Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Karuzi : Imbonerakure n’abateshejwe izabo barabana ay’ingwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Karuzi : Imbonerakure n’abateshejwe izabo barabana ay’ingwe

Karuzi : Imbonerakure n’abateshejwe izabo barabana ay’ingwe

samedi 12 Ndamukiza 2014

Abateshejwe izabo mu ntara ya Karuzi, bararanye ubwoba mu gihe bari bamaze iminsi bumva ko urwaruka rw’Imbonerakure zifise umugambi wo kugira ikarashishi gushika aho bahungiye.

Nk’uko aya makuru tuyakesha bagenzi bacu b’iradiyo Ijwi ry’Abanyagihugu RPA abivuga, abo bateshejwe izabo muri site ya Kigoma , bavuga ko bari bafise ubwoba bw’ivyo vyavugwa, ndetse baca bafata ingingo yo kugira amarondo mu ntumbero yo kwikingira, kugira ntibaterwe n’urwo rwaruka ruva mu mugambwe CNDD FDD. Igitera ubwoba kuruta abateshejwe izabo ndetse na bamwe mu banyagihugu baho ku murwa mukuru w’intara ya Karuzi, bavuga ko ari ijambo ryavuzwe na Ramazani Nkurunziza umuhanuzi wa musitanterimuri komine ya Buhinga.

Uwo muhanuzi akaba asaba abakozi ba Reta muri iyo komine, abatwara amakinga, amapikipiki n’abandi bose na cane cane ku murwa mukuru w’intara ya Karuzi, kugira ikarashishi imbere y’ugutangura ibikorwa rusangi. Ivyo navyo bikaba vyiyamirizwa n’abatari bake aho i Karuzi, narirya bamwe mu banyagihugu banegura uko ivyo bikorwa bitunganijwe. Tukabamenyesha ko, uwo muhanuzi adahakana ivyo yasavye abo banyagihugu, ariko ivy’uko iryo karashishi ari intumbero y’iterabwoba akaba arivyo yiyamiriza.


Aristide Nizigire

Messages

  • Imana ikinge ntihasubire kurwa ibara! Ivyo bibando biteye ubwoba cane.

  • ariko iyi foto subwambere ndayibonye abamenyeshamakuru nimuduhe amafoto yukuri

  • be mushirako itariki zaho amafoto yafatiwe. vyodufasha kumenya votre professionnalisme.

  • BAMUGEGUZA GUHUGUZA KUKI AHO HOSE MUVUZE IMBONERAKURE HAZA IYO FOTO BIRABONEKAKO NAMWE MURIMWO AMAHINYU.CANGWA IMBONERAKURE ZOSE ZIRASA?

