Accueil > Amakuru > u Burundi > Karenga Ramadhani yanse gusakwa mu ndege aca yankirwa kugira urugendo (...)
Karenga Ramadhani yanse gusakwa mu ndege aca yankirwa kugira urugendo rwiwe
vendredi 31 Gitugutu 2014
Umushingamateka Karenga Ramadhani aturuka mu mugambwe CNDD FDD, yagirizwa kuba yarateye akajagari ku kibuga c’indege ca Bujumbura, igihe yanka gusakwa.
Amakuru dukesha bagenzi bacu ba RPA ijwi ry’abanyagihugu, avuga ko umushingamateka Karenga yanse ko bamusaka, aca ashikira kwicara mu ndege Ethiopian airlines, mu gihe yarahiye ararenga ko imizigo yiwe itageza gusakwa. Uwo mushingamateka rero akaba yatumye iyo ndege iteba guhaguruka, kuko n’abandi bari muri yo, babwirijwe bose gusohorwa. Uwo mushingamateka rero, akaba yaciye abuzwa kubandanya urugendo rwiwe.
Mukamenya ko nk’uko aya makuru abandanya abivuga, uwo mushingamateka yatowe mu ntara ya Bururi, yoba yagiye kwicara muri iyo ndege, abanje guhenanguza umwe mu bakenyezi bariko bakorera aho ku kibuga c’indege ca Bujumbura.
Aristide Nizigire
Messages
31 Gitugutu 2014, 14:16, par Jewe
Bagize neza cane kutamwemere kugenda batamusatse.
31 Gitugutu 2014, 14:55, par John
Ahubwo akwiriye agasho kashushe.Niki cotuma batamusaka canke nuko yoba ari mumugabwe urikutegetsi? Erega indege igira amategeko ntabwo ari mpodoka yicaramwoukwashaka.Ahubwo bakwiye kukurikirana .Baramutse bamuretse jewe John zomwitwarira kuko na Presida iyo agize ikosa harizigo umuntu amwitwarira.Arabaze muri kenya ingene vyageze kuri presida.
31 Gitugutu 2014, 15:29, par King st@r
Mbe icocatumye adasakwa nkabandi nigiki?Je nibazako yaranyuruje itunga ry’igihugu.
31 Gitugutu 2014, 16:00, par Sivyubu
abo bagabo harigihe bibaza kobakirimwishamba igihunaco bagifashe nkuko womengo nitongo ryabo.none ubise inyifatonkiyo wombwira kwariyo abanyagihu bagutumye kubaserukira ntavyonke gusa nakanyaro nubukoko bubarimwo nibaze bararabirahandi.ouwagadugu
31 Gitugutu 2014, 17:34, par John
Nta muntu agenda yitwaje passeport diplomatique asakwa mu gihugu ciwe mwa bipfu mwe !!! Nta matageko muzi mwebwe mbega, les cons !!!
31 Gitugutu 2014, 17:40, par gamblingisbad
Inci ya wajinga tu!
31 Gitugutu 2014, 17:40, par gamblingisbad
Inci ya wajinga tu!
31 Gitugutu 2014, 17:40, par gamblingisbad
Inci ya wajinga tu!
31 Gitugutu 2014, 19:53, par kubwimana
Mbe yemwe uko nibaza kwarukutamenya nn yibaza kwirya airplane yoyiriha wenyene kand yibuke ko ari Airport international atari national kand amategeko yindege ntatogwa nabarundi.yemwe bategetsi bacu twereke akarorero keza.imigumuko turayase cane
31 Gitugutu 2014, 20:15, par Emery
Nibazeko atarengeye amategeko none arumushingamateka niwe ayahonyanga canke nagira niwe ayubahiriza none aboba CNDD FDD bagomba nindege atariyabo bigire nkuko bigira muyindi mwigambwe bamenyeko atamvura idahita nzobambona.
31 Gitugutu 2014, 20:35, par @#
hahahaha ivyo nibintu bitwengeje cane
31 Gitugutu 2014, 22:52, par uncle jj
iyo visa dipromatik ntayo amerita vrma.mbe yibajij ko ari za station zija iwabo murumonge yuriyemwo??haaahaaa il faut un certain seminaire pr certaines autorites de cndd fdd.
