Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Umuvyeyi wa Général Alain Guillaume Bunyoni yatewe ku rugo (...)
Kanyosha : Umuvyeyi wa Général Alain Guillaume Bunyoni yatewe ku rugo iwe
vendredi 12 Kigarama 2014
Umuvyeyi nyina wa Général Alain Guillaume Bunyoni yahatswe kugandagurwa mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane, mu gitero cabaye ku rugo wiwe. Uwo muvyeyi yakomeretse ku kuboko akaba ariko avurirwa ku bitaro CMCK i Bujumbura.
Umuntu ataramenyekana, yari yinyegeje mu gashamba kari mu burengero bw’ibarabara Bujumbura Rumonge yarateye mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane ku rugo rwa nyina wa Général Alain Guillaume Bunyoni, yahoze ari umuyobozi mwishikira mu biro vy’umukuru w’igihugu ubu akaba ari umunyamabanga ntayegayezwa w’inama nkuru y’umutekano. Urwo rugo rw’umuvyeyi wa Général Alain Guillaume Bunyoni rwatewe ruri muri karitiye ya Kajiji, muri komine ya Kanyosha.
- Général Alain Guillaume Bunyoni, umunyamabanga ntayegayezwa w’inama nkuru y’umutekano
Muri ico gitero, uwo muvyeyi wa Général Alain Guillaume Bunyoni yarakomeretse cane ku kuboko, akaba yaciye ajanwa n’imodoka yo mu rwego rw’igendereza, kuvurirwa ku bitaro CMCK biri mu gisagara ca Bujumbura.
Uwo yamurashe yaciye atungwa nayo yameze, abaporisi bacunga uwo muvyeyi wa Général Alain Guillaume Bunyoni yarashwe bakaba baragerageje kumukurikirana naho batashoboye kumenya irengero ryiwe.
Egide Nduwimana
Messages
12 Kigarama 2014, 09:21, par bumyoni
numuvumo nawe ureke kumuvuza nka mwenewanyu ngo ntamagera ugira uragowe wewe kuko wiba ataco bikumarira bunyoni
12 Kigarama 2014, 13:00, par desy
Turaziko bunyoni ata teka yateye umuvyeyi wiwe,n’igihugu ciwe muguhemukira abarundi kuko ico bamushinze gukora sico yakoze....yarivye,yarasahuye itunga ry’igihugu.....ariko rero umuvyeyi wiwe ntakwiye kubizira kuko siwe yatumye umuhungu wiwe ngo abe umunyonyezi naho ariwe yamubatije izina ribi: bunyoni-umunyoni = umusuma,umubandi,umunyonyezi.
bavyeyi muze muraraba amazina mwita abana Banyu.....hari ba rwembe,tatra,topaz. amazina nkayo ni kuyareka kuko arakurikirana.
L’appellation est une premiere proffessie que l’on obtient des la naissance.
12 Kigarama 2014, 14:28, par jewe
Mbabajwe nuyo muvyeyi yahatswe gusiga ubuzima azira ububegito bw’umwana.bacumugani ngo ukubita imbwa urondera shebuja.aho rero ibirinyuma birahinda kandi amenye ko ikibi canke iciza bitijana.bazomarana ndaké.iyi nintango
12 Kigarama 2014, 18:12, par Nwari
Ewe DD nanyina wumuntu umukecuru???mana?ntaco mwibaga????ko mutakiri mwishamba ??ako gatima kivyisi mukakurahe??????!!!!!!! Imisi yose nukujaniranya ????ko atari bwabwoko mwanka bwabatutsi???uwomukecuru wumuhutukazi mwamushaka ko iki ewe DD tutakwikuyeko ntakishoboka ??il fout ko dutagura guhiga umu DD wese kugira mutuvire mugihugu kuko ntimuri abarundi
12 Kigarama 2014, 19:18, par IHUWIZEYE Juste
Ubwo nubukozi bwikibi umuntu atoronka izina abuha so uwo yakoze ico kibi kibishe nibaza ko uwo mubisha yohigwa
12 Kigarama 2014, 19:35, par john
Musigeho niba bamuziza ibyu muhungu wiwe ubwo ni ububwa, none niba Ari abagabo bagiye kurondera uwo mu Général nyene nimwikebuke muve mu bwicanyi barundi.
12 Kigarama 2014, 20:39, par nduwabose
wwe wiyita ntwari urintwitwi koko uvugango ugira womore aba dd nkabambona aribenshi namwe muri bake muzobashobora ikindi kwatarabarundi nabaki?mugomba kubomorerahe?none komugomba gutwara uburundi muzoca mwomora abomutavuga rumwe yemwe bivyiyumviro byubugome muburundi nkabo ntabodukeneye mbere jewe ntunzige mubomurikumwe ufise imbono mbi niwijane iyaba utwaye wokunze aba naba udatoye nyamba Imana izoguha ubwobutware urondera aho wondonse kuko je ndimugwaneza nkunda aba dd frodbu iprona fnr etc kuk bose nibene burundi
13 Kigarama 2014, 00:22, par yuhi
uti aba dd sabarundi aho ntasoni wunva ???? sha ngabo bazobatwara mpaka
13 Kigarama 2014, 07:58, par Kidodero Olivier
Tuvuze DD Tubavuze umuhutu wese,nta mututsi yakoze iryo shano twebwe dusekeza ibihutu binini binini,les gros poissons, abo bahutu bareke babanze bimaranire,igihugu tugishikire bitagoranye tubagire nko mu rwanda,abakecuru Mubareke ntaco batwagije.Mission Po....
