Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya : Reta yemeye gufasha abahohotewe mu matora - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya : Reta yemeye gufasha abahohotewe mu matora

Kenya : Reta yemeye gufasha abahohotewe mu matora

samedi 9 Ndamukiza 2016, par egide

Icegera c’umukuru w’igihugu wa Kenya, William Ruto, yamenyesheje ko Reta ya Kenya izotanga indishi z’akababaro ku bantu bahohotewe inyuma y’amatora yo mu mwaka w’2007, mu ntureka zahitanye abantu 1200.

Amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu mu gihugu ca Kenya yagumye isigura ko Reta ya Kenya ataco yigeze ikora mu ntumbero y’ugufasha abantu bagize ibibazo kubera izo ntureka.

William Ruto, icegera c’umukuru w’igihugu wa Kenya yamenyesheje ko Reta ifise ku uzirikanyi abantu bose bahohotewe, ko yiteguriye kubafasha mu kubaha indishi y’akababaro.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.