Accueil > Amagara y’abantu > Jean Baptiste Bagaza: "Aho ndi simperuka no kurwara"
Jean Baptiste Bagaza: "Aho ndi simperuka no kurwara"
vendredi 21 Myandagaro 2015
Inyuma y’amakuru yaciye ku mihora ngurukabumenyi yavuga ko Jean baptiste Bagaza yigeze kuba umukuru w’igihugu c’Uburundi yoba yaritavye Imana,avuga ko aho ari akomeye neza, kandi adaheruka kurwara, canke ko yoba yaratewe n’abagizi ba nabi.
Avuga ko nawe amaze iminsi abibona ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko avuga ko kubibeshuza bitoroshe, ico avuga n’ukubirindira kugeza abonye akaryo ko kuvuga ko akiriho.
Jean Maptiste Bagaza yavuze ko yipfuza kugira ico ashikirije ku bimaze iminsi biba mu Burundi bijanye na politike.
Kubwa Jean Baptiste Bagaza,muri majambo make ibimaze iminsi biba mu gihugu c’Uburundi vyerekana ko intwaro ihari irushe.
Van Naris Mugisha
Messages
21 Myandagaro 2015, 21:56, par na
ntayarushe ngirango niwe warushe mumaso
21 Myandagaro 2015, 23:08, par mandayabo ntirager aband yarahez ntarwowobona nkihema
ikigitama gisaje atajambo kigira itwaro yarushe hubwoniw yarushe ashaj nabi iyapfa isikaguka tukinwerivyeri tugakaraba tukaganduka ndetse numubira tukinwera isi ikagikandagira natwe tukivinjarira
22 Myandagaro 2015, 00:46, par mun yagihugu
emwe nintwaro irushe gose ubiravye bashaka ko bose bapfa abatabashigikiye muga imana iracakora irambire mutama bagaza wewe waratwaye uburundi neza iyo iguhugu kiguma gitwarwa nawe ntituba tumerewe ukuraho, ivyo wakoze ntawundi arabikora, waratanga amazu numukene yararonka ahaba, amabarabara wubatse niyo akihari ama barrages yose nayo wasize, ntawundi arazana iterambere mugihugu,
22 Myandagaro 2015, 02:47, par None?
Niwibereho, ariko intaro ihari ntiyarushe gusa imvugo nkiyo niyumuntu arushe kandi niyumuntu atobagombapfe ntikibuzako aruha. Komuri America igihugu kimaze imyaka majana namajana cikukiye kimaze nogushikakure mwiterambere konumva inkozizibibi zirirwa zirihinkumbi muricicogihugu wocuvuga ngonintwaro irushe? nawewe iyababufise amagara ukiyumvira kwica umuntu ngaha Burundi womubundira abintwaro bakazakuvyumva wamuhejeje kumugarika kera, kubarero wicumuntu kuntwaro runaka ntibisigurako intwaro yomugihugucawe irushe. Ikindi mumasahamake aheze mugihugu ca Reta yunze ubumwe bwa Amerika harumuntu yinjiye munyubakwa ya reta acayaca umuriro ararasa abantu arabica mugabo nambaturabantu barikwiy’Isi ntitwocatuvugako vyerekanako intwaro ya reta ya Amerika yarushe ahubwo twobaremesha, abarundi bikigihe sabato sabakiribato dusigaye turi umutiwamenyo mumvugo dusigaye dukoresha! Bagaza arantanganje ngwibibera Burundi ngovyerekanako intwaro yarushe!!!.
22 Myandagaro 2015, 04:06, par Mumpe
Napfe arageze hakwiye gupfa benabo
22 Myandagaro 2015, 05:50, par lolo
intwaro ntiyarushe ahubwo ni ushaje
22 Myandagaro 2015, 10:16, par gingi
Bagaza arashaze ariko ni imvugakuri ni yirambire
22 Myandagaro 2015, 11:16, par je.Si
Nimureke uwomutama avuze ivyo kuko ibihe nkibi ntavyo yabonye muntwaro yiwe ntiharibwaboneke abantu natubaha umukuru wigihugu ngo bavuge nivyo baraye barota munzozi ngo nivyo vyoba inyishu yabanyagihugu rero nimumutahure nigihe ciwe ntigihuye nibihe turimwo
22 Myandagaro 2015, 11:36, par Sayukubara
Intwaro si ukuruha gusa ahubwo iranarwaye. Akariho karavugwa kandi ntacanyegejwe kitazoshirwa ahabona.
22 Myandagaro 2015, 19:28, par fidelite
Ariko abanyoye amaraso y’abahutu,mubona ukuntu ari mubi,asa n’uruvo rwahimvye insazi,ubwo butindi yatubujije kwiga no kugira ico twimarira.Ubona zitishe ?
22 Myandagaro 2015, 19:38, par kajekurya
Emwe Imana ishimwe kuwu mutama babeshe atapfuye.jewe nari nababaye kuko nipfuza yuko twebwe urwaruka azodusigurira ivya U na I vyabaye kuntwaro yiwe.
22 Myandagaro 2015, 20:15, par burundi
Iko gasobera buriri kavuga iki nginwaro yarushe ?
22 Myandagaro 2015, 20:16, par burundi
Iko gasobera buriri kavuga iki nginwaro yarushe ?
23 Myandagaro 2015, 02:49, par joshuwa D.
mbega ko muvuga ko bagaza ataco yamaze ibigwati n amazi ya rusengo mubiheruka ryari, inka za kijambere mu gihugu cose mubiheruka ryari amabarabara meza muyaheruka ryari, cadebu, taxis zitwara abantu ziheruka gukora 24/sur 24 h ryari mbega umuntu yishwe muri quartier kuri bagaza vyagenda gute? ni muvuge ba sha muvuga ivyo mwunvise ntimuvuga ivyo mwabonye Imana ibabarire,
23 Myandagaro 2015, 02:55, par joshuwa D.
mbega ko muvuga ko bagaza ataco yamaze ibigwati n amazi ya rusengo mubiheruka ryari, inka za kijambere mu gihugu cose mubiheruka ryari amabarabara meza muyaheruka ryari, cadebu, taxis zitwara abantu ziheruka gukora 24/sur 24 h ryari mbega umuntu yishwe muri quartier kuri bagaza vyagenda gute? ni muvuge ba sha muvuga ivyo mwunvise ntimuvuga ivyo mwabonye Imana ibabarire,
23 Myandagaro 2015, 09:21, par frank
Umurozi Canke umwicanyi araramba intore nizo zitaramba,ariko!!!!!!! Reka turindire.
23 Myandagaro 2015, 20:46, par NIBIZI JASANI
Ncuti niwihangane kuko abo bakeka kowapfuye nabihenda kuko ntawurimwo akurihira mituwere.kandi nibaba barushe tuzo baruhuru kandi uze utubere umugabo atari babandi.
23 Myandagaro 2015, 21:49, par Ernest
Ico mutazi murabaza abo hambere bamuzi; ivyo mubona vyose vy iterambere bisigaye niwe yabikoze :amabarabara ,ibitaro;amazi meza ,guteza ibiti,amashure, kubakira amazu aba fonctionnaire n ibindi vyinshi ;niwe gusa yabaye umukuru w igihugu yagize ico amarira igihugu.kuntwaro yiwe nta desordre ;murabaza neza la valeur y amahera y amarundi yarafise igihe yatwara igihugu mugire comparaison n uyu musi.niwe abatwara bose bari bakwiye gufatira ko akarorero kuko afise ico yakoze.
15 Ndamukiza 2016, 23:44, par BARUNDI Amri
akwiye gupfa