Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Joshua Waiganjo yatawe muri yompi kuko yiyise umupolisi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya: Joshua Waiganjo yatawe muri yompi kuko yiyise umupolisi

Kenya: Joshua Waiganjo yatawe muri yompi kuko yiyise umupolisi

vendredi 4 Nzero 2013

Umugabo yitwa Joshua Waiganjo yagirijwe ko yigize icegera ca komiseri wa polise mu ntara ya Rift Valley.

Uyu mugabo yar’amaze imyaka itanu yose yiyita umupolisi, yagirijwe no kuba atunze umwambaro wayo bidaciye mu mategeko.

Ikindi caha yagirijwe n’ukwiba, ariko ivyo vyose arabihakana.

Nta nsobanuro zatanzwe ku cateye amakenga ku mwirondoro wa Joshua Waiganjo, bikaza kumenyekana ko abesha.

Umuvugizi w’igipolisi avuga k’uyu mugabo atigeze ahabwa umushahara.


Grâce Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.