Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Uhuru Kenyatta ari imbere mu majwi y’imfatakibanza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya: Uhuru Kenyatta ari imbere mu majwi y’imfatakibanza

Kenya: Uhuru Kenyatta ari imbere mu majwi y’imfatakibanza

mardi 5 Ntwarante 2013

Amajwi y’imfatakibanza mu matora y’umukuru w’igihugu ca Kenya yabaye ejo, ashira imbere icegera c’umushikiranganji wa mbere, Uhuru Kenyatta.

Ariko mu gihe ibiro vy’amatora vyinshi bitaratangaza uko vyagenze, uwo bahiganwa umushikiranganji wa mbere Raila Odinga, ashobora kumushikira.
Umukuru w’umugwi ujejwe amatora yavuze ko igitigiri c’amajwi yabaye impfagusa giteye impungenge.

JPEG - 26.7 ko

Uhuru Kenyatta araronderwa na sentare mpuzamakungu mpanavyaha, aho yagirizwa ubwicanyi bwakurikiye amatora y’umukuru w’igihugu yo mu mwaka w’i 2007.
Ico gihe abantu barenga igihumbi barasize ubuzima mu bwicanyi bufatiye ku moko.


Jean Michel Ndayikengurutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.