Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Jacques BIHOZAGARA yasezewe ubwa nyuma : Amafoto - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Jacques BIHOZAGARA yasezewe ubwa nyuma : Amafoto

Jacques BIHOZAGARA yasezewe ubwa nyuma : Amafoto

vendredi 15 Ndamukiza 2016, par egide

Abategetsi bakomeye b’igihugu c’Urwanda, bagizwe n’umushikiranganji wa mbere w’Urwanda Anastase Murekezi, Abashikiranganji batandukanye, abagize inama nshingamateka, abaserukira ibihugu vyabo mu Rwanda, hamwe n’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu, Jeannette KAGAME nibo bari baje kuri uwu wa gatanu gusezera ubwa nyuma Jacques BIHOZAGARA aheruka gupfira mw’ibohero rikuru rya Mpimba i Bujumbura.

Umunyamabanga Mukuru w’umugambwe FPR Inkotanyi uri ku butegetsi mu Rwanda, François Ngarambe yavuze ko Bihozagara yari umuntu w’ingirakamaro ku gihugu. Yamenyesheje ko umugambwe FPR Inkotanyi uzobandanya kumwibuka nk’umuntu w’ingirakamaro.

‘‘Jacques Bihozagara agiye yari agikenewe, umuryango wa FPR Inkotanyi ubuze intore. Tuzahora tumwibukira ku bikorwa bye, Intore ntipfa, iratabaruka.”

Ugusezera ubwa nyuma Jacques BIHOZAGARA vyabereye kw’isengero rya St Etienne, mu Biryogo.


IGIHE

Messages

  • Niko bimeze imana imwakire mubwami bwayo,natwege turinyuma

  • ARIKOKO NKUYU AZIZE UBWIBONE AZIZE KWIYEMERA YARIYABONYE ABARUNDINTABWENGE UBUBURUNDI MUZOBWANDURAKO

  • ARIKOKO NKUYU AZIZE UBWIBONE AZIZE KWIYEMERA YARIYABONYE ABARUNDINTABWENGE UBUBURUNDI MUZOBWANDURAKO

  • atabarutse ajakwande? nintwari ya FPR kuko yagize uruhara mukwica abahutu bomurwanda nomuburundi none akaba apfuye atabamaze....mubemwamupimye kugirango ntihaze hagire uwomwambikibarango yiciwe muburundi, kandibizwiko yararwaye DIYABETI hamwe NUMUTIMA ee ivyo nivyo vyamuhitanye, ntimuzovyite jenoside nziko mumenyereye kuikamisha......

  • natahe amahoro ariko ndasubiyemwo bamaneko bakagome ntajambo mu burundi!ok,banyagwanda?

  • Satani imwakire mumuriro urazima mubayo. Kuko amaraso y’abahutu yicishije muri za 94-99 mu Rwanda niyo yamugarutse kugeza ubwo yiyahuye anyweye imiti y’umurengera.

  • Leta y’uburundi iramuhitanye ariko imana izaduhorera cg ibababarire kuko batazi ibyo babora.

  • ndasubiyemwo mpore ariko mureke kurungika bamaneko mugihugu cuburundi.ok

  • ZAMUMENYA KO URUPFURUBABAZA NAMWE DOLOPFE MURARIYE ?.DARIUSI MURAHEKENYE ?.MUGABO BA DOLOPFE BA DARIUSI TURACAHARI NTAHO TWAGIYE TURIBESHI HASIGAYE KAKAGABO KIBIRO 30KG KAKAGAYE NIKOMVUZE NAHOZAGARIRE MURUNYO YUMVE

  • ABARUNDI BARAMWISHE KUVUGA KO YARI ARWAYE BIYABETE NUMUTIMA NTIBIVUGA KO BAGOMBAGA KUMUHA UBUROZI KUKO MURI EUROPE NA AMERICA IBYO BIRASANZWE KANDI UMUNTU AKABA HO. ABARUNDI IBI MUKOZE MUZABONA INGARUKA ZABYO VUBA, MUSHATSE MUBE MUHUNGA KUKO TUGIYE KUBAHINDURA IVU MWA NGEGERA MWE!

  • Mutware Rwasa kamaro muri abagabo bijunja nijambo arko ivyumushingantahe Kamaro avuze nibyo yahora yamirakumiti yumutima na diabete rero ikibabaj amaz kubona ko abamutumy kuneka muburundi batamukurikira yafash ingingo yukwiyahuza yamiti rero kagome niwe yobazwa ibyurwo rupfu kuko niw yamushushuy ngobamaneko mu Burundi nawe ntamenyeko Abarundi twaryamiye amajanja iryo ribere isomo urwanda nabanyarwanda bitabibyo imbehe zirubikwa burundu turi bamusirwa musangwa Nkurunziza tsinda umwansi??????Amen Amen Amen.

  • Imana yakire uwo mubyeyi mu bayo!
    Abarundi mwebwe ku basubiza n`ugutakaza umwanya imyumvire yanyu iri hasi nka nyuma y`imyaka ijana niyo mpamvu niyo ntambara yanyu idateze gushira niba mugishyira imbere ngo umuhutu umutututsi.
    Murababaje.!Ariko ntacyo mukomeze mutukane twe turatera imbere no kuba mwishe uwo mubyeyi wari muri business ze ntacyo bimaze twe turabareka mukomeze mwidegembye.Cyakora hagize udushotora twataha Bujumbura.

  • NTIMWARI BWAMUZIKE???????? MURATWENZA!

  • N’uko benshi muzashimirwa kuvyo mwakoreye igihugu. N,igitangaza umuntu nka Bihozagara kwajajya gupfira mu Burundi afunzwe, ari muri gereza?? None ni kuki yari mu Burundi?? Yari yarahunze u Rwanda?? Ntivyumvikana nagato!!!!

  • nimwishime wagirango mwemwambonerakure ninterahamwe muri kwandikwa ntimuzopha ok

  • Imbonerakure Muri abicanyi kweli.guha uburozi umutama nk’uyu?

  • Ncuti Zuburundi Ico Nofasha Nuko Twoja Imbere Y’imana Tugasenga Kuko Twebwe Abantu Ntarubanza Dufise Kuko Imana Ihindura Ivyase Guhinduka Amen

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.