  • Abobantu bateshejwe izabo nibaba bibazako bazopfabishwe nimbonerakure ndabivugiyengaha bazoramba bazokwicwa nubusaza, iconobabwira abarundimwese nukoharumurwi uriko uritegura kuzovyura akaduruvayi kameze nkintambara nkakurya murwanda vyagenze muntumbero yokugira imbonerakure bazishire mukaga nkako interahamwe zatewe ninkotanyi, noneho kuberako bizwiko imbonerakure arinyishi kandizifise inguvu zizoce zibivuna noneho EMPIRE HIMA TUTSI ice yandikishako abahutu biburundi bashikije ivyo interahamwe zarizabatanze vyokumara abantu, nkoresheje kumarabantu kukontazi ko bishoboka komuburundi hoba jonucide. rekarerondabacire agacekunyigisho imbonerakure zifise uyumusi, imbonerakure nukwirebera uwoza ashaka gutamukaga abarundi ninacogituma abashatse gutamukaga abarundi nu burundi, igihebaribarapaze cararenzehogato kuko imbonerakure zakomeje kubatobera mukucazibwira abajejwe umutekano ivyoziriko zirabona noneho gucengera canke communication ntibigendeneza, uburero abashaka gutamukaga uburundi nabarundi barabonyeko ntacobazoshikako batabanje kucishumutwe izombonerakure mukuzita interahamwe kugira ONU ibibafashemwo muburya itazi, nivyovyibi mwumva birikobiravugwubuko imbonerakure zirikozirahabwa ibirwanisho. Nkikinyamakuru naco mubona cahaye intumbero yoguhigana nagakuru karikokose mugihugu bazekigahakikishako gitekenitse inkuru gishiramwo imbonerakure canke uwowese akorera reta yu Burundi, urazokurikirana iyocaturutse mu Rwanda abagikorera hariyamu Rwanda batekenika basigiriza reta yu Rwanda mu Burundi bagasinga umwanda uwowese akorana nareta, ushakakumenya impamvu tuzobigarukaho ariko incamake haratanzwe amafrangameshi yokugira igikorwa cokugabanura ubukaka bwivyitwa democratie bwaguma buhayagizwa mu Burundi nibijanye nuko amokoyabarundi asangiye ivyizavyigihugu muburundi bagihaye guhiganana reta muguhinyuza ivyoreta vyose ikoze ngononeho reta bizoyinanira kucihanganira noneho igihagarike uburundinabwo bwandikwe mububankgamiye imenyeshamakuru, arikoharumuntu yaciriye agace bamwemubagize reta yuburundi nicogituma reta yarekeranye kugikomakoma. Ubundi nuko igisirikare cuburundi cimye amatwi abanye politique muntango zuyumwaka harurugendo perezida wuburundi yariyagiriye muri Ethiopa hariho abaribashatse kumucombora noneho Edourd Nduwimana afatanije nabandi bahabera magabo uwomushikiranganjirero wintwaro yohagati mugihugu mu Burundi numugabokoko, nubwo adafis’imyaka myishi yamavuka ntabuzenabike yamenye kubijanye ninyanduruko yatumye jonucide murwandiba. Icorero mukwiyekumenya nuko imbonerakure impanuro zifise uyumusi nuko uwowese uzoshaka kuzisuka mukaga nkako interahamwe zatawemwo uwowese azozagukokwonona amahoro yabarundi zizomureka akore ivyashaka, noneho zimukwepe gato bizomerankakurya umuntu yobona umuntu ahagaze ruhandeyikintu noneho akazayiruka ngwamusunurire kuricokintu maze agombakumushikire agakwepa wamuntu akabariwe yikubita kuricokintu, niwamugani uvugango’ uruciramukaso rugatwara nyoko, ivyomwifuriza iyi reta kovyoyibako rindira bizohitane mwebwenyene.

  • ndabasabe mube muduha inkuru zukuri!mumakomine 129 agize igihugu c’uburundi ntayitwa karuzi ibaho ndets ntanumutumba witwa uko vyumvikaneko ayo makuru atabaho!bamureka gusambura aho kwubaka igihugu!intara ya karusi yo muburundi igizw namakomine indwi:BUGENYUZI,BUHIGA,GIHOGAZI,GITARAMUKA,MUTUMBA,NYABIKERE na SHOMBO.munyumvira ariyihe?itwarwa nande?nizereko uwavyandits ariw ayitwara kdi afis uwundi mugambi.Imana ibahezagirane natwe!

  • Pourquoi vous ridiculirisez vous kweli.Vous ne pouvez vous documenter imberere yo kumuhj ico mwita inkuru?Aho muriko muravuga ni Buhiga kandi mwasubiyemwo inkuru mwumvise kumaradiyo.Informez vous avant de nous informer.

  • COPIE D’UNE LETTRE DES RESSORTISSANTS DE RUMONGE -NYANZALAC AU SECRETAIRE GENERAL DE L’ONU VOIR LE CONTENU QUE J’AI PU TROUVER:

    Communauté burundaise de Rumonge-Nyanzalac-Mabanda et Makamba
    CBRNMM en sigle