31 Gitugutu 2014, 23:04, par kirimwabashingantahe sha
yari ajanye imari ya sebuja na ka kagwi kiwe kagisibije sha none vyabataye uwamazi
31 Gitugutu 2014, 23:11, par kirimwabashingantahe sha
yari ajanye imari ya sebuja na ka kagwi kiwe kagisibije sha none vyabataye uwamazi
31 Gitugutu 2014, 23:12, par rizoshika
Dans un pays des voyoux vyose baravyemerewe .
31 Gitugutu 2014, 23:23, par Mahoro
Ubwo USA sivyo yafatiyeko ngo igabishe abanyamerika baba mu Burundi?Ntimwiyobagizeko ari umu Islam kandiko ashobora kuba umwiyahuzi!
Ngira yitiranije indege zibiri!Imwe barya na Radjabu na Ethiopian!
31 Gitugutu 2014, 23:28, par Bumwe
Ivyo bintu birakomeye cane.mudutohoreze neza muzo tubwire 1 abari muriyo ndege bose kuko kwemera gusiba urugendo kuko bagira bagusake bisiga ubwenge 2 iyo yaragiye.
1er Munyonyo 2014, 05:38, par Manirabona
haha jewe ntintangza umunyeshamba mugomba yigenze ate ashitse mu bantu,ehwe aba ba dd bamenye ko ingoma zose zama zigenda zikuranwa kandi abanka Imana bazopfa bose ntibibukwe
1er Munyonyo 2014, 06:21, par Nizigiyimana
Harico nagoma kwibutsa abarundi n’abandi bakurikira Igihe, nuko Protocols laws ingingo ya 34, yerekana neza ko col diplomatique harimwo n’umushingamateka asakwa mugabo hakoreshejwe ibyuma bya scaner mu cubahiro nta ngere, ikindi nuko iyo afise inyandiko imwemerera ko agiye guhagararira igihugu ciwe hamwe na passeport rouge, asakwa mu ibanga kandi hakoreshejwe Scaner gusa, akicazwa ahantu hiyubashe kandi niwe uja mundenge nyuma akicara muri place d’honneur. Abarundi rero sinzi ko bafise scaner sinzi ko abagiye kumusaka bitaye kumategeko agenga abo twadondaguye, ukuri n’ukuhe ni Police y’u Burundi idakora nk’abanyamwuga canke n’umushingamateka Karenga wahohotewe? Police niyo yakoze amakosa.
1er Munyonyo 2014, 06:28, par joseph
nibabareke abo BADEDE umega inana yabavumye ivyobakora bteye ubwoba ntibacubaha nikibuga,mpuza makungu?
1er Munyonyo 2014, 07:25, par Memya amategeko
Maze nyakubahwa ugenda wigurire rwawe mugabo nsubiye inyuma bivana nigihugu avukamwo wewe yibaza yuko ari vyabitukuma vyibiti abana babaza ntamenye ko itegeko riraba bose azogende kW Isi yose arabe yaba na president baramusaka nakure ubumyamwonga ngoho
1er Munyonyo 2014, 10:42, par Gihe
Eka noneho uyo mugabo numu Congo wo muri RDC. Urumva ntagitangaje!!
2 Munyonyo 2014, 09:00, par LEONARD
Parlez des faits ariko commentaire muyireke abazi amategeko y,indege nibatwereke ico avuga.
2 Munyonyo 2014, 14:25, par rudahigwa ampa inka
abahutu ntawabakiza ngo abishobore. aho mwasanga yari yatwaye amashesheti atamesuye. canke amakareso yaboze inyo
2 Munyonyo 2014, 15:13, par Mandela
Nn karange ntanindero yigeze ahabwa nantoyi? Igihe avugako iyi wabo nokuyigaba boyigaba nn ubu ntashaka kubahiriza amategeko
Burya yarashoye banyamwema erega abo ba DD nibobabikora ndakurahiye.
3 Munyonyo 2014, 10:04, par mutima
erega yanse ko bamusopa kuko yara shoye ubuhanga bw’inzirakarengane baciye (DD) !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! ntuboba ko umutima umengo yarawutaye ??????
3 Munyonyo 2014, 13:57, par kero
UMUYANGAYANGA
12 Munyonyo 2014, 01:02, par jean marie
Nimumureke shaho kurenga amategeko none nitumenyereye