13 Kigarama 2014, 12:56, par MVUGAKURI
JE ABAHUTU MWARABUZI IMITIMA KWERI,OYO GASANGA YARIVYE YUBATSE IBURUNDI,MBE ABATUTSE BABATWAYE IMYAKA NIMYAKA BAKIBA BAKUBAKA MUMAHANGA,AYANDI BAGASHIRA KUMA COMPTE YABO HANZE NUBU BABANDANYA BAKURAKO MAKEMAKE,AMAKORI BARIKO BAYARIHA MUBINDI BIHUGU,UYO YAGOMVYE GUTENZIMBERIGIHUGU NUBU AMAKORI AYARIHIBURUNDI MUMUKOMAKWINDURU,SHA UWAWUCIYE NGUSHAKA UMUHUTU UMUTUMUWUNDI NTIYABESHE,KERA BAVUGA NGO MURANUKA,ABABAKUYEKO AKO GASUZUGURU MURIKO MUBIGERERANYA,NDABAGAYE MURIBITO,UBU UGENDAHUGONVYE,KARE BAVUGA NGO MURANUKA UBU BARABIRUKIRA NGO MUBARONGORE NONE NGO GNL BUNYONI NGO NIYICWE,MUZOZA GUCUBWENGE BITAGIKUNDA,IKOMERE MUTAMA ABATAKUZI NIBO BAKWIHENDAKO TWE WARONGOYE KURUGAMBA TURAZUKURI KWAWE KAZIMA UTADUSIZEYO NKABANDI,TUNGA UTUNGANIGWE ABO NABO BABANDANYE IVYABO BITAGIRUMUTWE NAMAGURU SONGA MBERE
13 Kigarama 2014, 14:59, par john
Mvigakuri uravuze ukuri kweli,abenshi baribagiye Iyo babakuye bataragiraga ijambo.
13 Kigarama 2014, 17:28, par Nwari
@nduwabose uti muribeshi?none mushaka kwiba amatora yiki???murinkehwa ncuti.uti navuze ko mutari abarundi none mwiravye ivyo mukora nimico yanyu ?koko mwiravye mwiha ubwoko ubuhe ??ntuhirahire uvuge murubu butatu :hutu ,tutsi,twa, kuko turazi imico yabwo nibo barundi nayo mwebwe abaDD ntawuzi iyo mwavuye???mugabo tugire tuhabaronderere vuba
14 Kigarama 2014, 06:10, par So
Nanjembaye nka Mvugakuri, nukuribirababaje kubonahariho abantubariko baravugamajambo nkayokuri nyakubahwa Bunyoni!jewekubwanje nagirenayarenze ayafise sinzigerandamurongotako, nakarigisuma nigifatanwe itonga niyabahariho inzuya leta yagujije agacayifunga amaherayayo nobatahura, arikomwenibi vyokubona umuntuyifitiye umubombo wamahera ukacawadukango yarivyigihugu jewentiturikumwe amahera avamunziranyishi nambamutabizi !.
14 Kigarama 2014, 08:52, par SINIBAGIRA
le lion s’en dor avec ses ongles.HARIHO ABADAFISE UMWANYA WO KWIRIGWA BARAVUGA .ABO BAKINISHA INKOHO NTIBAGIRE KO HARI ABAMENYERE UMUHINDO WAZO.BITONDE KUKO NGO UMUSWA URYA UMUHINI USOTERA ISUKA.!!!
16 Kigarama 2014, 05:27, par louis
kubaho muvumana ntaco bimaze mwese mwihane .ikindi naco mwige gukora mumenye kandiko kuvya politique ntabwo muzoba aba jenerale mwese
18 Kigarama 2014, 15:58, par Perigo
@Kidodero Olivier.
Komez’urote nturamenya ko bwakeye kera. Ngo mukabagira nko mu rwanda????????
Hari kera!!!! The more mukomeza gukoresh’ ibyo bijuju byaba dd uko mwisakiye kose dore ko musigaye mubi progamma nku baprogramma muri c ,the more abahutu bumutima bakanguka bakabon’ukuri and the more AG aboneka nkumucunguzi wabarundi
26 Kigarama 2014, 10:40, par ntakirutimana jeanine
ndasabiye uburundi n’abarundi amahoro ava ku Mana yacu yo mw’ijuru;mugeregeze guhana amahoro ava ku mukunzi wacu Yesu Christu;hama mureke gushira amacakubiri y’ubwoko n’imigambwe imbere ndabingize!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
11 Rusama 2015, 13:57, par tuzobivamwo
Ahubwo nibatuvireho kuko nibo bateye umutekano muke igihugu cuburundi