Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya : Abashingamateka 6 bahagaritswe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya : Abashingamateka 6 bahagaritswe

Kenya : Abashingamateka 6 bahagaritswe

mardi 14 Ruheshi 2016, par Egide NDUWIMANA

Abashingamateka batandatu bo mu gihugu ca Kenya baritaba sentare bagirizwa gukwiragiza amajambo abiba urwanko.

Bivugwa ko ku musi w’Imana, umushingamateka umwe yegamiye urunani rw’imigambwe iri ku butegetsi yoba yahamagariye abantu kwica Raila Odinga, uwahoze ari umushikiranganji wa mbere, akaba ari n’umukuru w’urunani rutavuga rumwe na Reta muri Kenya.

BBC ivuga ko n’abashingamateka batavuga rumwe na Reta bavuze amajambo nkayo.

Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika muri Kenya yabwiye abamenyeshamakuru ko igiporisi ca Kenya kizohagarika uwo wese akwiragiza amajambo abiba urwanko.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.