA MU SEZI WE UGASEGA NEZA NTUBONA KO UBU BABAHINYUYE ABANYAGIHUGU

    NGO HAKUBA IMBWA WOBA IMVA? NIVYO MWABAYE IMBWA CANKE IMVA?

  • NGAHO DA . IBYO SE KANDI ABARUNDI KO BISHOBOYE KO NTAMFASHANYO MUKENEYE IYO NDURU NIYICYI. UBUNDI NALINZI KO UMUHUTU ADASHOBORA KWIHANGANIRA INZARA . ARABANZA AKIHAGARARAHO IGIHE ACYUMVA ANDA YE HALIMO NKA 5KG ALIKO IYO HAVUYEHO NKA 1KG. YARYA NUMWANAWE. MULI CONGO BARABALIYE NABO RERO NIBATINDA KUBAHA IBIRYO BARABARYA DA.

  • Ariko ikintu ngo ni jacques kiba kivuga ibiki hanze yo kwica abantu gusa.
    Wowe wiyise Gwasa, gose nyemerera nkubarire ko ataco muriko kabisa. Naho abo bazungu bahaza meme si nabo bahafise inyungu ariko namwe ca vous derrange muri gahunda yo kwica abatutsi en masse nkuko muvyifuza. Naho ivyo muri murakora mwe nico kivagundu ngo ni Nkurunziza na FDLR na bafaransa turabizi sha . Never AGAIN

  • Wewe kwatawagutoye ngumvugire abanyagihugu ivyo ninde yabigutumye niba uvugira indayawe urazi kowagiye mumatora ntiwaronka nubusa none nkawe uruha wishira mubanyapolitike burakuja gufata usuka wishinge kuvuga ayamuhe uburero ubonye hamwe wahora wirirwa gukomba isiniya vyagabanutse none wihaye kuvuga ayasunitswe nimpwemu ibihano kutabigaba bigabwa nababifashe

  • gusaba ngo ibihano bihave nivyiza ariko barabe icateye ibihano arico gitangura kuhava

  • None wewe ga Jacques ni nde munyagihugu yagutumye?ko mumatora atanubusa waronse,genda Rukore muri Tanzania kwiba impungure namakoto.

  • Erega Ntamurorerezi Aryohegwa Numuziki,ahubwo Uwuryoherwa Cane Nuwuriko Arawutamba.Mwese Ceceka,mwe Muwutamba Mugisivire Tweho Tuwutamba Gisoda.Rumwerumwe,kuruyerikugwenge,uyifirimbi Ya Arbitre Ivugiyeko Niwamenya Ko Mwojejemba Ayomujejemba,aho Uwogutekera Aga Cinq Litre Kumavya Nayandi Woyavuga.

  • utegeye umuhutu kunda woba umushoboye kweri
    ngo ntafashanyo mushaka inzara irabariye ngo bakureko ibihano
    tugiye kubaha ibindi bihano kuko Peter yanze kumva ninka farao

  • Abavugango Abarundibabongere Ibihanomuri Ibirofabifana Icobitazi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.