    A son Excellence Ban Ki-moon
    Secrétaire général de L’ONU
    UN Headquarters
    First Avenue at 46th Street
    New York, NY 10017
    USA
    Excellence le secrétaire général de l’ONU.
    Nous les rescapés des génocides au Burundi depuis 1972, nous les enfants qui ont grandis dans ces régions les plus convoités par les pouvoirs qui se sont succédés àBujumbura depuis l’indépendance, nous sommes sidérés d’entendre les mensonges très graves qui pèsent sur notre région et ces mensonges peuvent nous apporter la foudre des extrémistes et des assoiffés du pouvoir et de notre terre fertile.
    Tout a commencé avec les disputes entre le parti au pouvoir CNDD-FDD et son partenaire Uprona quand un groupe de travail a voulu restituer les terres aux propriétaires et descendants des gens de ces régions du sud au Burundi. Nous vous rappelons que c’est au cours des massacres de 1972 que nos pères ont été décimés et les rescapés se sont retrouvés en Tanzanie. Ils sont restés dans ce pays durant des années dans la pauvreté et la souffrance tandis que les tutsi de Mugamba, Vyanda,Bururi,Rutovu, sont venus occuper nos terres. Tous ce monde étant dans le parti Uprona depuis 1972 jusqu’en 1993, ils étaient protégés par le pouvoir militaire des Himas de Bururi. Pendant la campagne présidentielle entre Ndadaye Melchior du Frodebu (Front Démocratique du Burundi) et Pierre Buyoya de l’Uprona( Union du Progrès National) Les frodebistes chantaient qu’ils vont restituer les terres au propriétaires pendant la campagne présidentielle et cela était légitime. Cette promesse a été la cause de l’assassinat de Ndadaye Melchior car les militaires hima ne voulaient pas que les terres volées soient remises àqui de droit. La guerre civile a aussitôt éclaté entre ceux qui sont derrière l’Uprona et ceux qui sont derrière le Frodebu et c’est pendant cette guerre civile que le CNDD au départ (Conseil National de Défense de la Démocratie est né dirigé par Leonard NYANGOMA. Ce mouvement est devenu par après le CNDD-FDD (Conseil National de Défense de la Démocratie-Forces de Défense de la Démocratie dirigé actuellement par le président Pierre Nkurunziza.
    Pour arriver àce qui nous préoccupe, le parti UPRONA qui s’est disputé avec le CNDD-FDD, qui a dirigé le Burundi depuis l’indépendance en 1962, ce Parti qui n’a pas protégé les descendants familiaux et politiques du père de l’indépendance Louis Rwagasore, ce Parti qui est devenu un parti-état sous la première république dirigé par le génocidaire Michel Micombero depuis 1966, ce parti qui a organisé le génocide des hutus en 1972 àl’aide des militaires et de sa milice de la JRR (la Jeunesse Révolutionnaire de Rwagasore), ce parti qui a accepté par obligation le multipartisme en 1992, ce parti qui a soutenu directement et indirectement l’assassinat du président NDADAYE Melchior qui était élu démocratiquement par des tutsi et des hutus en juin 1993, ce parti qui a participé àl’épuration ethnique àBujumbura et àl’intérieur du pays pendant les 10 ans de guerre civile au Burundi, ce parti qui avait voulu saboter les élections de 2010 et qui a trompé la vigilance de ses partenaires de ADC-IKIBIRI en participant àla dernière minute àla campagne présidentielle de 2010, ce parti qui est partenaire chanceux du parti CNDD-FDD selon les accords d’Arusha, c’est ce parti dirigé par NDITIJE Charles un hutu qui travaille pour les Hima au sein de l’Uprona, il est entré dans l’opposition pour combattre le parti au pouvoir aujourd’hui après le limogeage du vice-président Busokoza Bernard. Comme tout le monde le sait bien, la politique est l’art de mentir et celui qui arrive àconvaincre son entourage, il peut porter un coup terrible àson adversaire. C’est ainsi qu’un plan de diaboliser le pouvoir a été élaboré et tous les coups sont permis. Nous les ressortissants de ces région fertiles du sud au Burundi (Minago,Rumonge,Nyanzalac,Mabanda,Kibago,Makamba) nous voulons porter àla connaissance de l’opinion internationale et nationale que nous faisons objet d’un chantage politique.
    En guise de rappel, l’Uprona en 1972 nous a accusé d’avoir reçu des machettes, distribuées par les hutus en 1972 pour exterminer les Tutsis. Cela a été une injure, une calomnie qui a déclenché le génocide de nos pères, nos mères, nos frères, nos sÅ“urs jusqu’au bébé encore dans les entrailles de leurs mères. Nos maisons ont été brûlées, nos palmiers incendiés et les rescapés ont été contraints de fuir en Tanzanie. Aujourd’hui, quand nous entendons des rapports qui arrivent dans votre bureau en venant du Burundi et qui vous décrivent que nous venons d’avoir des machettes, ce sont les mêmes individus qui nous ont endeuillés qui utilisent ce langage diabolique. Nous avons été paisible en 1993, 1994,1995 quand la guerre civile faisait rage dans tous les coins au Burundi. Nos voisins de l’Uprona au lieu de favoriser l’amitié et la solidarité, ils nous ont amené des sans-échecs, des sans capotes pour nous exterminer. C’est grâce au retour de la paix sous le gouvernement du CNDD-FDD dirigé par un président qui croit en Dieu, qui respecte la vie de ses citoyens que les burundais sont fiers. Cette fierté n’est pas apprécié par tout le monde, c’est pour cela que des mensonges sont inventées pour que vous n’ayez plus confiance aux actuels dirigeants du Burundi. Pour intéresser les militaires neutres et les Tutsis neutres, le terme "MACHETTES" peut réveiller leur mémoire de 1972 et les motiver pour venir encore une fois nous exterminer.
    Excellence le secrétaire Général de L’ONU Ba Ki-moon, notre inquiétude est fondé par plusieurs éléments. Dans le passé qui n’est pas lointain au Burundi, quand les nations-unis ont dépêché des enquêteurs pour identifier ceux qui ont assassiné le président NDADAYE Melchior et les tueries qui ont suivi, nous ne savons pas que vous êtes au courant que le rapport envoyé par les experts qui revenaient du Burundi n’était pas complet. Comme nos compatriotes le disent ouvertement dans des écrits, les militaires putschistes qui détenaient les informations de haut niveau n’ont pas été interviewés, les experts n’ont pas eu le temps d’aller poser des questions dans les quartiers périphériques des hutus et les témoins étaient sélectionnés par les militaires et les autorités sous l’influence du regard des putschistes. Aujourd’hui, le même scénario risque d’être identique. L’opposition a le premier mot, l’Uprona aile NDITIJE Charles a le premier mot, SINDUHIJE Alexis a le premier mot, ADC-IKIBIRI possède le premier mot et leurs écrits sont appréciés sans vérification et des conclusions sont élaborés hâtivement comme c’est le cas de ces mensonges de nous armer comme si c’était déjàprogrammé de porter la guerre dans notre région. Nous ne savons pas que c’est la haine de voir la guerre civile au Burundi apparaître et cette fois la commencer dans nos régions du sud dans le but d’accaparer nos terres qui nous restent militairement. Nous savons qu’hier des gens ont la rancune que la guerre civile a touché le nord et le centre en 1993 et cette fois-ci les assoiffés du désordre convoitent notre région. Nous demandons votre vigilance en collaboration étroite avec le pouvoir en place àBujumbura pour décourager toute personne qui cherche la guerre en inventant des mensonges gratuits contre le pouvoir de Bujumbura comme Ciramunda et ses satellites qui habitent en Belgique, des extrémistes tutsis qui manipulent l’opposition hutu de ADC-IKIBIRI.
    Pour la Communauté Burundaise de Rumonge-Nyanzalac-Mabanda et Makamba
    Bizuru Samuel
    Secrétaire Général.

