Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
KARORI Nditije ariyamiriza ibiganiro vyabereye i Arusha (Video) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > KARORI Nditije ariyamiriza ibiganiro vyabereye i Arusha (Video)

KARORI Nditije ariyamiriza ibiganiro vyabereye i Arusha (Video)

mercredi 25 Rusama 2016, par Jean De Dieu


IGIHE

Messages

  • Ico nohanura nyakubahwa nditeje nabo muri cnared nuko mutoshoka mukura abobashingantahe bitavye ivyobiganiro ahubwo nuko mwokwicarahamwe mukabanza mukabaha impanuro kuko ico shima nuko amajambo bashikirije arimeza kandi nkanashima ko ivyobavuze basa nababivuze kugatwe kabo ariko batabivuze kwizina rya cnared canke rya Uprona gusa ivyiyumviro bashikirije sibibi ikindi nobasaba nuko mwokwitegurira ibiganiro bigiye kuzobahuza numuhuza mumisi irimbere kuburyo muzobijamwo muvuga rumwe

  • mutama uratambikije kabisa, uri umukukuruke muvyapolitique. uzoja urahenda ibijuju bitabona. vyanse vyanse fata akaruhuko k’izabukuru, ubu ntubona ko inkona ibasubije umukenyuro!!

  • kumburawitabe ngoshikwisigizogwa wentavyubonako nkurumbi atumaze?

  • Tari Ndakwemey Nawe Ugiye Uvuga Ukuri. Ntawokwanka Ibiganiro Ngo Mpaka Cnared. Ega Mumisi Boguma Banana Bagorana Bongera Batera Za Gerenade Amakungu Azohindura Imikenyuro Akorane Na Mutama Peter Babafate Baje Gufungwa. Ja Urabahanura Ureke Zamvugo Zawe Bahebe Kwisamburirako Nk Intozo Zimujeri Canke Zisindumuja Baze Twubake Uburundi. Ariko Naho Wahinduye Ivyiyumviro Uzobanze Wishikane Ku Nzego Z Umutekano. Ega Kugwa Sibibi Ko Wivanguy N Injavyi Ni Neza

  • yewd?aratumariye,kubuhombo nkihene?nkurunziza igihugucabo nabakarimigusa senarend nigirecoyokora,ndabasaba

  • iconosaba nyakubahwa nuko atozojayo kuko abashaka gutoba umutekano babahafi tukanabarhimirako mwugayeimipaka

  • iconosaba nyakubahwa nuko atozojayo kuko abashaka gutoba umutekano babahafi tukanabashimirako mwugayeimipaka

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.