Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Jaguar yiteguriye kwabirana n’umugore w’umukinyi Katauti
Jaguar yiteguriye kwabirana n’umugore w’umukinyi Katauti
jeudi 27 Munyonyo 2014
Irene UWOYA azwi cane mu mareresi yo muri Tanzaniya yatangaje ko agiye kwubakana n’umuririmvyi Jaguar, ahevye umugabo wiwe Ndikumana Hamad Katauti. Jagura ariko ategura urugendo rwo kuja kumuraba muri Tanzaniya kugira bavyuzuze.
- Jaguar na Irene Uwoya
Jaguar amenyeshako ariko yitegurira urugendo rukomeye cane mu gihugu ca Tanzaniya aho azoba agiye kubonana na Irene Uwoya kugira bavugane umugambi wo kwubakana n’uwo mugore wa Katauti. Jaguar aremeza ko nawe yiyumvamwo cane uwo mugore wa Hamad Katauti. Mu rugendo rwiwe mu gihugu ca Tanzaniya, Jaguar ategekanya kuzobonana n’abavyeyi ba Uwoya.
Mu kiganiro Jaguar yagiranye na E-Newz ya East African TV, Jaguar yabajijwe ico azoba agiye kuvugana n’abavyeyi b’uwo mugore, nawe ntiyashatse kuvyishura neza ariko avuga ko na Irene Uwoya ashaka kubamwereka.
Amakuru abandanya avugwa n’uko isango rw’urugendo rwa Jaguar muri Tanzaniya ryiteganywe igishika haba ku ruhande rwa Irene na Jaguar. Bose bavuga ko ico gihe bazoca bategurira hamwe ibijanye n’ubukwe bwabo.
Igitangaza aba n’abandi n’uko hari haheze indwi imwe gusa Irene Uwoya avuye mu Rwanda aho yamenyesheje ko urukundo rwiwe n’umukinyi Katauti rwashinze imizi. Inyuma yaho agahindukira atangaza ko nyabuna agiye kwubakana na Jaguar.
- Irene na Katauti
Irene Uwoya afashe iyo ngingo inyuma yaho hari ukutumvikana hagati yiwe na Katauti bigatuma bama bahebana ariko bagasubirana ata minsi ihaciye, hanini bapfa kuvangana.
Cherif Nkeshimana
Messages
27 Munyonyo 2014, 11:12, par mediatrice
Uwo Irene arahemutse.
27 Munyonyo 2014, 19:46, par Cyrille
Nuwo bazovana aje kuwundi bityo bityo.
27 Munyonyo 2014, 21:11, par maxime
ndavye ibiganiro,yagiranye namaradio ibinyamakuru nkavyose vyomurwanda ibihe vyiza,yagiranye numugabowe nibaza,kwiyonkuru atariyo nohumuntu yohinduka ntiyohinduka mumwanya muto nkuwu
28 Munyonyo 2014, 06:09
iyoo ndaya ipfuye rubi hasigay asambane n’imbwa
28 Munyonyo 2014, 17:55, par yeshua
bantu yemwe!!!!!ubuhemu nkubgo nabubonye kuri derilla ahemukira samson .arike na jaguar ariteshej agaciro nindirimbo ziwe zose zitaye agaciro !!!umugore yahukanye?!!!!!
29 Munyonyo 2014, 17:51, par nijimbere innocent gen.mwotsi
erega abaririmvi n’abakinyi nka bose n’indaya barongorana kugira bamenyekane gusa ariko ntibazi urukundo
3 Kigarama 2014, 18:52, par kate
Ariko abantu muransetsa kabisa ,muri abanyamakuru babamateri kandi muzapfa mutabaye professionnel.ibyo mubipfuriza ntabwo bizapfa bibaye.muri mbwa iiiipuu
20 Nzero 2015, 16:57, par muhimpundu assiya
ko bibabbaje gose?numubiri atanga kandi niw yitesha agaciro ndashima Imana yandemy ntasa nawe kuko ubwiza bwiw yabuhindiy umwijima!pole sana jaguar hasgay ko arongorana na koffi olomide hama yoya ,lolilo ,mkombozi ,canco hamisi,kirundo gerard...
15 Rusama 2015, 09:07, par Alice ndayishimiye
Anaona kiss anamusaliti mume wak sio vizuri
26 Ruheshi 2015, 20:54, par Arthur Banshayeko
Arthur Banshayeko,ndi umukinyi w’amareresi n’ikinamico wumurundi.Irene na Katauti bahebanye bakavavanura,Jaguar yomwijanira kuko icoba ciza ni uko abumvikana babana,niho ubuzima buryoha.
11 Mukakaro 2015, 10:38, par Dkavungerwa
Jewe Nukoyamukunze None Reka Babikore
17 Munyonyo 2015, 18:09, par rahma
Namwambia uwoya afunge ndoa na jaguar kwa usalam kwan mapenz ya kuacan na kurudiana tena hao si mapenz hao ni mapenzi ya kudanganyana
13 Ntwarante 2016, 06:45, par mutoka katauti
es uo mwendanyi opra’h. hoooo uoyoshobogwa numwana afise imboro yitwa bwogamabondo. naho utuboro tugufi wapi azomuta io nindaya ntarukundo akijyiraaaa naz ndamwende anyunve kur bwoga yanjy .......’