IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kayanza : Umusuma umwe yarishwe muri komine ya Muhanga

Kayanza : Umusuma umwe yarishwe muri komine ya Muhanga

lundi 21 Nzero 2013

Mw’ijoro buca ari uno wa mbere igenekerezo rya 21 Nzero 2013, umusuma umwe yarishwe muri komine ya Muhanga mu ntara ya Ngozi.

Ivyo vyabereye k’umutumba wa Mwendo aho umusuma umwe yitwaje inkoho yishwe igihe yari avuye kwiba ari kumwe n’abagenzi biwe mu mihana iri kuri uwo mutumba. Umupolisi w’igihugu nawe akaba yarakomeretse igihe bariko barakurikira abo basuma.

Igipolisi rero kikaba kiriko kirarondera abo bandi basuma bari kumwe n’uwo yishwe.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.