Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
John Terry yasezeye Chelsea n’iyindi mirwi yo mu Bwongereza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > John Terry yasezeye Chelsea n’iyindi mirwi yo mu Bwongereza

John Terry yasezeye Chelsea n’iyindi mirwi yo mu Bwongereza

lundi 1er Ruhuhuma 2016, par egide

Kizigenza w’umurwi wa Chelsea, John Terry, ku myaka 35 y’amavuka agezeko, yamenyesheje ku mugaragaro ko atazobandanya gukinira uwo murwi yari amazemwo imyaka 21. John Terry yafashe ingingo ko azohezana n’ihiganwa ry’Ubwongereza ry’uwu mwaka.

John Terry yageze mu murwi wa Chelsea afise imyaka 14 gusa, akaba ari nawo murwi wonyene yakiniye kuva agize umwuga urukino rw’umupira w’amaguru.

Yamenyesheje ko inyuma y’aho umurwi wa Chelsea umenyeshereje utazomwongera amasezerano. Yahisemwo gusezera uwo murwi, ariko akavuga ko azobandanya gukinira mu yindi mirwi atari iyo mu Bwongereza.

John Terry afite azwi kuba ariwe mukinyi w’inyuma yatsinze ibitsindo vyinshi mu mateka ya Premier League, aho yanjije ibitsindo 40 mu nkino 477.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.