  • UYU MUNTU YIYITA MAMA NGIRA HARI ICO APFANA NI NTERAHAMWE AMBABARIRE BASI!!!ARIKO UWUSHAKA INTAMBARA NINDE I BURUNDI ,,YEMWE BIRAGARAGARA KO ABA DD ATACO BARIKO BARAKORA KIZANA AMAHORO NUKO WEWE URI UMU DD UMENGO MWANYOYE ISUPU Y IGIHUNA NTIMUBONE UKURI ...ARIKO INTAMBARA NTICAGURA BA DI...MURI IYO MISORE HARIMWO N ONTERAHAMWE EREGA TURABIZI...

  • Ariko iyo foto iratweza abobantu nibo bariko bahabwa inkoho! Erega inkoho igira uwuyirashi sh a yohooooo kwihagana nivyiza pe

  • Uyo Mama ni ikindi Kinywamaraso. Abura kuja guterera mugihugu ciwe, akaza kurenza urwamo Abarundi. Ay’ Abarundi ntayo uzobona!!! Teshwa birarura!!!

  • @ Igipina,jewe nitwa Mama ntabwonitwa Ikinywamaraso! Mbega Ikinywamaraso bisiguriki?

  • Ivyo Bibando nizi nyigisho muvuga, mwandika, mwerekana ngo abantu bacike intare bituma mushaka kwibutsa umwe wese ivyago vyamushikiye agaca avyura uburakari kumurwi wabikoze. Mwaretse guteranya umwana w’imbeba ntazire urwankjo rwa nyina. Twebwe tuvuka mukarere k’imbo turazi neza ico bita inrwanao kurusha abari Nki Ngozi, Karusi, ... Cira Imoso ntimwibutse ibuye inguge.

  • Andika hano Kwivy Kwer Ndumv Two Muhanuz Agomb Kuter Ubwoba Abanyagihug Kugukoresh Bwa Karashish Kand Twarabirengany Ahubw Nimumubaz Intumber Yatumy Akor Uko Murakoz.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.